Ndabishingir'intahe - Obed Zawadi [Official Video]

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 1 лют 2025

КОМЕНТАРІ • 169

  • @Blessingli-ms9si
    @Blessingli-ms9si День тому +1

    Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @ThierryveUwineza
    @ThierryveUwineza 3 дні тому +1

    I thank you and I testify of what you have done for me o God🙏🙌🫶 this IS songs🥹

  • @diegueiranyibutse6249
    @diegueiranyibutse6249 4 години тому

    Ibikorwa vyawe Mpwemu Yera biravuga ntaho ntabibona ariko biravuga, niyo ataco tuba dufise utwuzuza umunezero n'amahoro, vraiment iyi ndirimbo irampezagiye

  • @jeanclaudeniyomwungere2387
    @jeanclaudeniyomwungere2387 День тому

    Wanzigamy kurusha imbone yIjisho
    Ndagushingirintahe
    Ntamusi numw nigez mbon untereana
    May Almight God bless You Gente Man Of God Obed iyi ndirimbo ubw ndayumv sinziriy ca nikangur nkatamba

  • @RebeccaMetusela
    @RebeccaMetusela 6 днів тому +4

    Nd'umwe muri benshi cane , ashingira intahe y'ivyo Abba yakoze , urakoze Mana kumbera umuco mu gihe ntabona Inzira, ntarinzi n'inzira nocamwo umbera Umucunguzi Uhoraho Mana ...
    May God bless you Man of God 🙏🏾, Turiko turafashwa

  • @Kels-l8z
    @Kels-l8z День тому

    Warahezagiwe Obed Weee..! God Bless LifeCenter

  • @RichardFrançoies-e8f
    @RichardFrançoies-e8f 5 днів тому +2

    🎉🎉🎉🎉2025 niyo gushingintahe🙌🙌 imana ikomeze iguhushurire ibirenzivyo
    Kandi god bless you obed indirimbo zawe zirampezagira 🙏🙏❤️❤️

  • @GloireChancella-nt1yv
    @GloireChancella-nt1yv 4 дні тому +1

    Iki nigihe co gushingintahe mvuge kugakizaa naherewe Ubuntu ntabibereyee😭😭🙌🙌

  • @DUSABESOLANGE-p7o
    @DUSABESOLANGE-p7o 5 днів тому +2

    Iki nigihe koko iki nigihe cogushinga intahe Imana ibandanye ikujana kure canee indirimbo zawe zirampezagira you are blessed man of God

  • @ndeanaeddy
    @ndeanaeddy 6 днів тому +4

    Hallelujah
    Hallelujah
    Ndumwe mubafashwa n’indirimbo zawe mukozi w’IMANA mbanumva wamvugiyibintu kandi uko narishaka kubivuga
    #Mpwemu_akomeze_kubahishurira ibirenze ibi ❤Nd Eddy your bro

  • @niyongabopaul4113
    @niyongabopaul4113 5 днів тому +2

    Imana ibandanye kubasiga amavuta . WE ❤ indirimbo zanyu

  • @jeanclaudeniyomwungere2387
    @jeanclaudeniyomwungere2387 День тому

    Arko rer ik gitero canyum igih cos ndakiririmb Ndira kubera ivyishimo
    Defaut ifise icihera vuba

  • @jonathanniyoofficial
    @jonathanniyoofficial 7 днів тому +4

    Uri umugisha my Brother 🙏🇧🇪🇧🇮

  • @darleneNininahazwe-tv1xr
    @darleneNininahazwe-tv1xr 7 днів тому +7

    Niyo ataco dufiseee utwuzuza umunezeroooooo. Namahorooooo yomuri mpwemuuuuuu
    Alleluia

  • @Lucky_boy_257
    @Lucky_boy_257 7 днів тому +5

    Uri umuririmvyi akwije ibisabwa nukuri kandi Imana ikwongere amavuta ushishikare guhezagira abana bayo🙏

    • @cycy1225
      @cycy1225 7 днів тому +2

      N'ingabire Imana yatwiherey abikora neza birenze

  • @egideniyokwizera5941
    @egideniyokwizera5941 6 днів тому +2

    Hallelujah
    Wanzigamye kurusha imbone y'ijisho...iki ni igihe co kugushingira intahe❤🎉

