Nayironse mfise 13ans | Narirukanywe i muhira | Imana irazi gutunganya ibintu ( Ko waseeeranye )
Вставка
- Опубліковано 22 лис 2024
- Ushobora kwandika indirimbo utazi neza ivyo urimwoo ariko igihe kimwe gishitse ikagira insiguro kuri wewe no kubandi benshi.
Indirimbo "Ko wasezeranye" ni indirimbo yanditswe na Dorothée Wendo agifise imyaka 13 gusa.
Ni indirimbo ifise ico ivuga kinini cane kuri Dorothée Wendo "Indirimba ivyo nzi, ndirimba ivyo n'abayemwo.
umviriza indirimbo kuko wasezeranye ngaha:
• KUKO WASEZERANYE By Do...
#trueworshipper | True Worshipper
Yoooooo Urumwana Mwiza Cne Kndi warahiriwe Kumenya Imana ukiri Muto
Yesu aguhe umugisha
❤❤❤❤❤❤
#NYUZURA IS my favorit song😊😊dorothe❤❤❤❤❤❤❤
Amajambo yawe yubaka imitima yabantu
AMENI💝🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Waouu uraduhezagira mukobwa wa yesu
Imana ishimwe kubw'umukozi wayo WENDO
Ma meilleure kunvugiye intahe? Arik ngo ntakure Imana idukura knd ntakure itodushikana❤
Waooooh . Kure juu mama wendo
Nukuri uvunga neza ndakwemera caneeee 🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤Ndagkuuuundaa cn Wendo urumugish vrt
Merci Mama Wendo ku ntahe. It gave me hope once again😭🫂
Turagukunda cane wendo
Yoooooo Urumwana Mwiza Cne Kndi warahiriwe Kumenya Imana ukiri Muto