Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Mon professeur à l'université, un homme humble, umugabo yubaha Imana, papa Brave Imana iguhezagire ahuri.
Ndaryohewe kbx nukuri IMANA mugutanga ntiraba ubutoni. Akanka Fanny mugiye kwicwa ninzigo.mwihangane IMANA.ikore. abashavura mushishikare gushavura IMANA iyoyuguruye ntawugara.
Waooh mbega ivyiza mubandanye muhezagigwa Abel and Nono na fany❤❤Imana yivange muvyanyu
Nukuri IMANA yishurira Ku gihe, ndavye ingen Fanny na NoNo Bari mu nyishu ntawokwibaza ingene bar babacafuje ❤❤,muryoherw banjeuuu ❤❤
Ewe manawe mukomeze guterimbere cane ndabakunda💞💞
Ndabakunda kwr sibanga ndipfutsa kubabona ndashaka muzoshire mubakinyi fany nanj ndabikunda cane
Iyo mutahashika mwashika mushinga umutwe havuyemwo umupfasoni murabona vyiza cane❤
Ficofiko ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Uwuserukira uburundi mu Rwanda yarahezagiwe cane na madame wiwe bambereye umugisha ndabihamya pe abo ndabazi ukwo ameze na madame wiwe nuko ameze barahezagiwe n,umugisha kuri benshi.
Nimependa vibe kila kona!🎉❤🇧🇮🙏
Uwo mu ambassadeur naramukunze cyane yicisha bugufi
Courage mon fils Franick
oooh muri Embassade hasa neza cane
Fanny ndamukunda mbikuye kumutima ndipfuza kumubona❤❤
Karibu cane!
Abimuyinga oyeeee 💃💃💃💃💃💃
Félicitations gose muratwisha mukomere cn
Ariko Mana ❤❤❤
Iyi ambassade ni nziza cane kandi itunganiriza neza abayituye🎉🎉🎉
Courage ndabakunda cane
Courage ❤❤❤❤❤❤
😂😂😂😂😂😂 Abel ngo icyongereza 😂😂❤❤❤❤
Abel bwabundi urumunyamuhanga❤❤uruwiwacu kl nzohora ngufana kbx
Murankumbuje iwacu imuyinga
Sylvain nzohabonayo...ancien recteur wa hope Africa UNIVERSIRTY..........NDAMUZI CANE IGIHE NIGA KURI Hope.......
We lov u ❤❤
Turabakunda cyane
Manque de respect 😢😢😢 umwana mwiza!
Natevye😂
Emwe abakwanka Fanny baragowe non kuguma uterembere nabo bakaguma Hahandi nyene Terimbere mugenzi
Ahubona abazungu barakadukoreye pe. Baducanishijemwo.
numupatiri embassadeur 😂😂
🎉🎉🎉🎉Nonugoruzi korudatemba kwerRusa nki cayi kirimwoAmata 😂😂😂
ok 👍
Ndabakunda caaanee kandi caaanee fannuy Na norasque.we love you caaanee
Ariko mwibukeko hari icoorezo Kiri mugwanda vyiza mwari gushikira ahantu hamwe bakamanza kubasuzuma vrma ntimutuzanire akarambaraye😢
Ewe ba iletre shaaa
Abel tekerezaaaa
Nduwayo attation ube ugenda bukebuke kurya siko bavuga imbere yumwubahwa wasarishije kabisa.
Iyo misore ikora kuri reception ya ambassade yanyu muzayigishe indimi, Ari français ni zero, Ari English ni zero sinzi ingene baronse akazi muri ambassade kuko birateye isoni 😎
I Muyinga ntimwatubwiy ngo tubategere tubaramutseee
Courage ❤ nice mii pe 🙌💪
Munkumbujiwacu I Muyinga😭😭😭
Mwana turibamwe 😂😂 ntamurundi ntanumunyarwanda twese turibamwe byiza umupaka ukavaho
Murebe ariko ukuntu muhavuye mwiyongereyeho gusa neza ibintu biraryoshye mu Rwanda
😊😊😊😊😊😊🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤yes
🎉🎉
🎉❤❤🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉❤❤❤❤❤
Ibintu bikomeje kugorana😂😂😂😂😂Muri make ndumiwe😂😂😂
🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂😂
Ibintu byanyu bitabona
Nimwirambire muga fico utashe ukonyene atamugore uzanye!rabutwo wigira 😂😂😂
Aba bantu bazobanze babapime ya ngwara yadutse bagishika buja ntibabe baje bayituzaniye
Nkr kure cane niho ndabipfurije Fanny Na Abel vyararyohey Can kuba musigay mufis urukundo mugere kur nora Nawe ushik kur cane pe
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉😢🎉❤
Nivyiz can
Surebako fany yambaye kibyeyi
Ibintu birakomeye😂❤
🎉🎉🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤❤
Harasukuye bidasanzwe
😮😮😮😮
🤭🤭🤭🤭🤭🤭
Nine kombona muvuga mukubagana cane 😂😂😂😂nibiku vyabafashe
😊😂😂😂❤❤🇧🇮🇰🇪
😂😂😂😂
Iyo Ambassade iratanga service nziza, mundamukorize uwo mugabo can yitwa Blaise
Niko babaye ,ntakinyabufura bifitiye.😂 nabana bomwi cite
Sikinyabufura gike ahubwo Iyunezerewe il faut kubigaragazaa

🎉🎉🎉🎉Nonugoruzi korudatemba kwer
Rusa nki cayi kirimwo
Amata 😂😂😂