Abavandimwe ba barundi bakeneye inkunga ya masengesho ibibazo byabo niyo mw'ijuru gusa yabikemura 😢😢😢 Agafuka ka kawunga kageze kuri 120 Mille murumva bidakomeje kugorana😢😢😢
Rekakubesha abantu wewe prévision bidjjeaire tayo uzi.Mu Burundi l année budjetaire igherana na juin.Ubu rero harageze ko barabako budjet y igice c umwaka hageze ko braba ko yakoze neza kugira brabe ikindi gice c umwaka gisigaye bemeze ko azokwira.
Muri ababeshi cane kandi birumvikana neza ko hari uwabatumye ariko muribesha ivyo mushaka ntibizoba Imana irikumwe nuburundi
Abavandimwe ba barundi bakeneye inkunga ya masengesho ibibazo byabo niyo mw'ijuru gusa yabikemura 😢😢😢
Agafuka ka kawunga kageze kuri 120 Mille murumva bidakomeje kugorana😢😢😢
Kubera abarundi babakubitira muri Congo mugerageza kububeshyera kweli
Ok
Ibisuma vyarayivyee nibifatwee
Amakuru y'ibihuha
Ingendo zose bakora ntaco zimariye igihugu atarugusesagura ubutunzi bw, igihugu,Aho ntituvuze abiba 'nabo ndashimiye Uno mumiministre
Upfa iki n u Burundi gituma wama ushaka kubusebya gutyo? Uwo ukorera impembo yawe azoyisubiremwo kuko uramubesha.
Ukuri kuravugwa nimba kagame yibye akajana mugihugu iwe akagiteza imbere ,namwe ivyo mukura mumahanga mushirahe ? KUKI muguma muri bansumirinda ?ngaho vuga ivyo babeshe ndumve,
Amaraso yabakomgomani nagiye kusesa azobahumira nizongaruka
Iyo Analyse uzayikore kuri Kagame aguce umutwe
Bamukura urusaku ngaho.mb ko mutigera muvuga ivyiwanyu mu rwanda ?
Ivyo vyemezwa nitagaciro yrifaranga ryuburundi risigaye arinkiryo kuri mubutu wa Zaire ya kera nivyo yita ubukire
NEVA si kagame yibye amafaranga agura 2 planes. Akazikodesha u Rwanda
Rekakubesha abantu wewe prévision bidjjeaire tayo uzi.Mu Burundi l année budjetaire igherana na juin.Ubu rero harageze ko barabako budjet y igice c umwaka hageze ko braba ko yakoze neza kugira brabe ikindi gice c umwaka gisigaye bemeze ko azokwira.
Ibihuntu vyara zimvye.
(🤣🤣🤣🤣)