Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Ni wirambire, muvyeyi..Uri " Bacamurwanko"..Yamara ngo " Igiti kirakurira mu babaji". Imana iracabafitiye ubutumwa muri iyi si..Ni mukomere kw'ibanga..Ese iyo Mana iherutse kubarokorera ubuzima yobandanya ibabuzigamira yongera ibabukomereza..🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Imana ibandanye kutuzigamira izokuronse impera nziza warayikoreye bishimishije.
Murakoze cane❤
Uwo mwungere Imana ibandanye imuhezagira
Yooooooh uyo muvyeyi Mgr Simon ndagukunda caaanee...Yezu akuzigame
Imana yararaguhaye kuramba!
Uyu muvyeyi avugishije ukuri
Umukama amutuzigamire uwo Muvyeyi wacu.
Imana imworohereze inkomezi
Komera kwibanga muvyeyi
N'a ba papa baratubwira KO wabatwara mumuduga bagiye mumirima.hezagigwa mutama.ukuri kwawe kurubaka.
Ni wirambire, muvyeyi..Uri " Bacamurwanko"..Yamara ngo " Igiti kirakurira mu babaji". Imana iracabafitiye ubutumwa muri iyi si..Ni mukomere kw'ibanga..Ese iyo Mana iherutse kubarokorera ubuzima yobandanya ibabuzigamira yongera ibabukomereza..🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Imana ibandanye kutuzigamira izokuronse impera nziza warayikoreye bishimishije.
Murakoze cane❤
Uwo mwungere Imana ibandanye imuhezagira
Yooooooh uyo muvyeyi Mgr Simon ndagukunda caaanee...
Yezu akuzigame