Ukwizera n'iki?/umuntu yizera iki?

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 16 вер 2024
  • Shalom Shalom
    Vyinshi uravyumva ariko ushobora kuba utabitahura
    #Ubutumwa_bwiza_kuri_bose tubazanira abantu batandukanye kugira bagufashe gutahura.
    *Ukwizera n'iki?
    *Mbega ukwizera kwacu guhagaze kuki?
    Ukwizera Imana yaduhaye s'ukwo kuronka ibintu, nuko kugira twakire ubuzima Imana yatugiriye.
    #COMMENTAIRE.
    #Ubutumwa_bwiza_kuri_bose.
    Page Facebook:
    / ubutumwabwizakuribose

КОМЕНТАРІ • 7