The Brunch Time: Waiting inyour 30's: Nokwitegurira gut uwo IMANA yanteguriye?

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 25 тра 2024
  • Bienvenue sur Chez Sexy Love TvShow! Ta destination ultime pour du lifestyle, des vlogs, et des astuces beauté. Rejoins-moi dans cette aventure épique où on explore tout ce qui est fabuleux, amusant et sensationnel. Abonne-toi et ensemble, faisons de chaque instant un souvenir inoubliable

КОМЕНТАРІ • 26

  • @joykama2127
    @joykama2127 Місяць тому +2

    Ariko nuko abahungu bubu batabona , abo bakobwa bose bazubaka urugo , kuko urabona ko bazi ubwenge , bazi nukuzoronderera urugo , ahubwo abahungu mwari mukwiye kubarondera , ni beza hose no kwisura pe ❤

  • @Nik-zv9mz
    @Nik-zv9mz Місяць тому +1

    J'ai encore 23 ans ariko ivyo mwavuze nanj vyamfashiheeeee muhezagirwe 🥰

  • @Topson7
    @Topson7 2 місяці тому +2

    Thank you for choosing us to work with you,hama courage ikiganiro ni top!😊

  • @JessieJim
    @JessieJim 2 місяці тому +2

    bravoooooo🥰❤️❤️... ikiganiro cari toppp cane

  • @vivantienneuwimana105
    @vivantienneuwimana105 2 місяці тому +1

    Waaoooh émission iri top sana courage sexy love❤❤❤

  • @elysenijimbere3555
    @elysenijimbere3555 Місяць тому

    Egoo shaa,topic intéressant ❤❤❤

  • @krystalshabani
    @krystalshabani Місяць тому +1

    Ikiganiro ciza cane :)

  • @user-wp5qr6dc1i
    @user-wp5qr6dc1i 2 місяці тому +2

    Top

  • @katsworld1664
    @katsworld1664 2 місяці тому +1

    So educative and interesting 🥂

  • @BerniceNishimwe
    @BerniceNishimwe 2 місяці тому +1

    Twagiyeeeee 💗

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 2 місяці тому +1

    wouuuhh ikiganir ciza nadine uvuz ukuri caaan

  • @krystalshabani
    @krystalshabani Місяць тому

    ikiganiro ciza cane. more of this please :)

  • @nlc3435
    @nlc3435 Місяць тому +2

    😍muvuze ibintu vyakamaro!!! Ukuntu mutuje sasaaa...yooo Imana ize ibubakire vrt🫶excited for what's coming next!!!

  • @KapiNgoma-hi9hs
    @KapiNgoma-hi9hs 2 місяці тому +1

    Ikiganiro ça bien

  • @joyeuxniyonkuru2701
    @joyeuxniyonkuru2701 2 місяці тому +1

    Emission iryoshe

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 Місяць тому

    Ayo mashurwe n'ivyo vyatsi bigukikije ni ibiryo vyiza vy'umubiri n'umutima.

  • @nenegash24
    @nenegash24 2 місяці тому +1

  • @lydiahabimana5697
    @lydiahabimana5697 Місяць тому

    Umuntu wawe atangwa nimana. Senga gusa Kandi ureke kubenga cane.

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 Місяць тому +1

    Gusa ndagusavye ugane sports, ibinure vyinshi ni uburozi. Gana imboga n'ivyamwa. Sinkeneye kuzagusunika ku kagare no gutakaza amafaranga menshi tugura imiti. Daniel yagaburiwe imboga areka inyama ,imirete, amafiriti vy'umwami ,agira ubuzima bwiza kurusha ababiriye.

    • @joykama2127
      @joykama2127 Місяць тому

      Erega kurya ivyo vyose uvuze siko kuvyibuha , uyo urabona kwariwo mubiri wiwe , kandi ndazi ko nawe agerageza kugabanuka

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 Місяць тому

    Ungana uko ukiri inkumi? Gana insukurabuzima(imitsi,umutima,amapyigo,estomac,amagufa, amaguru,amaboko ) ntibiremerwe.

  • @user-yw9cx2zx4f
    @user-yw9cx2zx4f Місяць тому

    Anais wewe ni kuja kurindirira muri gym ,uwo imana yakurungikiye ari muri gym

  • @alinenyandwi8566
    @alinenyandwi8566 Місяць тому

    Ikiganiro ni ciza cane ariko mumenyeko ababakurikira benshi ata French or English bazi. Nuvyiz kugerageza mukavuga ikirundi bose bazi.

  • @eliusbizimana7646
    @eliusbizimana7646 2 місяці тому

    None ubu mwararonse aba chéris?

    • @joykama2127
      @joykama2127 Місяць тому

      Bazobaronka nyene , wew ntiwamuronse ?