Hagati ya Team Youssuf Nyange VS Team Saido Ntibazonkiza ni iyihe uha amahirwe?
Вставка
- Опубліковано 19 чер 2024
- #Burundi: Inyuma y'ukugira imvune mu myimenyerezo y'umugwi Nserukiragihugu Intamba mu Rugamba Youssuf Ndayishimiye agiye kuboneka i #Buganda mu rukino rwo gufasha abantu bahuye n'imyuzurira mu gisagara ca #Bujumbura hagati y'umugwi #Team_Youssuf na #Team_Saido. Niyungeko Olivier #Mutombora na Sahabo Parris baradushikiriza abakinyi bagiye guhurira muri urwo rukino i Buganda kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 23 Ruheshi 2024. #Charity #Team_Youssuf #Team_Saido
Iyi ni initiative nzuli sana. Si wote tutakuwa apo ku stade. Na tunashukulu kwagisi mulitumiaa wageni kutokaa Tanzania na Kenya.
Igi swahili, ikirundi vyose ni co kimwe. Ntihagire abasubira kwidogera Nyange ngo avuze mugi swahili gusa. Abakunzi b’inkino mu mpe like.
Mukomere cane, turindiranye igishika cinshi uwo musi 🎉🎉🎉
Mwakoze neza
Tunakubali
Nataka tishenti Inauzwa shigap
Abakinyi babarundi ntakirundi bazi why 😢
Niryambere nunvuse avuga ikirundi noe nyange ntakirundi azi
Ikibazo ibintu vyibiswahili swahili tugerageze kuvyihuza vraiment none ntakirundi tuzi!??