NGUWO UMUSI W'UHORAHO URASHITSE - Chorale de l'Eglise de Pentecôte de GITEGA - MAGARAMA
Вставка
- Опубліковано 5 жов 2024
- Culte de ce Dimanche 07/04/2024 - Eglise de Pentecôte de GITEGA - MAGARAMA
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Aaaaaameeeeeen hallelujah Amena nico gituma Imana y' inginga nintuntu iti, nimungarukeko yemwe bantu banje kuko Imana ikunda kugira imbazi nimwumve ico Mpwemu abwira amashengero Amen Amen 🙏
Amen Amen 🙏💖
Tubipfurije Umugisha uva kumana.imana izobarindire ubugingooooo
Amen 🙏💓
Imana ibahezagire gwose ibarindire amavuta
Amen 🙏💖
Muhezagirwe rwose Chorale yacu y'igitega .
Amen 🙏💖
Amen. Muhezagirwe cane
Amen 🙏💖
Mbega indirimbo isize amavuta Gitega Yambere ifise indirimbo nyinshi nziza muzoze muzi dushiririraho nukuri ❤❤❤
🙏💖
ndabakunda canee💝💝 GITEGA MAGARAMA
Yesu aguhezagire cane 🙏💖
Uhoraho abongere umugisha ❤️
🙏💓
Imana ibongere umugisha💃💃 baze bagire iherezo ryiza❤
Amen 🙏💖
Shishikara Imana imbahumugisha
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
Amen nico gituma Imana yinginga nintuntu ati nimungarukeko yemwe bantu banj kuko jewe nkunda kugira imbabazi
Amen 🙏💖
MEIRRA TV uhoraho ashishikare yiteho igikorwa canyu🙏ubutumwa bwanyu butugeraho bukatunyura.muhezagirwe✍️🙏
Amen 🙏💖
Amen.muhezagirwe
Amen 🙏💖
Imana abahezagire cane.ndabakunda❤❤❤❤❤
🙏💖
Yesu nabakolehe nkuko agomba
Amen 🙏💖
Gitega turashoboye🎉
Yesu Kristo ahabwe icubahiro WE ADUSHOBOZA VYOSE!
Nciye ndabakumbura pe!
🙏💖
Abavuta nimenshi mwiyindirimbo ndayikunda ❤🎉🎉
Amen 🙏💓
Men amen
Amen 🙏💓
Ego muhezagigwemwongegweinkomezi numwamiyesu❤❤❤❤❤❤❤❤
Amen 🙏💖
Vyiza ntore zImana
🙏💖
Mwaraduhezagiy lmanishishikare kubuzuza amavuta
Amen 🙏💖
IMANA ibahaze kubibamwo neza
Amen 🙏💖
Iwacu❤
🙏💖
Yesu abahezagire bavukanyi. Ndabakunda
Amen 🙏💖
Imana itube hafi amane kandi amene
Amen 🙏💖
Respect vrt
🙏❤️
Muhezagirwe
Amen 🙏💖
Namwe muhezagirwe.
Amen yesu abah umugisha
Amen 🙏💖
Murakarwa mw'ijuru ! Ndabakunda❤❤❤❤
Amen 🙏💖
Yexu abahezagire
Amen 🙏💖
Imana ibahe umugisha
Amen 🙏💖
Giramahoro
Amen 🙏💖
Imana ibahezagire
Amen 🙏💖
Amen amen amen 🙏 IMANA ibahumugisha mwishi
Amen 🙏💖
Icompa uwomusi ukazoshika niteguye amen
Amen 🙏💖
❤ ndabakunze cane imana ibahe iherezo ryiza
Amen 🙏💖
Amen.Mungu.awaaki.kabisa
Amen 🙏💖
Muhezagirwe❤
Amen 🙏💓
🎉🎉🎉🎉
🙏💖
4:50
Amen 🙏💓
Amen
Amen 🙏💖
Muhezagirwe❤
Amen 🙏💓
Amen
Amen 🙏💓
Amen
Amen🙏💓