Isabato iragakoze//Abadivantiste bahaririye naba Islamu birakomera

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 14 жов 2024
  • Isabato iragakoze//Abadivantiste bahaririye naba Islamu birakomera

КОМЕНТАРІ •

  • @JohnBosco-h2e
    @JohnBosco-h2e 20 днів тому +1

    Mulakoze cane ndamenye ukuri

  • @agacutv1325
    @agacutv1325 5 місяців тому +1

    Isabato yahawe abisilayeli bavuye muri Egiputa ntabwo mbere bayiruhuka mwibuke ko muri egiputa bakora nkumutima
    Umusi wisabato wahawe abakomoka kuri isilayeli ku maraso Yesu ntiyigeze ayigisha nkabaventisi

  • @agacutv1325
    @agacutv1325 5 місяців тому +1

    Isabato yahaye abantu bisigura ko abisilayeli bo ku maraso ukurikije ico bibiliya ivuga nuko Abatarabisilayeli bo kumaraso bitwa imbwa ibuka wa munyasamaliya ko Yesu yamubwiye ko atari vyiza kugaburira utubwa umukate wagenewe abana(abantu)

  • @nduwumwamiMoise
    @nduwumwamiMoise 5 місяців тому +1

    Iman yihishu rira ngahanye

  • @SuzanneMukarukundo
    @SuzanneMukarukundo 9 місяців тому +3

    Ni ukubuvuga🙏

  • @stevendayikeza5575
    @stevendayikeza5575 9 місяців тому +3

    Amen

  • @nadiairakoze-sr9mf
    @nadiairakoze-sr9mf 9 місяців тому +4

  • @NiyeraJosue
    @NiyeraJosue 6 місяців тому +2

    Yesuaguhezagireabaisiramubakoreshwa nabadayimoni nibihane

    • @MukarubugaJulienne
      @MukarubugaJulienne 5 місяців тому

      Imana ikongerere imbaraga.

    • @MukarubugaJulienne
      @MukarubugaJulienne 5 місяців тому

      Bantub'Imana mwitondere izimpaka,aha harimo umutego wa satani! kwiga ijambory'Imana nukwitonda,ntabwo arugutukana! Uzi Imana agira
      imvugo nziza irimo ikinyabufura.

  • @FgxcCcxx
    @FgxcCcxx 6 місяців тому +1

    Imanitabar ABA islam abantubabigishij barbaroz

  • @NiyeraJosue
    @NiyeraJosue 6 місяців тому

    Wewe somaneza isabato nitegeko ryimana

  • @agacutv1325
    @agacutv1325 5 місяців тому

    Abaventisi baraguma kwizima ,muga isabato ntibazi ko ariyo abayuda abisilayeli bo ku maraso

  • @PhilemonNTIRENGANYA-l8s
    @PhilemonNTIRENGANYA-l8s 6 місяців тому +1

    Mumbarize shehe niba na yesu yarumuja cg mose ?

  • @TherenceNIMBONA
    @TherenceNIMBONA 3 місяці тому +1

    Mwese muhiga inyungu zanyu

  • @FgxcCcxx
    @FgxcCcxx 6 місяців тому +1

    Non Jum numusi wisabato arikoman ibintuvyarayangay Jum ino.mubarab nikuwagatan nihatar

  • @NiyeraJosue
    @NiyeraJosue 6 місяців тому

    Mose yoba yarumuja nayesu yoba yarumuja ahourabeshe uru

  • @nirexstudio5758
    @nirexstudio5758 9 місяців тому +4

    Hahahaa

  • @nduwayoflorantin5096
    @nduwayoflorantin5096 6 місяців тому +1

    Muzaze no murwanda mucimpaka

  • @GaspardNdikumana-gu7no
    @GaspardNdikumana-gu7no 6 місяців тому +1

    Ubwonubuhakanyi nyezin

  • @DusabimanaAlphonse-q2x
    @DusabimanaAlphonse-q2x 5 місяців тому

    Abasilamu nibo bakafiri bivuga

  • @saprens9574
    @saprens9574 9 місяців тому +1

    Komera isabato niyabantu Bose

  • @NiyeraJosue
    @NiyeraJosue 6 місяців тому

    Uvuzeukuri mukritsowayesu

  • @PhilemonNTIRENGANYA-l8s
    @PhilemonNTIRENGANYA-l8s 6 місяців тому +1

    Nimuza muhura muze muganira musubiza
    Ibyabajijwe

  • @Ntunzwenayo-e8x
    @Ntunzwenayo-e8x 6 місяців тому

    Ivyanyu konumva aruguharira bizohererahe?

  • @UweraVertas-z6n
    @UweraVertas-z6n 6 місяців тому +1

    Ahubwo mbona muzageraho mukarwana ubundi ubwo ni Imana muburanira Imana irihagije ntikeneye ko muyiburanira.

  • @FgxcCcxx
    @FgxcCcxx 6 місяців тому +1

    😂😂😂😂😮😢

  • @HakizimanaYakini
    @HakizimanaYakini 5 місяців тому

    Kwanka kuruhuka lsabato nukwitandukanya nlmana umuremyi

  • @NiyeraJosue
    @NiyeraJosue 6 місяців тому +1

    Babwire abaisiramu nibahindukebitondereisabato

  • @willisoniyubunt
    @willisoniyubunt 6 місяців тому +1

    Non komezak gatorek ariyo izi vyose kwidasenga vendred

  • @Ntunzwenayo-e8x
    @Ntunzwenayo-e8x 6 місяців тому +2

    Abo ba Islam nabo guharira gusa ntakur kwabo .

  • @MubarakaMumbaraka
    @MubarakaMumbaraka 4 місяці тому

    Ese uwo murongo muwusomye muyihe bibiliya wemerako gusenga Ari kucyumweru!?

  • @samsonmanirakiza7591
    @samsonmanirakiza7591 9 місяців тому

    Nuko muguma muca imirongo yose yatanzwe.ahabakorako hose muca muhaca.nitwe twatanze ivyirwa tuba tuzi ivyo twigishije

  • @MuhetoGift
    @MuhetoGift 9 місяців тому +3

    Icica abo bagabo bontagondwa n'uko bigira kabizi muri vyose!
    Ngo Isabato yahawe abaja? Vyabacanze pe

  • @GordienGirukwishaka-e8z
    @GordienGirukwishaka-e8z 9 місяців тому +2

    none itegeko ry'imana rirahinduka ngo nuko ibihe vyahindutse?

  • @jayjayniyonkuru
    @jayjayniyonkuru 6 місяців тому

    None kwr uziko uriko ushirako ibintu kurubuga rubonwa n'a bose ugaca uza ushirako ibice ww ushaka gusa sivyo ushiko vyose nyamba uba uri mukuri kuko thèse nti turi injiji twese