Les mots me manquent pour dire combien Maggy t'es une brave femme..s'il y en avait 5 qui ont un coeur de compassion comme vous le Burundi serait un Havre de paix
Thank you Mr Muhozi. Very bright and professional. I follow you for more than 30 years. Equal to yourself. But thanks to Maggy. Why don’t you go for the presidentials? You are true to yourself. And you love your people. And the people you love is the world. Et le monde que tu aimes, c’est l’ensemble de tous les humains sans étiquette. Et le Burundi pour toi c’est le monde, ton monde, le monde des hommes intègres, celui de Mr Muhozi.
Cette vaillante femme merite d'etre #obsuman du Burundi , ou bien diriger la CVR car elle a vu et a vecu que le calvaire du peuple Murundi (Hutu, Tutsi, Twa, Hutsi toute les ethnies confondues), Vrt je deplore l'histoire de notre chere patrie...
None bakuzanira abatutsi gusa .nta Bana ba bahutu barimwo ga Maggy KO numva ngo n'abahutu barishwe guhera 1993gushika 2005 . mbwira KO ata mwana w'i'umuhutu n'umwe yarimwo .kubera iki?
None abo bana ko rwari urudandaza!!! Nawe WA mugore utunzwe no kubesha, ubesha vyose umaze imyaka urementanya I buraya, ukibaza NGO abantu Bose Ni ibigugu
Imana ikubabarira Felicité ese nawe urwo rudandazwa worukora vyoba vyiza kunarundi! Nivyiza ko abarundi dihindura imvugo iciza kikavugwa nkiciza ikibi idem. Maggy a fait ce qu'elle a à faire? Nahacu hokumwigirika
Au moins un témoignage d'amour, merci madame
Les mots me manquent pour dire combien Maggy t'es une brave femme..s'il y en avait 5 qui ont un coeur de compassion comme vous le Burundi serait un Havre de paix
Merci beaucoup de ta parole mervelleuse Maggy!
Ah oui Magy, twese twokumviriza, igihugu cacu cosubira kuba ic'amata n'ubuki.❤
Imana ikomeze ikwambike imbaraga zayo komera mukumuhamya.
Imana ukuzigame turonse nkaba magi 1000 igihugu cohinduste.
Merci beaucoup Muhozi
Thank you Mr Muhozi. Very bright and professional. I follow you for more than 30 years. Equal to yourself. But thanks to Maggy. Why don’t you go for the presidentials? You are true to yourself. And you love your people. And the people you love is the world. Et le monde que tu aimes, c’est l’ensemble de tous les humains sans étiquette. Et le Burundi pour toi c’est le monde, ton monde, le monde des hommes intègres, celui de Mr Muhozi.
Courrage Maman,tu es la seule Burundaise qui a depassé toute l,ethinie
"Uwambaye ikirezi ntamenya ko kera" plse fellow Burundians embrace this great woman!
murakoze cane maman pour ce temstimony
Thank u Magi 👏👏👏👏
L'aurore dans l'horreur. L'amour triomphera toujours
magii, ijuru urarikwiye mwana wumuntu
Imana imuhezagire
Urumubeshi pe. Imana ikubabarire. Tu exagère
Maman Maggy warabaye intwari iwacu. Entre temps utwibukij secunda n'a lisabeti aka demain matin
Only God can reward you and who still do think as you did.
You said right! It's very sad when you read some comments here
Marguerite maman internationale
❤❤❤❤
Ni ubwambere ndakwmvirije.
Ndemeza KO agashimwe warose wari agakwiye. Komera Ku muheto benshi ndazi ko bagushogikiye.
magii. mwauuu ndagusomwe , urintwari , icompa nkakubonesha amaso yanje , vraiment , hari igihe nihebura nibaza ko hari umurundi wumutima abaho , none ndabibonye , hezagirwa mwana wimana , umugongo waguhetse usigwe amavuta
uravuze neza vrt!!nanj ndamutey intege!!Umukama namuhezagira nukuri kuvyiza akora!
