Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Nimba nae ukunda kamikaze nkange kor like
Rwse ndamukunda❤
❤❤❤ cyane gose Ari na song ziruhura
Amen, nakiriye 🤲🏽🤲🏽🤲🏽 ihumure,ituze,Amahoro n'ashimwe mu buzima bwanjye muri ukwezi kwa Kanama 2024 mw'izina rikomeye rya Yesu Kristu Halleluia Amen 🙏🙏🙏❤️🙏🙏❤️🙏🙏❤️
Abakunzi ba kamikaze hamwe nabakunda indirimbo ziwe Abo zihimbara mukore liké tumenyane muri gwarukundo ❤❤🎉
Inshuti zanjye abankunze cyane cyane abo mubihe byashize ahomuri ndabasuhuje kandi, icyijyitondo niba ujyihumeka umwuka wabazima nanjye nuko bimeze. Bityo ndajyirango twse hamwe dufatanyirize hamwe tujyire tuti ishimwe niryawe Mana wowe muhuza wabantu, ninawe mujyenga wa byose, icyubayiro ni icyawe itekaryose Amena. 2:41
Hallelujah Hallelujah AMEN AMEN. NyitabaYESU. Niwewe. Nkeneye nyitaba ntunyihoze. Amen amen .❤❤🎉🎉.from, 🇧🇮🇷🇼🇸🇦🇸🇦
Amen amen.Uhezagigwe cane mukobwa wa Yesu.
Waouh ❤️ 🙏🏻 Yesu nyitabe niwewe nkeneye😢😢❤❤
Nyitaba Yesu🙏🏾kamikazi Imana yarashize ubutunzi bukomeye Muri wewe🎵igihe cose numvise indirimbo zawe mba niteze ikintu gishasha🎶utanga message ziremereye Kandi ziruhuka imitima zikanamfasha gusenga no kwibukako igihe cose ntegerezwa gusenga Imana🎵 Yesu akomeze ico yashize Muri wewe ubandanye uhabwa ibikomeye 🫂ndagukunda
Iyi ndirimbo ni isengesho kwl! I! Imana uguh umugisha
Amen Amen Amen Amen haleluyaaaaaa haleluyaaaaaa ❤❤❤Amen ndagukunda iman ikongere amavuta nenshi❤
AMEN Yesu aguhezagire Kamikazi ntawundi dukeneye atari Yesu🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Ndakunda kamikazi cyne Iman ikomez kugukomereza impano❤❤❤❤❤❤
❤🎉🎉🎉kure Can kamikazk wanje niho nkwipfurij gushikq❤❤❤❤❤Nice song
Yooooh, Amen 🙏. Unyitabe Yesu ntunyihorere
Amen Amen ndafashijwe cane Imana igukomeze cane ndagukunda cane
Nukur kam iyindirimb inkoz kumutim yes nadutabar nukur turarush lman ikomez iguh inkomez❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Nyitaba yezu ❤niwewe nkeneye ntuyihoze
Uwiteka abagwize abagwizanye n'abana banyu 🙏🙏🙏 . Uwiteka aguhe mugisha, akurinde. Akwagure , aguhe mugisha. Amen
Imana ikugwirizegose nanjendagukunda mushikiwanje ndumurundi nawe urumurundikazi reroturavukana ikigeretseko nomumwamiYesu twaravukanye kubwamarasoyiwe muhezagigwecane
Hi 👋 KAMi be blessed .hii song inanifariji mno . Mama SHADIA azo kumpere yambii nyishi .kubera my son died in June my beloved son so siwez ziwia machozi tangu anavyo tiririka .Ila this song made my day but m heart broken 💖💌💝🥁🎷🎸🥀 .
Ndakwikundir can iman itwibuk nukur kuk ntivyorosh muriyis❤❤❤❤
🙌🙌🙌 indirimbo nziza cane Imana iguhe umugisha muvyeyi 🙏
Amen ncuti yanje komeza umurimo w'Imana izaguhemba
Ndagukunda kami wanje❤ nyitabe yesu niwew nkeneye😭😭🙏
😢😢hezagigw kamikazii ,urunduhur kundirimb zaw❤❤❤
It's so nice,God bless you Kamikazi,I am so proud of your nice song.