  • @NzeyimanaEdith
    @NzeyimanaEdith 5 днів тому

    Ndagushima kandi nshingir'intahe yivyo wankoreye wa Mana wee🎉🎉

  • @LynaNdayisenga
    @LynaNdayisenga 6 днів тому +1

    Uhoraho akumeze agusiga amavuta Obed, uradufasha cane😊

  • @Landryneymar257
    @Landryneymar257 6 днів тому +1

    IMANA yo mwijuru ikomeze iyobora intambuko zawe uragahorana amahoro namashimwe Obède

  • @RoselyneNiyonzima-xl8oz
    @RoselyneNiyonzima-xl8oz 5 днів тому

    Amen.n igihe co gushing intahe

  • @alineuwizeye674
    @alineuwizeye674 7 днів тому +3

    Wanzigamy kuruta uko nibaza
    N igih ataco nari mfise wanyujuj amahoro n umunezero🎉🎉❤

    • @cycy1225
      @cycy1225 7 днів тому +2

      Amen Yatuberey Mwiza Yesuuuu

  • @InesKaneza-l6b
    @InesKaneza-l6b 5 днів тому

    Amen umwaka wogushinga intahe

  • @Lauriachrisley
    @Lauriachrisley 5 днів тому

    Testimony 😊😊

  • @yvan_ndi
    @yvan_ndi 5 днів тому

    🎧😭❤️
    God bless you🙏🏻

  • @IrakozeKenykey
    @IrakozeKenykey 7 днів тому +5

    This is time of to testify 🙏🙏you're blessing brother obed zawadi

  • @NiyonkuruCeline-v8d
    @NiyonkuruCeline-v8d 6 днів тому

    Waduhaye agakiza shimwa mwami

  • @schadrackniyonzima6290
    @schadrackniyonzima6290 7 днів тому +6

    You are Given a lucky by who created the world and Heaven my Bigg Brother Obède

  • @lucienzokorerimana6251
    @lucienzokorerimana6251 4 дні тому

    Nigihe co gushinga intake ame

  • @divinemuhikaze8895
    @divinemuhikaze8895 7 днів тому +4

    Niyataco dufise utwuzuza umunezero n'amahoro vyo muri mpwemu👏👏

  • @cynetteIninahazwe
    @cynetteIninahazwe 7 днів тому +1

    Iki n'igihe co gushing intahe kubw ico UHORAHAHO yakoze kw'ishengero

  • @LyndaAkimana19
    @LyndaAkimana19 4 дні тому

    YESUU WEEE😭😭😭😭😭

  • @CynthiaIradukunda-w9u
    @CynthiaIradukunda-w9u 6 днів тому

    Ndaguuushiiiiiiiimaaaa kndii ndagushingira intahe🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤

  • @gidard691
    @gidard691 6 днів тому

    Aminaaa❤❤❤❤❤

  • @DannykessiaIngabire-w1w
    @DannykessiaIngabire-w1w 6 днів тому

    Amen 🙌🧎‍♀️

  • @AxelNdikumana
    @AxelNdikumana 7 днів тому +3

    Ndagushima Kandi nshingira intahe thank you so much worship Leader Obed Zawadi🙌🤍

  • @CongeraClaudine-b4z
    @CongeraClaudine-b4z 7 днів тому +2

    Imana ni infini mbaye Umwana wanje, ukuntu Imana idukunda biransiga😢😢😢

  • @LynaNdayisenga
    @LynaNdayisenga 6 днів тому

    Waduhay agakiza, utubohora imitima, udukiza indwara, niyo ataco dufis utwuzuza umunezero namahoro vyo muri Mpwemu 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
    Iki nigihe co gushinga INTAHE🎉🎉❤❤❤

  • @brucebarihuta7920
    @brucebarihuta7920 6 днів тому

    Shalom,,,Imana Ishimwe kubwanyu mukozi W Imana,,,mubandanye mukomeza ubwoko bw Imana biciye mu ndirimbo zo Guhimbaza Imana,,,mufise nijwi ryiza cane courage