Har'abantu akazi kabo ar'ukunegura. Magy a raison. Imana yashize mu Burundi abahutu, abatutsi,abatwa. Twese turinda kubana tukubak'igihugu. Ntimurumvako abazungu baturyanishije kugira bashishikare profite le sous sol d'Afrique? Muzox'uvwenge ryari? Igitey'isoni n'uk'arabize bakidurumbanya. Merci Magy.
uyo yarahise magy , ntanico nfise nomunegura kuko ivyo kunegura biruzuye , kiretse uwutagira amaso namatwi niwe yonegura magy , Imana imumpere umugisha wamaho
L'amour vainc toujours...it's true👌
ca va norete?
🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿😍😍😍😍
Gusa njyewe umpaye isomo rikomeye ufite ubumuntu imana izagufashe kurangiza intego wiyemeje
Rementanya ukorere ubwoko bwawe mugabo turagusavye uhunguke ubivugire mugjhugu uvukamwo.akarimi kawe nako nakuguhenda abagufasha.korera rero urwanda.utibagiye ivyo wavuze 2015
Abantu muracariho bazima
Kugira mumumese?
Urindobo yigendera burakuga niwaheza wizinge
Theatre👌
Maggy, ujye ureka.ikinyoma. Urakuze wisubireho uve mu moko, uvuge ukuri. Mbe ko ntarakumva uvuga ibyo.Michombero, Simbananiye na Buyoya bokoze aho mu Burundi,? Harya abo bishe ntibari abantu. Ubu mu Burundi ni amahoro. Va mu gatsiko ka Sinduhije na Buyoya utahe ufatanye n'abandi kubaka igihugu. Ntabwo nyobewe ibyiza wakoze; ariko ikibazo ubu ufise nukuba wararundukiye mu moko , kandi ntacyo bimaze chère soeur. Va ibuzimu ujye ibuntu.
Hewe, ko mbona ivyo vya ba micombero harico ubiziko urahamagara TV nawe baze kukugirira interview.
Cette vaillante femme merite d'etre #obsuman du Burundi , ou bien diriger la CVR car elle a vu et a vecu que le calvaire du peuple Murundi (Hutu, Tutsi, Twa, Hutsi toute les ethnies confondues),
Vrt je deplore l'histoire de notre chere patrie...
Opppp
Salut
Haaa? Ivyubwoko sinibaza yuko ino iBurundi bizobehera mubantuuu? Imana yonyene itubahutse ngigaruke Kw'isi ...
Rien n'est impossible.😏
Je manque de mots pour parler la maman
Igihe ni kirekire maze uzoze uraturungikira amafoto y'abo Bana Aho bageze mu buzima n'abo baze baratanga za témoignages nk'izo .jewe nipfuza kumenya leur évolution kuko numva wakoze igikorwa c'iteka
Harimwo bâ Vichou Wa Peace and Love, ...nabandi
@@dorianebimenyimana9206 yaragize neza kwakira abana n'igihugu .akaba yarabareze neza nk'umuvyeyi .Ubu bamwe boba bakuze .n'abarungike rero iburundi baze guteza imbere igihugu cabo badushingire n'intahe nziza kuri uyo muvyeyi mwiza Maggi
@@cesariehakizimana429 Erega abo ariko arafasha uyumunsi si abana bibifata nzoka ni abana batswe uburenganzira bwabo bwo kwitwa abene Burundi wewe ko uvuga ngo abarungike bateze imbere igihugu ukagira ni uko kibuze abogiteza imbere?nuko bashaka kugiteza imbere babanje kumaa abandi.
None wew wirutse mugihugu atachaha wakonze garuka usabe imbabazi unzofpire mugihugu chawe
Amagorwa abrndi barimwe, warayabateye mu bandi
Rajabu arihe?