Nyitaba Papa🙏🙏🙏🙏mbaye uwambere disi 😘kami uraduhezagira🥰
Oooh hezagirwa cane.
Hallelujah 🎉🎉🎉🎉yesu natwitabe kwl 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉komez uhezagirwe❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Amen 🙌🏼🙌🏼🙌🏼🙌🏼🙌🏼 twitabe YESU weeee niwe dukeneye nukur 😭😭😭😭😭gira imbabazi utwishure 😭😭😭😭😭🧎🧎🧎🧎🧎
NdamukundaCyanNzona mwicya papako❤❤❤❤❤❤🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Nyitaba mwami wanje niwew nkeneye muribibihe ntunyihoze papa 🙏🙏🙏🙏uhezahirwe mukozi wimana imana ikwongerimbarag zokuyikorera❤️❤️❤️🌹🌹🌹🌹🎉🎉🎉🎉🎉
Murakoze cane
Maze Yesu namara kubibuka ntujyire numwe ucira urubanze, wihorere. 3:27
Itaba yesu niwewe nkeneye ntunyihoze muhezagigwe ❤
Nyitaba mwami ni Wew nkeney ❤❤❤
Biert
Congratulations to you My Sister, I like the way you Sing ❤🎉🎉🎉
Vuba utwongere kbsa,uwo mu soliste ati big up Sana.Ndaryohew can niyindirimbo yaw pe.
Amen Amen indirimbo nziza cane Hezagigwa nuwiteka muvyeyi ❤❤❤❤🎉
Yoooo kamikazi wahageze nyitaba yesu ngiri mbabazi utwishure amen amen 🤼♀️🤼♀️🤼♀️🤼♀️🤼♀️🤼♀️💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️🧚♂️🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Amen Amen hezagirwa mukozi wiman i'mana ishishikare ikuduza mumurim wayo❤
AMEN
Ujyu nyitaba yesu kuko ndazi nanjye uranzi
Ufise impano pee nanje nipfuza kumera nkamwe::iyo wuguruye nawugara, nyitaba yesu❤❤
Nyitaba Yesu🧎🧎🧎 Girimbabazi undenganye ibibihe undemere ishimwe Yesu ndakwinginze🧎🧎🧎
Amen amen
Indirimbo imbereye isengesho ryo guhamagara Kristo yesu
Mbega vyiza vyokuba mubambere❤❤❤❤
Nyitabe yesu 😢😢😢😢 niww nkeneye❤❤
Wuuuw umwami aduhe inkomezi muhezagirwe
Amena👏👏👏👏yesu niwewe nkeneye muribibihe bitoroshe
Amen Nyitaba YEZU🙏🙏🙏
Amen cane❤❤🎉🎉🎉niwew ndukeneye ntuyihoze
Aaaamen ! nyitaba Yesu unyibuke ndagukeney
Amen mwami niwew nkeneye ntunyihoze
Irampezagiy caaan maman. Wnj Imana ikongererez imisi yokubaho❤🎉🎉
Yesu Christo nyitaba nukuri niwe nkeneye
Hallelujah 🙏🙏 nyitaba yesu niwewe nkeneye kandi ntunyihoze
Niwewe nkeney mwami nyitabe🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Merci bcq ma chérie lmana lgume lkuduhera amavuta menshiii❤
Vyiz cn komer mugakiz wongerw amavut❤❤
Niwe ntango niherezo kandi iyowuguruye ntawugara ❤❤❤
Reka uwodukeneye atwitabe kand 🎉
We are following you everywhere we are 🤙🤙keep it up u God's prophet
Warahezagiwe kandi Imana igukomeze cne
Nyitaba yesu ndagukumbuye ndagukeneye yesu nyitaba