  • @SolangeKanyambo
    @SolangeKanyambo 7 днів тому

    Halelua ❤❤❤

  • @justinntakarutimana
    @justinntakarutimana 7 днів тому +2

    Ndagushima kandi nshingirintahe yivyo wakoze mwami🙌🙌🙌

  • @cycy1225
    @cycy1225 7 днів тому +2

    Umunezero w'agakiza twironkey kubuntu muri christo

  • @christella5092
    @christella5092 7 днів тому +2

    Uhezagigwe mukozi w'Imana Obed

  • @lewisishimwe8619
    @lewisishimwe8619 6 днів тому

    Thank you man of God now the wait is over the song is officially out☺️☺️☺️

  • @stacynijimbere1211
    @stacynijimbere1211 7 днів тому +3

    I was searching this song for long time 🥺 GOD bless u obed 🙌

  • @alexismukata
    @alexismukata 7 днів тому

    Amen ❤

  • @aimabletoujours2823
    @aimabletoujours2823 6 днів тому +1

    I really appreciate you Obed

  • @ndayihimbazejoel4241
    @ndayihimbazejoel4241 7 днів тому

    Amennn

  • @NimporeInès
    @NimporeInès 7 днів тому +1

    Niyo ataco dufise utwuzuza umunezero namahoro yo muri mpwemu A🙏 ❤

  • @DorineMugabekazi
    @DorineMugabekazi 7 днів тому +2

    Amavuta menshi kur mwebwe murankomeza obed nawe lmana nyeningabo ikuduze kurundi rugero

  • @loide-jx5gh
    @loide-jx5gh 6 днів тому

    🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙏🙏🙏

  • @arlenemugisha5926
    @arlenemugisha5926 7 днів тому +2

    Uhoraho wambereye umwizigirwa , unyereka ineza yawe iminsi yose 🙏🙏🙏

  • @irakozedivine7050
    @irakozedivine7050 7 днів тому +2

    Iyi ndirimbo weeeee❤❤❤❤🎉🎉🎉

  • @AlainTrésorIRIRURA
    @AlainTrésorIRIRURA День тому

    Haleluya

  • @LonginNimfasha
    @LonginNimfasha 7 днів тому

    🎉🎉🎉🎉🎉

  • @IRANKUNDAKÉVINISCO
    @IRANKUNDAKÉVINISCO 7 днів тому +1

    God are high 💪

  • @queenkellygateka7099
    @queenkellygateka7099 7 днів тому +1

    ❤️🔥🔥🔥🔥❤️❤️❤️Yesuuuu

  • @christocentricworship
    @christocentricworship 7 днів тому +2

    Be blessed brother 👏👐

  • @JoselyneUwiringiyimana-e6t
    @JoselyneUwiringiyimana-e6t 7 днів тому +1

    Ndashima lmana kuvyo yankoreye ndabishingira intahe🙌🙌🙌

  • @IrakozeKenykey
    @IrakozeKenykey 7 днів тому

    🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @colombeirakoze1969
    @colombeirakoze1969 7 днів тому +1

    Tugushimira Imana cher Obed

  • @Meddy-Fafa
    @Meddy-Fafa 6 днів тому

    Aka kantu karimwo Imana 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏God Bless you 🙌 Obedi

  • @IradukundqLydia
    @IradukundqLydia 7 днів тому +1

    Niyo ataco nari mfise wampay umunezo n amahoro ivy ndabishingirintahe🙌

  • @irakozedivine7050
    @irakozedivine7050 7 днів тому +2

    🎉🎉🎉🎉❤️❤️❤️❤️❤️

  • @kennyamielmunkurize9702
    @kennyamielmunkurize9702 6 днів тому

    Hallelujah 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @HaramahoroJoie-ye6ny
    @HaramahoroJoie-ye6ny 7 днів тому +1

    Ntahandi hari umunezero Atari mûri Christo🎸❤❤🎯

  • @IrakezaDarlene
    @IrakezaDarlene 7 днів тому

    Niyo ataco dufise utwuzuza amahoro numunezero vyo mur mpwemu

  • @nimubonabeaudry1065
    @nimubonabeaudry1065 7 днів тому +1

    Uhoraho yatuberey umwizigirwa uhezagirwe Obed

  • @MelonOfficial-d4j
    @MelonOfficial-d4j 7 днів тому +1

    Udukiz'ingwara 🔥🔥🔥🔥🔥

  • @GhyslaineIteriteka
    @GhyslaineIteriteka 7 днів тому

    👌✨

  • @CongeraClaudine-b4z
    @CongeraClaudine-b4z 7 днів тому

    Ndagushima Mana , ndashima ahugejeje ukora ,ndizeye ko ucitwa Imana yanje ntazoba imbata ya Satani