Tubwire wewe uzi vyose.
Ari kigali
Uyu kuki umengo yarwaye akagahu?
Ngo uwukora iciza ntahunga??
None abo mwishe bari abanyabyaha bose?
Kura ububeshi aho.Ico mukora murazi kuremantanya,pee
Uri intwari, bonne analyse.
C est une femme fausse.
Mwamburamitwe mwuzuye ubujuju.
Abazungu ni wewe maggy wenyene utabazi.
Abasibigihugu🇧🇮💯
TWINEGURE
Niba abantu badakorera dayimoni nibareke:
1. Gushyigikira ubwicanyi aho buva bukagera n'uwaba abukorerwa wese, yaba yarenze umurongo cyangwa yabaye icyitso kuko iki si igihe cyo gufata, gufunga no kwica ibyitso. Nta ntambara turomo kandi n'abakoze nkabyo igihe twarwaniraga gufata ubutegetsi ubu turabibarega.
2. Gukurikirana abitangira ibibazo byubaka mubatuka, mubita amoko batarimo, mubita amazina batagira ngo murabaca intege kandi bidashoboka.
3. Kwirengagiza akababaro k'abandi mukomeza kwivugishwa ngo barishe ngo ntibagomba kuvuga akababaro kabo. Imiryango 90% yapfushije abavandimwe kubera intambara twashoje ngo ducyure impunzi, tuzane democracy, ngo tubohoze ababoshwe. None twamarishije abavandimwe, twica benshi abandi barahunga baheze ishyanga, abandi tubabohesha imirunga n'ibyuma, abasigaye tubicara ku gakanu tubapfuka umunwa. Ni ubwa mbere haboneka igihugu cyica abenegihugu kugera ubwo n'abahunze baterwa bakicwa nta mpuhwe.
4. Guha agacuro nta mponganoyumwanzi, agafuni, akandoyi, gushahura abagabo no kwambura ubusa abagore bangirizwa imyanya myibarukiro. Abantu barashize ababizi bazabibwire Kalibwami Isaac ari we Peter Mahirwe cyangwa n'abandi bahezanguni batunzwe no kwirirwa batukana mu ma social media. Yarapfuye Kizito Mihigo birabanezeza kandi mubeshya ngo INTERAHAMWE ni iza MRND gusa, yarapfuye Rwigara, Arapfa Rwisereka na Rwabukamba, arapfa Gustave Makwenene, barapfa Sendashonga na Inyumba, barapfa Lizinde na Kanyarengwa na Bugirimfura, arapfa Mutunzi, barapfuye Muvunanyambo, Bunyenyezi na Bayingana, arapfa Kayitare twitaga intare, aricwa Mutamuriza bitaga Kamariza azira kuririmba Kayitare intare batinya bamutsinze kuri SOPECYA babeshya ko akoze impanuka, barapfuye barongera barapfa miliyoni zirenze ukwemera ngo abo bo ntibavugwa ni abahutu cyangwa INTERAHAMWE, arapfa Karegeya Patrick, arapfa Padiri Kagabo, Arapfa padiri wayoboraga Inatec i Kibungo azize kutemera uburiganya kw'ihindurwa ry'itegekonshinga, arapfa Myasiro Mathias n'umuhungu we twitaga boss, arapfa Mirimo imfubyi asize zirasenyerwa, yarapfuye Makuza twitaga Rwanda-Form, arapfa Mucyo, arapfa Bihozagara, aricwa Alexandre Kimenyi, aricwa Dr Kayihura wari intiti mu mibare, barishwe abanyabwenge bose barimo abasenyeri, n'abaganga nka Dr Bucyendore, barapfuye aba Perezida nka Habyarimana, Kabila, Ndadaye na Ntaryamira kandi amateka ashobora no kuzagaragaza ukuri ku rupfu rwa Nkurunziza. Ubundi uwafashwe ni we gisambo. Bishwe nabi abayoboke ba FDU-INKINGI na DARIFA UMURINZI, Yarishwe Dr mwene Ngeze, aricwa mwene Rwasibo yavuye mu Bubiligi ageze i Kigali, yarapfuye Christine na we wabaga mu Bubiligi yicwa ageze i Kigali, yarapfuye Fred Rwigema Gisa twari dutezeho amakiriro kubyo twari tunyotewe birimo ubumwe, ubwiyunge, ubutabera, umutekano na democracy.
