IVYA FANNY NA ABEL MUYINDI SHUSHO|UKURI MUTIGEZE MUMENYA KURI RIVA,LIBERT,DANNY, J0ACHIM URATANGARA

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 8 вер 2024
  • Kurikirana iki kiganiro umenye ukuri kwose kuri film ndundi utahure urukundo ruke ruri muri rilm ndundi ico ruvako uratangara niwavyumva
    Ikiganiro kidasanzwe BUJA TODAY TV Yakoranye n'abakinyi ba film ndundi batandukanye mu biringo bitandukanye
    Ntucikwe
    Wibuke kugenda ufyonze kuri SUBSCRIBE na NOTIFICATION SHARE COMENT and LIKE Kugira ubandanye wironkera amakuru agezweho.
    For more info:
    Facebook:
    / bujatodaytv
    Instagram:
    / buja_today_. .
    Twitter: @BujaTodayTV
    UA-cam: www.youtube.co....
    E-mail: bujatodaytv@gmail.com
    Whatsapp Number: +257 69 951 280

КОМЕНТАРІ • 18

  • @AliFaxi-Mille
    @AliFaxi-Mille 5 місяців тому +1

    Non simo wahorahe vrm urazi ukuntu warukumbuw vrm ❤

  • @duydhjfjfj7007
    @duydhjfjfj7007 5 місяців тому +1

    ❤❤❤🎉🎉

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086 5 місяців тому +1

    Fanny Disi nciye nibuk Flm urugendo na my Family

  • @AsiaBeond-lo6gs
    @AsiaBeond-lo6gs 5 місяців тому +2

    Bahujwe numugabo wafani kuko aricuti ya abel ❤

  • @yesuarajechoir8781
    @yesuarajechoir8781 5 місяців тому +1

    Uyumu type arazamakuru yababakinyi ba film kuva kera

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086 5 місяців тому +1

    Mbe wahorahe ko wari waragiyeeeee nibahuze nivyo vyiza gusa ntitwavyibagiy ya message yandikira mutam Abel😢

  • @user-tr5qq2yz8q
    @user-tr5qq2yz8q 5 місяців тому +1

    Ki libert kingozi iwacu kataratangura kubona ko karenze bose yoooo sinari bwakabone

  • @khanwkk
    @khanwkk 5 місяців тому +1

    Ntiyavuzeko bakundana ngo urukundorwokuban none weho koyavuzeko mutankana Ugirango mwakundana urwokumushiramurugo?abamenyeshamakuru muntwenza.ibintumucamugombakubira birerebire.kandi ataribirebir.

  • @wivetv7867
    @wivetv7867 5 місяців тому +1

    Eeeh uri letat?

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p 5 місяців тому +1

    ❤❤❤❤❤😂🎉🎉😂😂😂😂😂😂

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 5 місяців тому +1

    Nshaka gukina film mwompa nimero

    • @BujaTodayTV
      @BujaTodayTV  5 місяців тому +1

      Simon Pro: +257 69 951 280

  • @yesuarajechoir8781
    @yesuarajechoir8781 5 місяців тому +1

    😂😂😂😂

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora2818 5 місяців тому +1

    Urwanko nurwakera mur filme kwel sivyubu gusa urabona bose aho baribakir abamanuka ntibari bwasirimuke

    • @AliFaxi-Mille
      @AliFaxi-Mille 5 місяців тому +2

      😂😂nsanze natwenze😂😂

  • @baniniabaninia-ss3jh
    @baniniabaninia-ss3jh 5 місяців тому +1

    ❤❤🎉🎉

  • @user-et8zh9zd6d
    @user-et8zh9zd6d 5 місяців тому +1

    😂😂😂😂

  • @user-wm6mw2xd4e
    @user-wm6mw2xd4e 5 місяців тому +1

    😂😂😂😂