Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Emen amen Yesu akongerere amavuta uri umugisha kwitorero
Ndagukunda mubyeyi imana izaguhe iherezoryiza
Muhabwe umugisha pamille desiré na dominic. Muri umugisha kuri benci kandi mwarahezagiwe. Mufite ubutunzi bw'Imana.
Umwami yesu aguhe umugisha muvyeyi ibiganiro kuranfashije kandi kiraryoshe cane.we n umutware wewe Imana yarabatoranije nukuri
Mwakoooooze caaane vy'ukuri.Ikicete nohanyuma kize gisomweUmubaza yakoze yatubarije neza cane.
Iyo Yesu yakemuye ikibazo ufite. Imana iguhe umugisha Maman Pasiteri
Shalom,uyu Mubyeyi arashimisha ,Yesu Abahe umugisha
Imana iguhe umugisha ndagukunda mubyeyi urimo umwuka w,Imana
nibintu vyiza kugira ibiganiro nkibi, ndazi ko uwuvuga ukuri n'uwubesha Mpwemu yera arabikwemeza, rero kubwanje uyu Mwarimu avuga ukuri kuko Mpwemu yera anyemeza mfatiye kubuzima bwanje ko ariko avuga ukuri, Imana n'umuvyeyi koko Muhezagirwe
Amen amen mukozi w’imana
Shalom, ino I Bujumbura itorero ryanyu riri amagana he, mrc be blessed
Ntarihari dukorera On line wifuza ibiganiro twakoze wabisanga kuri youtube Agakiza Tv
Muradufasha
Emen amen Yesu akongerere amavuta uri umugisha kwitorero
Ndagukunda mubyeyi imana izaguhe iherezoryiza
Muhabwe umugisha pamille desiré na dominic. Muri umugisha kuri benci kandi mwarahezagiwe. Mufite ubutunzi bw'Imana.
Umwami yesu aguhe umugisha muvyeyi ibiganiro kuranfashije kandi kiraryoshe cane.we n umutware wewe Imana yarabatoranije nukuri
Mwakoooooze caaane vy'ukuri.Ikicete nohanyuma kize gisomwe
Umubaza yakoze yatubarije neza cane.