Ikiyago nagize na Apôtre Habonimana Apollinaire.Twarayaze urugendo rwiwe kuva ar’ umwana,......
Вставка
- Опубліковано 27 чер 2024
- Ikiyago nagize na Apôtre Habonimana Apollinaire.
Twarayaze urugendo rwiwe kuva ar’ umwana, ingene yaronse igitare ciwe ca mbere n’ ukwo yatanguye akabandanya nk’ umuririmvyi.
Twaravuganye kandi ukwo ishengero Vivante yo kw’ i Jabe yatanguye, ukwo yabandanirije muri Vivante yo muri Rohero n’ ukwo Life Center yatanguye bakanatandukana.
Muryoherwe munaronke n’ akaryo ko kwigira ku buzima bwiwe - Розваги
Thank you Big ikiganiro ni Chumvi kabsa
kitu safi sanaaaaa
Iyi ni interview yambere ikomeye uvuga ukuri kwa Apotre Appolinaire
Abakuru mur'Ubutunzi bwac m Burundi❤
Bigyyyyy🔥🔥🔥🔥🔥
Hahahah ni wew uvuze iryambere
❤️❤️❤️
Abavyeyi ❤
Thank you for this
❤🔥🔥🔥💯
We love this
2 legends
Merci ku kıganiro Kıryoshe Cane. Nızere yuko 2eme Partie mu masaha 10 Ari İmbere ızoba Isohotse?😀.
Imana ishimwe😂
Ndabuze aho mpera…
Sinovuga ngo wari waratevye.
Uyu niwo mwanya!
Ndaryohewe cane iyi ni comment ya intro😂😂😂