Urubanza rwa

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 27 чер 2024
  • #NEVA_YAHENZE_BUNYONI_KWAMUREKURA
    #amakuru_atarikwivumbi
    #urugendo_news_amakuru
    #Updats_zurugendo_news
    Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
    Amakuru ya RPA yihuta
    Amakuru ya Haguruka yihuta
    Amakuru yinzamba yihuta
    Amakuru ya Peace FM yihuta
    Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
  • Ігри

КОМЕНТАРІ • 63

  • @user-nh5vd7bw6j
    @user-nh5vd7bw6j 6 днів тому +4

    Mungu tusaidiye neva atoke

  • @NiyonkuruVianey-pl9jn
    @NiyonkuruVianey-pl9jn 6 днів тому +3

    Ntakintu kibishe nka politike kbs nzodya duke ndyame kare nayo politike wapi

  • @anatolendikumana671
    @anatolendikumana671 6 днів тому +1

    None ntayunguririzo asigaje...ese ntiyokwunguraza...mpaka I Lahye

  • @Aiuoex
    @Aiuoex 6 днів тому +5

    Uwo azofungugwa kuri coût d'eta 😂😂😂😂😂😂 arafise abiwe bamuhanze amaso kandi bamwemera

  • @ERICKSHIANYULA
    @ERICKSHIANYULA 6 днів тому +6

    Ivyiwe nibabihe impfunvi n'abapfakazi Kandi muzoduhe amakuru yavyo

  • @schollaschol3948
    @schollaschol3948 5 днів тому

    Ikintu cose kigira intango niherezo ..jewe mbona kwisi ntamahoro kabisa,gusa aho yarageze yarikwishima nabiwe none raba? Imana ninkuru nifize ijambo rya mbere ni ryanyuma😭😭😭

  • @niboy7886
    @niboy7886 День тому

    Ntamunyamakuru atangamakuru afise ahoyegamiye

  • @mandaribede8603
    @mandaribede8603 6 днів тому +2

    Ariko sha MUGISHA,n'ukuri ndakwumva ku mvugo,abavyeyi baragukuy'ivata.AHO WIBEREYE MU MAHANGA😂,UTUROHE NGO TUGIRE NKO MURI KENYA😂,UZI NEZA IVYABAYE I BDI MURI 2015?ENDA SHA INGO😢 UTUJE IMBERE,IVYO UVUGA UBIVUGIRE KURI TERRITOIRE Y'U BDI.Niho nzemera ko ushaka ihinduka.

  • @goxilagra3270
    @goxilagra3270 5 днів тому

    Uburundi bukeney gusengegwa

  • @JamalJamal-qp7zt
    @JamalJamal-qp7zt 6 днів тому +1

    Ubu muburundi dukeneye umukuru wigihugu atajejeta ibigigu byamaraso

  • @user-hj4fj8jr8p
    @user-hj4fj8jr8p 6 днів тому +1

    aho ninko kumwica . bamwishe abona . mbere ntibishe we gusa bishe numuryango kuko babatwaye vyose nivyo bari basangiye numugore kuko nawe yakora akazana . ewe politik urabishe! muga inkoko,muga inkoko , isahani ugaburiyeko abandi niyo uzogaburirwako. muribuka ayo bunyoni amabi yakorera abandi , ni Imana musumba vyose umushizeko akanyafunyafu kuko yari yarigize ikimana , nabandi nibabone isomo .bige kwitwara neza mubutegetsi baronse , kuko urenganije abandi nawe vyokubako undi munsi canke uwawe.

  • @user-no6yf8lz1d
    @user-no6yf8lz1d 5 днів тому

    😮❤

  • @dianekamariza5174
    @dianekamariza5174 6 днів тому

    Amaraso arahuma pour toujour

  • @user-il8vi6nu1l
    @user-il8vi6nu1l 6 днів тому

    Ntakuntu wodutangurira ukajimbere tugakurikira

  • @user-ti1ol3ti9j
    @user-ti1ol3ti9j 6 днів тому

    Oyaaaa baramaze kuroga abarundi twaramaze Kuba ibihwiji baratumaze nabagesera aba DD 😮😮😮🎉🎉🎉

  • @EgideKatihabwa-vo5wk
    @EgideKatihabwa-vo5wk 6 днів тому

    Gusa Politique iraguha akaryoshe ariko birangira umenetse amatama ....kandi rero burya mwinosi turimwo Kenshi na kenshi dukoze ikibi nkokwica ...kwicisha .....kwiba ...birangira Imana iduhanye kandi mumisi atarimyishi cane ...kurubwo rero Bunyoni niyihangane kuko winyemeje umukino wa Politique wemanga ingaruka mbi na nziza zishobora kugushikira.

