Umukuru w'igihugu yasavye imbonerakure kwamirira kure abazoza babigisha amacakubiri.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 2 гру 2024

КОМЕНТАРІ • 21

  • @nestorbayubahe6468
    @nestorbayubahe6468 3 роки тому +2

    Murakoze cane vyukuri ikiganiro. Nkubu murabirwiza bizotuma turasubira gusamarira ibinyamakuru vyahandi badutyoza ngo tuzira ubuyobozi bubi.baze basubire

  • @bonisachubwa1046
    @bonisachubwa1046 3 роки тому +2

    Komera mutama vyodushimisha hamwe ivyamacakubiri vyohera nakare Intibagira ntibana.👍👍💪💪💪

  • @stevensogoofficial1460
    @stevensogoofficial1460 3 роки тому +1

    Bien dit Mr President..

  • @iga2023
    @iga2023 3 роки тому +2

    Urampimbara perezida wanje🥰🥰🥰

  • @NduwayezuSapience-x7m
    @NduwayezuSapience-x7m Рік тому

    Imana iratubonz ntizemera kivyobigaruka mu Burundi.

  • @ernestsiame1155
    @ernestsiame1155 3 роки тому +2

    Bien dit

  • @abdirahmannganji4065
    @abdirahmannganji4065 3 роки тому +1

    Uvugukuri.muvyeyiwacu.abarundi.turumwe.dusangiye.ugupfanugukira.uwifuzamacakubiri.arakanyagwa.ivyiwe

  • @gabrielmanirakiza6731
    @gabrielmanirakiza6731 3 роки тому

    Ndagukunda mon president

  • @richardbrangis972
    @richardbrangis972 3 роки тому +1

    wapi

  • @basaboseberahino7351
    @basaboseberahino7351 3 роки тому

    Nivyo umurundi wese yari aruhishijwe n'intambara ntawutari anezerejwe na cesser le feu nuko aho mushikiye mwakije uwudahera nyamara nkuko nabo ba Rutamucero bataye abarundi cane cane ugwaruka mu kaga niko namwe muzotana mundagano umuntu ni ko akozwe ni insafistait ni birya vyabaye kuri Adam na Eva.
    IMANA yagerageje kuturema mwishusho ryayo nyamara kuko tuba muri société iradusunikira mubitandukanye natwe tugahinduka IMANA yonyene niyo idahinduka...irya yabugururiye amarembo niyo izoyugara kubwo ibikorwa vyanyu.

  • @flaviakezimana4596
    @flaviakezimana4596 3 роки тому +1

    Turinyumayawe mutama

  • @richard-kellymbonimpa9237
    @richard-kellymbonimpa9237 3 роки тому

    TV masharaki ndabakunda goseee caneee bimwe vyimva mutima kumamuru meza muduha.

  • @rudosruberintwari7541
    @rudosruberintwari7541 3 роки тому

    Mutama ijambo uvuganiryiza ,jw ndakeneye uwunyigisha ivyobntu ,kko amakuru yomwibarabara ,ndayarambiwe ,ahuja gusaba akzi ukumvango urubwoko ubuh,?? Wa wabwira umuntu uti ngiy mumugambwe nobignza gt, akakubza ubwo,,ark numva atarivyo ari bimw vyabntu Batew naba dayimoni bivangura ,dukwiye kwubaka uburundi bukaba igihangange muri africa ,nisiyose

  • @OscarBanda-to2hc
    @OscarBanda-to2hc Рік тому

    Abarundi dufise ururimi rumwe tuvuga tukumvikana niteka

  • @associationafade7417
    @associationafade7417 3 роки тому

    Umukama Imana atuzigamire nyenicubahiro president w'igihugu cacu ni umuvyeyi izinyigisho ziratwubaka Imitima.hangama kungoma president wacu

  • @EricBizimana-d5x
    @EricBizimana-d5x Рік тому

    Aba koroni twarabakaguye,ubu turi abarundi uvuz neza mutama komera abarundi isinzi tukuri inyuma

  • @ghostagee5232
    @ghostagee5232 3 роки тому

    Ninde muntu yize psychologie atazi "projection"? 😅.

  • @basaboseberahino7351
    @basaboseberahino7351 3 роки тому

    Rutamucero yagurishije abana b'igihugu nk'uko namwe mwirigwa muragurisha izo mbonerakure nibakumbure babonere hafi bamenye ko bazosigara aho aba Sans echecs basigayeee.
    Rutamucero hashwanye na Buyoya aca aza kwiynga na DD niko vyama abagabo bararya imbwa zikishuraaa.
    Imbonerakureeeeeeee.....nzaba ndoraaaaa😏😏😏😏