Dudu T. Niyukuri - Kigali Full Concert (LIVE)
Вставка
- Опубліковано 6 лют 2025
- Unforgettable moment.
July 2014, Dudu T Niyukuri was Live in a concert recorded Live in Kigali - Rwanda.
Covering songs like: Yesu n'Umwami, Hosanna, Ndagushima, Yarasezeranye, Ndi hano
and many other.
The concert was so exciting and people just didn't want go home.
Filled with the presence of God, the concert was so life changing and many people were moved in that evening.
Mpezagiwe kandi kumva ino concert yo guhimbaza no gutazira umwami Yesu Uyu mwaka wa 2022 🙌🙌
ohhhhh ndanezerewe kubwo kuba nzwi na Yesu kandi akaba ar'umwami wicay'iburyo bwa se n intsinzi kuri byose!!!
Amen and amen
seraphine sa
Turagukubuye Dudu. Nukuri dukumbuye gufatanya mu ndirimbo shasha . I can't wait next concert it will be in KIGALI ARENA
2022 ndacahezagirwa
Dudu God bless u man of God
I have listened to this so many times and every time I can't help it but view it over and over again. For some reason guhimbaza mukirundi bituma numv mpezagiwe gusumba ntaziriye mu congereza. I wanted to take the time to say thank you for allowing Jesus to bless me through your work. Stay blessed Grand frere!
Amen amen kabisa
@@DuduTNiyukuri OMG, Dudu what can we do to have this concert again!? 🥺😭😂 Nukuri tubwire Burundi or Rwanda we will sponsor it! 💕🙏🏼😍
Imana ihabwe icuhahiro kandi kubwiyi concert.. Turizeye knd turiteze aho bukera le 7 kuri Jardin public i Bujumbura ibindi bitangaza biciye mû ndirimbo zo guhimbaza Imana..Mr Dudu courage Yesu agukomeze.
Amen
Wooow Dudu i concert yama induhura evryday ndayiravy nukuri Imana ibandany ikigirira neza igisiga amavuta yayo ikiganza c'Uhoraho kibandanye kubajuru yaw ibihe vyose
Ameeen
Merci beaucoup Dudu iyi vidéo narayirondeye et enfin ndayiguyeko ewana asante sana😉😉👌
Bsr Thierry
Nubu ndacahezagirwa uko nsubiyemwo izi ndirimbo. Dudu Imana igume iguhezagira
nsinumva ko noreka kumviriza izi ndirimbooo uratwongera iyindi consert #Burundi
Powerful 🔋 still watching you and the miracles going on because of the seeds ✨️ 🙌 ❤️ 🙏
Nanjye iyi concert sindayirambirwa nukuri bana b IMANA muhezagirwe kandi
Dudu Imana ya Israel iguhe umugisha😢 papa Kuko natwe watubereye umugisha # urumuhanga kandi nkunda ukuntu uramya Imana numutima wawe be blessed man of Gad. Ndagukunda
Ameeen
Sinoharura Kangahe nsubiramwo kuraba iyi Concert. Nukuri shishikara Dudu. Yesu Kristo ashishikare aguhezagire ushike kure.
Oooh how i wish ko iyo ndirimbo yanyuma mwari kuyibandanya nkisaha yose oooohhj umwami Yesu abahezagire caane baririmvyi beza❤❤❤❤❤❤❤❤
Ariko Mana Wee! Iyi concert.. simbizi vraiment! ndacyayireba muri 2019!!! C'est grave! Merci pour ce moment!
it was so amazing ....nukuri ndabona hari iterambere ridasanzwe muri worship i burundi....wogira ni joyous celebration ya afrik du sud .....ndabakunda gose ...Imana ikomez gusunga ikanguro muri worship burundi
john wesley asante sana
Dudu may God Bless you you still blessing me into your worship songs
Dudu ntushobora kwibaza ingene izindirimbo zafashije mugihe numvaga ngiye kwiheba!!! Umwami Imana yacyu ikomeze kukugirira neza nokugusiga amavutaaaaa!!!👌
alice uwimana amen amen sister.... ubandanye ukomere cane
Dudu T Niyukuri uramfasha kbs
Dudu please nyishura ufise indirimbo nakunda cane narayibuze nukuri ndayikunda cane natanguy kuyunva niga 4 emme primair ntakonagerageje kuyirondera narayibuze( ivugango )igice cambere @kuryimpongihuzagirika mubugaragw' ironderamazi n'ukumutimawanjumeze ndakuronderacane mwami Yesu gwinunyuzize niwewe uhakwira,,,,,,,lefre @@ harihuruzi rutembaruva muntebe y'awe rutembanivyaha nintegenke zacu rukadukiza rekanogemwo mwami wanje,,,,,,,,,please yindonse ndayikunda cane kunva nkiri muto kugezubu ndayikunda ariko narayibuze please yindonse uzobukoze
Iriya dushaka kuyisubiramwo ntayo ngifise nanje
@@DuduTNiyukuri ntaco nimwayisubiramwo nzoyibona Muhezagigwe
Am i addicted to this ? when are you coming back koko?
😂😂😂😂😂 Covid nirangiraaaaaa
@@DuduTNiyukuri that vibe on 14:30 ... be blessed big man!
Watching this amazing concert from Tokyo/Japan. Keep up the good work, a lot of people are being blessed through your incredible work. It literally brought tears on my eyes.
