Gabriel RUFYIRI avuze kukutumvikana kwabanya POLITIQUE//Ingorane zihari//irya VISION 2040 2060

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 6 січ 2025
  • Gabriel RUFYIRI avuze kukutumvikana kwabanya POLITIQUE//Ingorane zihari//irya VISION 2040 2060
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬

КОМЕНТАРІ • 37

  • @mahoro5437
    @mahoro5437 Місяць тому +4

    Ibibazo n'inyishu nziza zunvikana, muri make ikiganiro ciza cane - murakoze! ❤❤❤❤❤❤

  • @DesireNtirampeba-h8x
    @DesireNtirampeba-h8x Місяць тому +4

    Gael wubahwe kumwuga wawe 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️🙏

  • @Jordis12345
    @Jordis12345 Місяць тому +2

    Rufyiri uti kwisamburirako kimpene!!! ❤ Abatwara bafise umwina

  • @newsicizere
    @newsicizere Місяць тому +1

    One number

  • @faroukamani2938
    @faroukamani2938 Місяць тому +1

    Urakoze cane Nukuri Urumugabo wijambo

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 Місяць тому +4

    Abanyepolitique Bomuburundi barwaye mumutwe abantu banka iterambere ryigihugu jewe umuntu avuga ivyiterambere nzomushigikira yaba mu opposition ya uwukubutegetsi bose nzobashigikira

  • @manirakizaolede
    @manirakizaolede Місяць тому +3

    Urakoz kumpanuro .abadutwara nibabishire mungiro

  • @jean-claudeminani6156
    @jean-claudeminani6156 Місяць тому +1

    GAEL , inyama ntikwiye kurya aba BOSS gusa!!!

  • @JeanBigirimana-u4f
    @JeanBigirimana-u4f Місяць тому

    Ikimbwirwa n'icumva,naco icerekwa n'ikibona. Komera Ndongozi nziza,kandi wubahwe!

  • @BayisengePardon
    @BayisengePardon 28 днів тому

    Amahoro nyakubawha iki kiganiro ni ciza cane Kandi naje ndafise icizero ko dushobora gutera imbere kabisa Sawa murakoze

  • @jehovanisnahimana2391
    @jehovanisnahimana2391 Місяць тому +2

    Umengo barabaroze mutama rufyiri kwitana bamwana nivyo bashoboye gusa abarundi nitwiga kubumwe tuzoterimbere ,kwikunda nivyavaho tukiga gukunda igihugu kwanza apa mumajambo gusa

  • @BizimanaEmmanuel-m3b
    @BizimanaEmmanuel-m3b Місяць тому +1

    Ikiganiro kirimwo ivyiyumviro vy'ubwenge,igiturire,isesagurwa ry'itunga rusangi bihagarare .

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl Місяць тому +2

    ❤❤❤❤❤❤

  • @nsafelix
    @nsafelix Місяць тому +3

    ntanakimwe kizohinduka abarundi badahindutse.

  • @RichardNiyongabo-z5i
    @RichardNiyongabo-z5i Місяць тому

    Gael ndakuy inkoferooo urabaza peee kandi uri kukiviii

  • @AlexisUwizeyimana-l6o
    @AlexisUwizeyimana-l6o Місяць тому +1

    Kl never ntakadakora,ariko bamutega imitego myishi,Martin niteretse nisawa n'a premier ministre ntakibazo,ariko abandi muburundi badufasha iki,rero mumigambwe nihobipfiraa,Jew mbonako hoba kubica,nkomubutungane nakambere bituma tudatera imberbe,mutama ntarabe ukuntu ivyobisuma tubimufashe bipfe

  • @Randybury378
    @Randybury378 Місяць тому

    Imanza zimwe zimwe baje barazisira kumugaragaro kugira abantu babone ubutungane buri mugihugu

  • @ntakisadock2239
    @ntakisadock2239 Місяць тому

    Abanyeporitike babarundi bafisingorane yuko uwukoze iciza batarikumwe agihinduramwo ikibi.
    Ntibanakunda igihugu nkabantu bagisabiye ibihano ntuze wumve

  • @SafariTV257
    @SafariTV257 Місяць тому +1

    Noe uyumuntu kwitoza hasabwiki 'g tumuhu'de amajw

  • @arnaulddolfi20
    @arnaulddolfi20 Місяць тому +1

    Aka kagabo kitwa juste gaël gasigaye Ari agasezi kaguma gasega Neva !