  • @حسنعلي-ث6ظ5خ
    @حسنعلي-ث6ظ5خ 6 днів тому

    Ameeen and ameeen❤❤❤🎉🎉🎉

  • @AriellaIteriteka-p7d
    @AriellaIteriteka-p7d 7 днів тому

    Amen Amen 🙌🙌🙏🙌🙌

  • @MBINGANtare
    @MBINGANtare 7 днів тому +1

    Turi intahe yico kristo yakoze

  • @Jean-francoisNzoyihera
    @Jean-francoisNzoyihera 6 днів тому

    Ndabinshingir'intahe🎶🙌

  • @TuyihayeDiane
    @TuyihayeDiane 6 днів тому

    This songs🥺😫🥰😭🤲🙌

  • @KevineAkimana-d5l
    @KevineAkimana-d5l 2 години тому

    🙏 🙏 🙏

  • @cycy1225
    @cycy1225 7 днів тому +1

    Yesu n'umwizigigwa

  • @IsaïeHakizimana-v1t
    @IsaïeHakizimana-v1t 7 днів тому

    Thank you Jesus.
    Your works speak even if l don't see them,l believe hallelujah

  • @cycy1225
    @cycy1225 7 днів тому +1

    Amen amen amen amen

  • @eliezerfuraha6416
    @eliezerfuraha6416 7 днів тому

    👏

  • @natachaumutoni9941
    @natachaumutoni9941 7 днів тому

    Amen🙌🏾🙌🏾🙌🏾✝️

  • @KazenezaRahma
    @KazenezaRahma 7 днів тому

    Amen❤️🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌

  • @manirakizagentilcarmel4801
    @manirakizagentilcarmel4801 7 днів тому +1

    Go a head, God bless u

  • @nizigiyimanayvette2716
    @nizigiyimanayvette2716 7 днів тому +1

    My testimony Iyo Mana nyene ishishikare kukwagura nokugushikana kure peeeee

  • @BelyseKanezereza
    @BelyseKanezereza 7 днів тому

    Ndabishingirintahe koko Yesu wanje❤❤❤❤

  • @DannyArakaza-j8w
    @DannyArakaza-j8w 7 днів тому

    NIyataco dufise utwuzuza umunezero n'amahoro🎉🎉

  • @NDYvette
    @NDYvette 7 днів тому +1

    My song igih cugushingintah kubwivyidukorera buri musi

  • @arlenemugisha5926
    @arlenemugisha5926 7 днів тому

    Waduhaye agakiza utubohora imitima udukiza ingwara

  • @christantirza5553
    @christantirza5553 7 днів тому +1

    Basha Imana ninziza nukur

  • @IrankundaPacifique-yg6pv
    @IrankundaPacifique-yg6pv 7 днів тому +1

    🎉🎉🎉we proud of uuuu ❤

  • @WillaLight
    @WillaLight 7 днів тому

    Keep moving forward 🎉🥳❤

  • @ElevisHavyarimana
    @ElevisHavyarimana 6 днів тому

    Imana ni nziza🙏🙏

  • @liessenishimwe-x3n
    @liessenishimwe-x3n 7 днів тому

    Amen Amen 😥🙌🙌

  • @crescencemuterampuhwe9274
    @crescencemuterampuhwe9274 7 днів тому

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 Ndabishingira intahe

  • @irangabiyejuste8427
    @irangabiyejuste8427 7 днів тому +1

    Amen😊

  • @seigneurdieu9351
    @seigneurdieu9351 7 днів тому

    ❤❤❤❤❤❤ndagushima

  • @ChristianIrumva-q1n
    @ChristianIrumva-q1n 7 днів тому

    God bless u brother Obed

  • @MickaKanyamuneza
    @MickaKanyamuneza 7 днів тому

    Courag🎉🎉

  • @fificharma8597
    @fificharma8597 7 днів тому

    Ibikorwa vya we biravuga naho ntabibona 😭🙌🙌🙌

  • @cynthiairadukunda2275
    @cynthiairadukunda2275 7 днів тому

    God bless U man of God🎉🎉Imana ikomez kugukoresh ivyubuhuzi