Baracyapfa icumu ntiryunamuwe kandi ubona ko abica kwiga byabakukiyemo ku buryo batakibibonamo n'ikibazo. Imana itabare.
Maggy urazi kwivuga kweli. Urazi abantu wicishije hano i Burundi? Mbega uwukora iciza arahunga? Ugumaho akora bibaye ngombwa agapfa ari kukivi. Waca uba umu héro canke umumaratiri.
Wahunze ibibi wakoze, Maggy urazi ko wanyishe Imana igakinga, garuka i Burundi tukwagirize. Akarimi keza uragafise, abazungu bobo uzobamarako amafaranga. Imodoka Yaba coopéra belge Kuri PAR si wewe wateguye abasuma ngo bayibibe kandi bariko baragufasha bagaca bahunga. imodoka yabo munyuma twayibonye inyongwa na ton frère i Bujumbura? Reka kwigira mweranda ivyawe birazwi
Muhozi,reka kwihisha,...
Uwagurishije imitungo yawe imana izamukorerako yarihenze.
Aho uri ntibicana:kizito
Yariko avuga ku Burundi. Ba ukurikira.
None hari uwuhungira amazirantoke mwi wc?
Mbe hari Umuntumuzima yitera amashugwe cank ayaterwa nabandi? Baca bavyita ubwibone
@@oscarndayisenga1598 abatutsi ntibakizwa pe arya mafoto yose hari umuhutu. mwabonyemwo?
None bakuzanira abatutsi gusa .nta Bana ba bahutu barimwo ga Maggy KO numva ngo n'abahutu barishwe guhera 1993gushika 2005 . mbwira KO ata mwana w'i'umuhutu n'umwe yarimwo .kubera iki?
Mbe nawe ga nawe warahunze tahuka ubivugire mugihugu muzopfa murementanya muzohera nkifu yimijira
Uyo niwe ndeze mama komera
Mama ndugunka niwewe wampaye ubuzima twese
Uyu umudamu aravanga amateka kunyungu ze!! Ntibimuhesha icyubahiro tumukwiye...! Really sorry
None ga Nkaka wipfuza ko yogorwa kandi yigorera abandi. Kubera iki mubona ikibi mu vyiza vyinshi akora? Inyungu n'abakora ibibi barazironka. Reka kuba mubona abantu aho bageze mutazi aho baciye n'ingorane bahuye ngo mugwize n'ubusa ibikorwa vyabo biteye imbere.
Uravuga nawe ivyo wakoze biguhesha icubahiro nawe akibure ahombe wunguke
None abo bana ko rwari urudandaza!!!
Nawe WA mugore utunzwe no kubesha, ubesha vyose umaze imyaka urementanya I buraya, ukibaza NGO abantu Bose Ni ibigugu
Ko wumva rwari urudandazwa yakoze nawe urukora uterimbere nkawe
Imana ikubabarira Felicité ese nawe urwo rudandazwa worukora vyoba vyiza kunarundi!
Nivyiza ko abarundi dihindura imvugo iciza kikavugwa nkiciza ikibi idem.
Maggy a fait ce qu'elle a à faire?
Nahacu hokumwigirika
Akajuju kigendera niwe udashaka kudandaza wakarere we dandaza nawe wunguke
None wew wirutse mugihugu atachaha wakonze garuka usabe imbabazi unzofpire mugihugu chawe