Neva yugaye SOSUMO ya General Ndakugarika?🔥Umutegetsi AKOMEYE arapfuye😭Mu KIBIRA AMASASU MENSHI CANE

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 10 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 5

  • @SylidieKanyarwanda
    @SylidieKanyarwanda Місяць тому +1

    Ubizi neza abitumenyeshe ?

  • @SylidieKanyarwanda
    @SylidieKanyarwanda Місяць тому +3

    Mbega sosumo niya leta canke. Hariho. Abayibohoje kwizina ryiwe

  • @LystaMyleneIRAKOZE-eg1gu
    @LystaMyleneIRAKOZE-eg1gu Місяць тому +1

    Ikibazo cangira hari ikintu coduzwa President atakizi nareke ayo marira yingona ngahoo twegereje amatora agire yerekane ko yitayeho igihugu ariko turabizi kwari srategie imana idufashe Evariste ntasubire gutwara igihugu nako amatora ntiyibwe kandi kuko niyasubira kubutegetsi kandi azotevya igihugu hasi kuburyo dushikira Haiti

    • @sese667
      @sese667 Місяць тому +1

      Uvuze ukuri pe ! Gutwara Igihugu burya n'ibanga rikomeye kandi ntivyoroshe ariko Perezida NEVA wapiii vyamunaniye ...
      Ivy'amatora vyo mu Burundi, twese turazi uko bigenda, CNDD-FDD ntiyotunganya amatora kugira iyatsindwe ivyo birazwi kandi mu bibanza bikomakomeye (postes stratégiques) nka : Perezida wa CENI, abazoharura amajwi, etc ... bose n'aba CNDD-FDD (directement ou indirectement) ... Rero ivy'amatora ya 2025 n'ibareke kubitamwo amahera kuko bizogenda kwakundi nyene ...

  • @jeanclaudegasana8818
    @jeanclaudegasana8818 Місяць тому +1

    😂