Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Akiwacu i Burundi ni spécial !
Akaranga k'i Burundi iwacu
Congratulations 👏👏👍
Muze muraturonsa nutundi nkutwo.....
my natural
Murakoze kudushirirako indirimbo Kama ziwacu....ahubwo mubishoye muzogire nutu video turiko amajambo kugira ngo ico kirundi cokwitsitso kidatakara
P0
Yemw mumbwir ico 'rutotero rwa nyanzige' bisigura
Rutotero rwa nyanzige bisigura IVYEMA/IBIYOBA
Ako ni typique, kabisa!
"urutotero...., mwenga..., " utujambo nk'utwo ntudutora utari umumoso! hhhhh!
Tubwire rero: Urutotero n'iki?Umwenga nawo?
Urutorero ari rwo gitwiro ni irya fu y'ibiyoba (ivyema) bashira muvyo kurya kugira biryohe. Umwenga nawe ni umugeni, umukobwa agishika mu rugo.
Umugeni rero niwe rutotero?Si oui/non, Rutotero rwa nyanzige bisigura iki?
imvugo y ikirundi iragoye irafobetse kenshi iragoye gutahura
Akiwacu i Burundi ni spécial !
Akaranga k'i Burundi iwacu
Congratulations 👏👏👍
Muze muraturonsa nutundi nkutwo.....
my natural
Murakoze kudushirirako indirimbo Kama ziwacu....ahubwo mubishoye muzogire nutu video turiko amajambo kugira ngo ico kirundi cokwitsitso kidatakara
P0
Yemw mumbwir ico 'rutotero rwa nyanzige' bisigura
Rutotero rwa nyanzige bisigura IVYEMA/IBIYOBA
Ako ni typique, kabisa!
"urutotero...., mwenga..., " utujambo nk'utwo ntudutora utari umumoso! hhhhh!
Tubwire rero: Urutotero n'iki?
Umwenga nawo?
Urutorero ari rwo gitwiro ni irya fu y'ibiyoba (ivyema) bashira muvyo kurya kugira biryohe. Umwenga nawe ni umugeni, umukobwa agishika mu rugo.
Umugeni rero niwe rutotero?
Si oui/non, Rutotero rwa nyanzige bisigura iki?