IMBONEZA MUVY'AKARANGA ROSE TWAGIRAYEZU II Partie

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 5 вер 2024

КОМЕНТАРІ • 10

  • @alberickadomo6132
    @alberickadomo6132 2 роки тому +1

    Biraryoshe n'ukuri kiubona umu maman kuriyo myaka ufite impano zitandukanye ( femme artiste aux multiples talents,) .❤️❤️❤️mpise nibuka umu batteur JACQUES DU TRONC twarikumwe muri orchstre mu RWANDA ,nibuka ko mwakoranye kuva muri orchestre national mugakomezanya no muri amabano. Murakoze cyane maman ROSE. IMANA ikomeze ibajye imbere.

  • @seraphinsehungiza2748
    @seraphinsehungiza2748 6 років тому +4

    Madame Rose, ntituzinanye ariko j'ai apprecié votre talent, mwari muzi kuririmba. Hariho indirimbo maze imisi ndondera désespérement yitwa "uruharamba ruravuga" na "nsezere ngende ma" mushoboye kuzituronkera en video mukazishirako kuri youtube kuko ndazi RTNB ishobora kuba izifise. Muzorondere mucréer espace kuri youtube kugira mudushirireko turya turirimbo twa kera twaca kuri télévision. Muzoba mukoze, Soyez Béni et longue vie à vous...

    • @karahanyuze
      @karahanyuze Рік тому

      Nanjeindirimbo za Roza ndazikunda cane
      mbere uwuzikeneye yozisanga muriiyiplaylst
      ua-cam.com/video/I71qNabnEVU/v-deo.html

  • @alainarakaza3265
    @alainarakaza3265 6 років тому +2

    Madame Rosa, you are a national talent for our Burundi. “Umubanyi niwe muryango” ntiyoba publié igashika no hanze y’i Burundi...

    • @rozamusicburundi9087
      @rozamusicburundi9087  6 років тому

      Murakoze cane Alain ndabashimiye nanje

    • @nkeshimanaemmanuel5031
      @nkeshimanaemmanuel5031 6 років тому

      Rose Marie, navutse 1972 nkura numva mw iradio zirya mvyino, indirimbo,None wongeyeko ko wakinye Mukamunwa, Mafoza.Birandenze cane.
      1.Ndagushimiye cane ku vyo wakoreye igihugu
      2.lcompa nkavugana nawe ryoba ari itunga nini ngize

  • @benigne331
    @benigne331 3 роки тому

    Mwaraciriye inzira abagore turabashimiye ❤️

  • @snks4dh
    @snks4dh 9 місяців тому

    Turabibuka, kandi turabakunda, muzoze muribika abana basizwe nabo mwatanguranye , abana ba domitira, Claire (karara mazi yateke nabandi , ntiturigera twumva mubavuga aribo babatanguriye. Muhezagirwe

  • @izidorbimana5485
    @izidorbimana5485 4 роки тому +2

    Ur’umukenyezi w’inkerebusti .Roza we urakenuye cane

  • @Sensibilite
    @Sensibilite Рік тому

    (Prikrasna)! None ga Mufaso; abo mwiganye ikirusia k'utadutumiye " Eta nye kharasho!