nuitaba yesu unyibuke🎉🎉🎉
Imana ikomeze kubakoresha
Amena Amena My beautiful ❤❤❤ Courage cane kure cane
Balikiwa sana dada angu kipenzi,we love you❤❤
Amen,imana iguhe inkomez ❤
Nyitaba Yesu nyitaba niwewe nkeneye
Nyitaba Papa Ntunyihoze niwe nkeneye
Nyitaba yesu wajye😭😭😭
indirimbo yongerera inkomezi vyiza❤
Nyitaba yesu wanje unyishure ivyanje urabizi
🙌🏿🙌🏿🙌🏿 hezagirwa my Sister
Amen Amen May God bless you my dear🙏🏾❤️
Ineza bikwo dufise yesu
Amena. Hareruya. Niwewe nkeneye. Mwaminyitaba
Nyitaba Yesu ivyanje ndazi urabizi
Walahezagiw cn,halleluiaa ugira neza mwami
Nyitabe Yesu Niwew nkeneye
Hezagirwa ndagukunda mwiza urandemesha❤❤
Amen amen ni we dukeneye
Nyitaba 🙏congratulations from Woman TV KAMIKAZI and be blessed
Nyitaba yesu niwewe nkeney Mwami ntunyihoze😭😭
Twitabe yesu wibuke amasengesho yacu
IMANA itwitabe ❤❤❤
Nyitabe Yesu Mwami wanje
Uhoraho akongere amavuta
Yooo yesuwe iyo wuguruye ntawugara
Kamikazi wacu nalrakunze kuva utangura gusoroha indirimbo nubu ndacagukunda ukuntu uririmb vyukuri urakijijwe Kami ndamaze guhura naw rimw ndiphuza kukubon kandi
Nyitaba yesu ndarushe
Ndamukundaa nanj knd caaanee arik yar yaduhevy caaanee
Mama ma hit Burundi ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
😢😅❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Nyitaba nanje Mwami wanje
Nyitabe yesu wanje 😢😢😢
Ooh nyitaba Yesu!courage ma soeur!
Niwewe nkeney mwami ntunyihoze
Neza cane❤❤❤❤❤
Imana ikumpezagirire kand igukomeze caaaan e
Amen Amen Amen Nyitaba Yesu 🤲🤲🤲🤲
Ndagukunda kamikaze ❤❤❤❤❤
Nyitaba Yesu🙏
Zambia turikumwe
Nimba nae ukunda kamikaze nkange kor like
Rwse ndamukunda❤
❤❤❤ cyane gose Ari na song ziruhura
Amen, nakiriye 🤲🏽🤲🏽🤲🏽 ihumure,ituze,Amahoro n'ashimwe mu buzima bwanjye muri ukwezi kwa Kanama 2024 mw'izina rikomeye rya Yesu Kristu Halleluia Amen 🙏🙏🙏❤️🙏🙏❤️🙏🙏❤️
Abakunzi ba kamikaze hamwe nabakunda indirimbo ziwe Abo zihimbara mukore liké tumenyane muri gwarukundo ❤❤🎉
Inshuti zanjye abankunze cyane cyane abo mubihe byashize ahomuri ndabasuhuje kandi, icyijyitondo niba ujyihumeka umwuka wabazima nanjye nuko bimeze. Bityo ndajyirango twse hamwe dufatanyirize hamwe tujyire tuti ishimwe niryawe Mana wowe muhuza wabantu, ninawe mujyenga wa byose, icyubayiro ni icyawe itekaryose Amena. 2:41
Hallelujah Hallelujah AMEN AMEN. NyitabaYESU. Niwewe. Nkeneye nyitaba ntunyihoze. Amen amen .❤❤🎉🎉
.from, 🇧🇮🇷🇼🇸🇦🇸🇦
Amen amen.Uhezagigwe cane mukobwa wa Yesu.