  • @user-vb4wt4wg1i
    @user-vb4wt4wg1i 6 днів тому

    We we kuvugira kumafone Jim mbere tugukurikire kugomba kudusuka none

  • @omernshimirimana
    @omernshimirimana 6 днів тому +1

    Abasuma gusa bahindukanye nihatari bimwe rehonidas handungimana yahoze avuga nivyo ngo ndayishimiye president neva ngo azi kumuzi aragucinyiza vyahatari nkaba sibamwe kweli?hama ngo umuryororo wo guherayo 😂😂😂 nihatari yemwe azovayo neva atakiri president arik veva adatwaye imanda ikurikira Abe ariyimbira ikinogo kuko bunyoni azovayo bahigana buhongo mama baba cn.dd efdd 😂😂😂😂😂😂😂

  • @ndayikezahonore3603
    @ndayikezahonore3603 6 днів тому +1

    Hhmmm bazobarasa sha

  • @HavyarimanaDesire-nv9ie
    @HavyarimanaDesire-nv9ie 5 днів тому

    Abatutsi nibo bari bakerebutse abahutu baratinya

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to 6 днів тому

    Baramukoreyeko kbx niyihangane iyo ukoze ineza uyisanga imbere wakora inabi ikagukurikirana rero yikaze nikobimeze

  • @user-yv8dx3lm7w
    @user-yv8dx3lm7w 6 днів тому

    Urubanza gwa Bunyoni , ntabimenyetso bagaragaza , abacamanza bahawe amategeko , ivyo bigayisha ugwego gwabo hamwe n'igihugu kitigenga ! Kandi uko n'ugushira igihugu mukaga !

  • @TharcisseCiza
    @TharcisseCiza 6 днів тому

    Aho ubariko uvug'iki?Wewe uramenya amakuru imbere y'ababdi?

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 6 днів тому

    Abanyahihugu amks ! Amka mwikureko izombwebwe

  • @user-hu9ym7vg6n
    @user-hu9ym7vg6n 6 днів тому

    😮😮😮

  • @Bimenyibimenyi-vk1cd
    @Bimenyibimenyi-vk1cd 6 днів тому

    🙈🙈🙈wapi somora benewanyu nayotwebwe wap jama wibereye burauya Hama ngo genda mumabarabara

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 6 днів тому

    Bunyoni nakome kuko ni inkozi yikibu umwicanyonakaba numurozi

  • @bjabdi6582
    @bjabdi6582 6 днів тому

    Tabaranack ivyuhaye uravuga vyarivyo mais wewe uhayurandi henda wibereye Canada none urikuratubwira tuje mwibarabara hama batumene imitwe uraja uduherekez tuje mwibarabara

  • @HabyarimanaJacquis-ej3xz
    @HabyarimanaJacquis-ej3xz 6 днів тому

    Umva buriya uwakora audit Neva yosobabura itungo afite aho yayikuye ? Ibyanditswe kumugore wa Neva, abana biwe, imiryango yabo ibiri iburundi no hanze y'igihugu rwose bazobigenza bate ?
    Umva ibya NEVA na Bunyoni ni agahoma munwa

  • @Bimenyibimenyi-vk1cd
    @Bimenyibimenyi-vk1cd 6 днів тому

    Reka gusomorabantu shahu Kuko twebwe ntakajagari dukeney

  • @HavyarimanaDesire-nv9ie
    @HavyarimanaDesire-nv9ie 5 днів тому

    Hari igihugu urabona kibura petroli acarica ba CNDD

  • @innocentwasafi7787
    @innocentwasafi7787 4 дні тому

    Nonaha abarundi ntimwokurako uyomuhimbiri ngo ni presida kweri erega ntiyabesha ni vuvuzera warahi

  • @RizikyPoro
    @RizikyPoro 6 днів тому

    Ntamahoro bazigera baronka kuko bararenganije rwasa

  • @wre1565
    @wre1565 6 днів тому

    Ningorane gusa

  • @ERICKSHIANYULA
    @ERICKSHIANYULA 6 днів тому

    Mubihevyose azoba yibutse ivyo yakoze azacaririmba indirimbo yijana

  • @AbrahamNtahomvukiye
    @AbrahamNtahomvukiye 6 днів тому

    Hasigayiki

  • @HavyarimanaDesire-nv9ie
    @HavyarimanaDesire-nv9ie 5 днів тому

    None abatutsi bataromorwa naba CNDD igitoro carabura Toka

  • @Jospindusabe
    @Jospindusabe 4 дні тому

    Ko urubanza gwiwe gwaheze murasaba gnral yandike ibitabo cane asohore ama video canke audio abwire ukuri abarundi kuko ubu ntaco acera.ntatembe wenyene niyemere atembane n'abantu bose azi bakoreye nabi igihugu abo bose bakoranye munzego zohejuru bose abavuge

  • @HavyarimanaDesire-nv9ie
    @HavyarimanaDesire-nv9ie 5 днів тому

    Ubu sinka 2015

  • @MmMm-br3tu
    @MmMm-br3tu 6 днів тому

    Isi ntisakaye

  • @HavyarimanaDesire-nv9ie
    @HavyarimanaDesire-nv9ie 5 днів тому

    Barabesha mutama rwasa azogifata abo ba CNDD vyarabayobeye

  • @user-fe3ys6es1l
    @user-fe3ys6es1l 6 днів тому +2

    Uburundi bukwiye gutwagwa Numuntu yigenga atari mumugambwe numwe!!!! Nta ba DD ,nta ba CNL bose boba kimwe.