MAJAMBERE Davy woooow. this is the reason why we do what we do. we can't keep it for ourself. The Lord has been good to us and we will never be silent
. Mubarikiwe Batumishi ba Bwana Yesu
Dudu lmana ibakomeze cane knd natwe turabashigikiye
Mukomeze Na 2021
Kumbe utuntu twubwenge watwamanye kuva kera. uraduhezagira cane
Imana ibandanye kuguhunda ingabirano yashiz muri ww. Uragahezagirwa
Ameeen dear
Be blessed the worship of god,i believe that one day i will take the time to be at your side and take many lessons of you....May my god bless you more
One of if not the best, Holy Ghost filled concert I've ever been to. God bless you richly Dudu.
jessangelable amen and amen
merci bcp DUDU tu nous benis avec tes chansons, k Dieu te benisse abondamment
One of the best singer for real
Ndagukunze caneeeee Dudu 😍😍😘😘😘😘😘
God is good all the tiiiiime!!!!... may God BLESS YOU all bakozi b,imana koz mwashoboye gukora igikorwa c,imana nkiki...greetings from kenya..
Giriteka Don Princia Bellamy From Kenya!! Nice. Thank you...
Ndagukunda cyane! Indirimbo zawe ziranyubaka.God Bless u
Merciiii😊
Amen ,amazing work ,kbs niwe nango niherezo ibihe vyose
Yesu abahezagire! 🙏🏻🙏🏻🙏🏻
It's been a while since I heard these Songs, but I can't stop listening to them, and replaying them over and over. the melody is awesome and songs content is incredible. my God bless you Dude, From Texas TURAGUFANA. uzufasha imitima yacu.👏👏
DUDU you are just amazing , may GOD anoint you the more .
Ooooh thank youuu dear Tony. bless you tooooo
Imana iguhe umigisha Dudu ikwongerereze namavuta
Amen.... Twese
Halleluya Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah ntanumw yonkunda nkukubikora
Muzahore mudusubiramwo kwel❤❤❤
Iyi concert yari anointed kabisa
Vyaribiryoshe kukugira yesu ❤❤❤❤🤲🙌🙌🙌🙌🙌
uraduhezagira cne Imana irushirize kubana nawe
I am still blessed 2022 worship 🙏🏾👏🏾👏🏾
I love the unity among you...'It's all about Christ.'🙏
Esaie Ndemeye always about The King. Jesus.
Esaie Ndemeye always about The King. Jesus.
So we still waiting ✋
Praise be to Him alone , Jesus Christ the conqueror . God bless you Dudu
Asante sana
JESUS CHRIST IS THE REALLY KING 🙏🏽👍🏾
I love this songs so much
Me too 😊😊😊
Amen brother. Watching this from Malaysia. The lord bless you
bless u too bro
Dudu has inspired generations in gospel music
I can't pass the whole service without singing one of his songs
Turahimbaza nubu 2020
Oyooo liki
tu es le meilleur vraiment
Merci. Glory to God
Dear Dudu, we need your work with israel.
What I know it's ll be a great 👍thing
Ndakunda umwete ukorana muguhimbaza uwuhoraho
Wow Amazing Song God Bless You Dudu
Wow ! that's awesome day Dudu?😍😍😍😍
Amen amen Yesu ninango niherezo numwami Imana ibamezagirire abongere avuta
nice one brother. Keep up the good work you are doing. I know that He who started this good work in you will perfect it more and more for His glory
All Eyes on Jesus the King
Nice one brother may god give you time
So inspiring... Be blessed
Thanks bro
good go a head thk you for singing halleluyaaaaaa.
Beautiful concert all glory to God 🙏🏽
Christelle uwase Amen
This is a classic
C'est une chanson qui m'a inspiré
Wow
so good LORD bless you
Gentil Big bless you too
AMEN AMEN Niyo mpanvu ndirimba niyo mpanvu ndamushima
Kabisaaaa
Ntanumwe asa naw mwami
Dudu uranyuzuza ndimubuntu bwawe yesu
Lyrics in kirundi please, sometimes we wish to sing along 😊... Please put them somewhere
Maybe list of name of songs as they sing them.
Thank you for singing for the Lord
Great Work
amazing work
Ddd thanks
I love U Dudu. May God bless you forever
Ndayihimbare Claude Alexis God bless you too my brother...
Courage muvandi
I m still watching this
Imagine
@@DuduTNiyukuri very powerful
be blesssed in your work!!
be blessed too
eiiiiiiiiii, amaziiiinggggggggggg
Wewe tebo, I see uuu
@@DuduTNiyukuri I have been camping on this channel since Sunday, waah great music... Legendary
dudu ukomezwe gusigwa amavuta turagukunda turagusengera
ndahezagiwe kandi ukundi
murikirumara kuri twebwe vyukuri
Be blessed dudu
Barikiwa sana
Qui est la en 2021 😁
Amazing...
I knooow right...! Sweet memories kabisa
Dudu T Niyukuri one more wouldnt harm us at all rwose😊
Vuba cyane my dear. We are currently working on a new album... We are seriously praying about it
Hallelujah 🙏🙏
Dudu ututuririmbo nguma nturaba turamfasha caane
Lovely
Haaa!!vyaribikazi
n'ukuri iyondaba narikuvyirabira nn ntakundi
oh Dudu urakaja mw'Ijuru gusa!!!!!!
Jimm Rangira 😂😂😂😂 Twese
2024 gumako mpezagigwa🙋♀️🙋♀️🙋♀️🇲🇴🇧🇮
Good song
Amen Amen
Ameen
🎉
irarenze