    • @lazzR1935
      @lazzR1935 Місяць тому

      Yoo 😮 nta muntu agowe kandi akwiy kugirirwa ikigongw n'amasengesho kuko ishari n'inzigo nuwo mwansi dufise mugihugu cacu.eka biratey ubwoba

  • @FrankImani-cb3in
    @FrankImani-cb3in Місяць тому

    ❤😂🎉

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 Місяць тому +2

    Ababantu badutwara nta conscience nantoya bafise kuko bihutira kurundarunda nivyobatazomara hako bokorera ivyunguka abarinyuma nahotwobatora umuti wabo urikuziko kuko ahotugeze nahimana kandi nibose nabandi nuko si dd gusa

    • @EdisonNiyonkuru-d6x
      @EdisonNiyonkuru-d6x Місяць тому

      Iyo mihimbiri irasara imana nirab itabare uburundi. Twaratewe ninyanka Burundi zitwinyegezamwo

  • @TharcisseNiyokindi
    @TharcisseNiyokindi Місяць тому

    Turabakurikiran ivyavuga nivyo ariko hatabaye guhana abiba nogusubiza ivyibwe iteramber ntirishoboka ndabarahiy

  • @JeannetteManirambona-o6m
    @JeannetteManirambona-o6m 22 дні тому

    Wubahwe mutama

  • @jeanmariebizoza654
    @jeanmariebizoza654 Місяць тому +1

    MUTANTUMIYE NTIZOBA! IBAYE NAHO SINZOKWEMERA IBIZOVAMWO!

  • @PrudenceTuyisabe-rc5ov
    @PrudenceTuyisabe-rc5ov Місяць тому

    Mutama Rufyiri muburundi kubantu badutwara haricari ikibazo gikomeye kuko kugira iri terambere turishikeko jew ndabona ko ababizibira kuko bariho abadashaka kwimbono kazoza nziza cane harabatifuza kwiba kandi NYENICUBAHIRO WE yufuza ko duterimbere ,ico mbona nafate abo bantu Bose batemera ivyiteramber nabice Hama UBURUNDI twibohore twinjire muri 2040_2060 twisanzuye kandi tugireyo rimwe ariko intumva nabakavyose bavuye kumurongo murakoze.

    • @user-nk3ue2cs4k
      @user-nk3ue2cs4k Місяць тому

      @@PrudenceTuyisabe-rc5ov nanje niko ndabibona. Il faut les éliminer d'une façon ou d'une autre.

    • @butoyienock-dw2do
      @butoyienock-dw2do Місяць тому

      😅😢😢

  • @ArinitekaHassan-os9mr
    @ArinitekaHassan-os9mr Місяць тому

    Rufyiri uri rufyiri Koko ngo abantu Bose bakeneye amabarabara namatara ahubwo ntibusoma ubwenge bwawe imyaka abarundi babayeho batagiravyo wama uhaya ingana gute?ahubwo shishikara kwamamaza ubuja kuko ntabindi wishoboje ariko urarushe .

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo Місяць тому

    Abanyepolitike bomuburundi barwaye mumutwe jew sinemera ko barigusa kuko icera barakwemeza ko cirabura

  • @B.s3909
    @B.s3909 Місяць тому

    UmukuDD TV

  • @user-nk3ue2cs4k
    @user-nk3ue2cs4k Місяць тому

    Les pauvres burundais ! Vs vs battez pour la démocratie au lieu de vs battre pour le développement du pays. La démocratie va vous appauvrir gushika naho.
    Vous êtes très théoriques, rhétoriques...il vous manque le côté pratique et concret ! Les dd et les autres partis doivent travailler ensemble et être redevables devant la population.

    • @PacifiqueMBONWANAYO-rk2uz
      @PacifiqueMBONWANAYO-rk2uz Місяць тому

      La Démocratie n'est pas mauvaise. Le développement est le fruit d'une paix durable au sein des coeurs de la population.

    • @user-nk3ue2cs4k
      @user-nk3ue2cs4k Місяць тому

      @PacifiqueMBONWANAYO-rk2uz cherchez alors un compromis qui vs aide au développement comme d'autres pays africains maintenant. Il faut d'abord éduquer, civiliser la population au travail et ses responsabilités et devoirs envers le pays. Au Rwanda et Burundi la population croit ds les ethnies que de croire ds sa force ensemble. Sans parler de dirigeants. Au Rwanda, il y a une dictature qui a le résultat comme hitler, musolini, hiro hito, Mao, Atari turc etc...qu'est ce qui manque à nos pays francophones d'arrêter de parler et travailler au vrai sens du mot ???