  • @ERICKSHIANYULA
    @ERICKSHIANYULA 6 днів тому

    Ivyo vyofasha n'abandi bakarabiraho

  • @NdayisengaElda
    @NdayisengaElda 6 днів тому

    Ikintu kishisha nuko urumusenere uguvuga senidedegus jurashisha mber mbewibazako uwo agatowe azoza ahinduriki kwabahutu mwikunda 😂😂😂

  • @JamalJamal-qp7zt
    @JamalJamal-qp7zt 6 днів тому +1

    Nicokimwe nagwasa ntacoba kituyoboye bose nibinwamaraso gusa

    • @ErickBaraka-rc4zx
      @ErickBaraka-rc4zx 6 днів тому

      Baragiha wewe atanda ufise ucutwugururira imipaka ivyacu bize mugihugu

  • @ERICKSHIANYULA
    @ERICKSHIANYULA 6 днів тому

    Bizohindukira nuwo ntiyarabiziko bizogenduko

  • @JohnPaul-yt9sk
    @JohnPaul-yt9sk 6 днів тому

    daniel mugenzi ndagukurikira kandi cane ariko nta mwibarabara abarundi bakija kiretseko amatora ariyo azotuma abantu batinyuka gusa nayibindi turagowe kuko harigituma

  • @irambonaserges8646
    @irambonaserges8646 6 днів тому

    Mbee wamuhumbiri wee urethra ubushatsii nkifuku,ntiwoza ngo use imberee? Aho wanyegeye uhunga iki?

    • @urugendonews
      @urugendonews  6 днів тому

      Amaraso mwirirwa murasesa arabayaguza!!
      ayiwanje ntayo uzoronka.

  • @user-td1li1qj9c
    @user-td1li1qj9c 6 днів тому

    😂😂😂😂

  • @ClaudeNahayo-xv8dh
    @ClaudeNahayo-xv8dh 6 днів тому

    igo ujimbere naw 20:12

  • @erandi7815
    @erandi7815 6 днів тому

    wamugabo WE.wewe uvuga uvugirahe??kutaza ngo utwereke akarorero Hama tugukurukire.?

    • @ErickBaraka-rc4zx
      @ErickBaraka-rc4zx 6 днів тому

      Abandi ninde yabagiye imbere tuzoguma twiteze abatuja imbere Niko muzoguma muducinyiza

  • @wellarsmukezamfura3160
    @wellarsmukezamfura3160 6 днів тому

    Kzima wambaye amarori, urapendejeee caanke, comment ushobora kuraba muri 🖥 wambaye lunettes😂, ntamuntu akomeye mumutwe yifatira muruhanga ubutegetsi, indogozi! Mana tabara izo mpunzi zitahe! 😂ngo Z, kuraho! Umengo nimwebwe mwaremye uburundi,😮, ... 😂😂😂😂😂 ngo abasi babari kwizosi, ufise izosi ringana gute ryotonderako Uburundi bwose😅! Maana tabara, ...

  • @wellarsmukezamfura3160
    @wellarsmukezamfura3160 6 днів тому

    Ngo tugire CNL, ahubwo mugire UA-cam, CNL nimutureke, CNL ihanganye nibihe muri kino gihe, Agathon sumwana, kandi aritekaniye, Imana imbere, niyamugomwa azoturoñgōra, apana kuza muvuga ngo mufise imyonga, iki, oya nyene mufise imyonga, ngo muratunze!😂! Nimugaruke dusangire uduharage ndundi baasha!! Ndabibutse, akantu, 2001-4 uwutatemberanye agasashe kamwe kirabura, muri yanzara yaGasachet, yanzobandambara, ntaco mwabonye! Utariye ubufu bwava Tanzaniya bwuzuyemwo umucanga, ntaco wanze, ndagutwenze😅! Twebwe muburundi ntidukenye, quand-même; duhanganye n'ibihe! Kandi ibi bihe nitwe twavyisabiye, Imana yarabiduhaye, kandi aha niho tuzokoerezwa, tuzokura imigisha, ndabarahiye! Nimwishinge amajambo, aho mworavye ingene mworahura akenge hiyo mukazoza mushiririye, muzoza mutubwira ngo murahungutse! Hinduka, muzoze mudukorera nkikintu tushobora kwiyunguruzamwo kitanywa essence🛢 namazutu!😊,

  • @ERICKSHIANYULA
    @ERICKSHIANYULA 6 днів тому

    Ivyiwe nibabihe impfunvi n'abapfakazi Kandi muzoduhe amakuru yavyo