Waouh ❤️ 🙏🏻 Yesu nyitabe niwewe nkeneye😢😢❤❤
Nyitaba Yesu🙏🏾kamikazi Imana yarashize ubutunzi bukomeye Muri wewe🎵igihe cose numvise indirimbo zawe mba niteze ikintu gishasha🎶utanga message ziremereye Kandi ziruhuka imitima zikanamfasha gusenga no kwibukako igihe cose ntegerezwa gusenga Imana🎵 Yesu akomeze ico yashize Muri wewe ubandanye uhabwa ibikomeye 🫂ndagukunda
Iyi ndirimbo ni isengesho kwl! I! Imana uguh umugisha
Amen Amen Amen Amen haleluyaaaaaa haleluyaaaaaa ❤❤❤Amen ndagukunda iman ikongere amavuta nenshi❤
AMEN Yesu aguhezagire Kamikazi ntawundi dukeneye atari Yesu🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Ndakunda kamikazi cyne Iman ikomez kugukomereza impano❤❤❤❤❤❤
❤🎉🎉🎉kure Can kamikazk wanje niho nkwipfurij gushikq❤❤❤❤❤Nice song
Yooooh, Amen 🙏. Unyitabe Yesu ntunyihorere
Amen Amen ndafashijwe cane Imana igukomeze cane ndagukunda cane
Nukur kam iyindirimb inkoz kumutim yes nadutabar nukur turarush lman ikomez iguh inkomez❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Nyitaba yezu ❤niwewe nkeneye ntuyihoze
Uwiteka abagwize abagwizanye n'abana banyu 🙏🙏🙏 . Uwiteka aguhe mugisha, akurinde. Akwagure , aguhe mugisha. Amen
Imana ikugwirizegose nanjendagukunda mushikiwanje ndumurundi nawe urumurundikazi reroturavukana ikigeretseko nomumwamiYesu twaravukanye kubwamarasoyiwe muhezagigwecane
Hi 👋 KAMi be blessed .hii song inanifariji mno . Mama SHADIA azo kumpere yambii nyishi .kubera my son died in June my beloved son so siwez ziwia machozi tangu anavyo tiririka .Ila this song made my day but m heart broken 💖💌💝🥁🎷🎸🥀 .
Ndakwikundir can iman itwibuk nukur kuk ntivyorosh muriyis❤❤❤❤
🙌🙌🙌 indirimbo nziza cane Imana iguhe umugisha muvyeyi 🙏
Amen ncuti yanje komeza umurimo w'Imana izaguhemba
Ndagukunda kami wanje❤ nyitabe yesu niwew nkeneye😭😭🙏
😢😢hezagigw kamikazii ,urunduhur kundirimb zaw❤❤❤
It's so nice,
God bless you Kamikazi,
I am so proud of your nice song.
Nyitaba Papa🙏🙏🙏🙏mbaye uwambere disi 😘kami uraduhezagira🥰
Oooh hezagirwa cane.
Hallelujah 🎉🎉🎉🎉yesu natwitabe kwl 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉komez uhezagirwe❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Amen 🙌🏼🙌🏼🙌🏼🙌🏼🙌🏼 twitabe YESU weeee niwe dukeneye nukur 😭😭😭😭😭gira imbabazi utwishure 😭😭😭😭😭🧎🧎🧎🧎🧎
Ndamukunda
Cyan
Nzona mwicya papako❤❤❤❤❤❤🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Nyitaba mwami wanje niwew nkeneye muribibihe ntunyihoze papa 🙏🙏🙏🙏uhezahirwe mukozi wimana imana ikwongerimbarag zokuyikorera❤️❤️❤️🌹🌹🌹🌹🎉🎉🎉🎉🎉
Murakoze cane
Maze Yesu namara kubibuka ntujyire numwe ucira urubanze, wihorere. 3:27
Itaba yesu niwewe nkeneye ntunyihoze muhezagigwe ❤
Nyitaba mwami ni Wew nkeney ❤❤❤
Biert
Congratulations to you My Sister, I like the way you Sing ❤🎉🎉🎉
Vuba utwongere kbsa,uwo mu soliste ati big up Sana.
Ndaryohew can niyindirimbo yaw pe.