Mana yanje ababona ko fiko yigize impfizi ya komine naduze uritoke😂😂😂,n'ayo maman prince mumbwirire Muti ingona iva muruzi ikarigata urume kwa fiko ndavyise kwandavura😂😂😂
Ewe Maria ngo watway umugab Mam prince wamwivy umugabo pol sana Maria ww urumunt wnj hm ww mam prince umuboy numuntu kuk ndaz ntihabuz umuboy akurush gusa neza
Urugo🥰aba LIGERA familly mump like hano ndababone🥳
Nahashitse muco🥳🥳🥳🥳🥳
Na comentaire ndashirako kugira ubone ko ndi sérieuse 🤗🤗🤗mon courage est ma rishesse suku nn😂😂🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ndabakunda cane mwubahwe
Muco oy twahishikiye kwer
Uyumuntu nawe ndamwikundira peeee
Wao aba fana ba nana tumenyane😂😂❤
Banukund Can pe
😅
Ego❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉🎉😢😢😢😢😮😮😮😮😅😅😊😊😊😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😂
Norasque vmt est un homme formidable yihangana Fanny waratomboye uragenda kumusozi ushime Ndiho 🎉🎉🎉🎉🎉
Amashurwe yanje muyampe uyumusi mbaye number one abaza nyum like✨💃💃💃💃
Ego turayaguhaye❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Fiko fiko my favorate❤ariko rek geragez uzuraresha inkumi uve mugusambura ingo zabandi kabisa😂😂jew nkunda nora numv nonamwicapako❤❤❤
Ababonye ko Maria arumuvugabutumwa mwiza tumenyane👊👊urugo jejuru cane naha lundi prochain ndabon hazosha to😂😂😂😂💐💐💐💐
Afise isoni 😂😂😂😂❤❤
Ababonyeko muriyi partie Norasque ariko akora ibiyobeye baze hano !none ibintu vya Coco na Norasque ko nciye nkumbura kubona iyo bizoherera! Mbega P. Prince na M.Prince bobo bizoherera hehe? Mariya nawe yagira abarire iki Norasque ?😂😂 Isize intayemwo ibibazo vyinshi kbsa!inkumbuje partie izokurikira😂😂Fico nawe rero ubu agira yihereze Rita😂 atazi akaga yatayemwo Coco😂 abameze nka Fico bihanure kbsa!! Abana bakinye neza,ka Nana natwaduhanga😂😂! Ivugabutumwa rya Mariya naryo ryongeye kuntahuza cane ko ibi bintu vya Fanny akina ni akazi kiwe nyene,agakorana umwete wose agakunze ntagufyina😅 arajinyika😂😂 abakinyi mwese munyakirire ayamashurwe ni ayanyuu🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹♥️
Ka nana rero yoooo koko rero kaje kaje
Fiko fiko umupfubuzi yikundira abagore babandi ewe rita urayovye nana joshua murashoboye teams yose mubirimwo neza❤❤❤
Amashugwe yanj muyamp abari murukund n'a série urugo nkanj mump like❤
Hello amashugwe namaki?
Abakunzi burugo tumenyane courage cneeee 💪 rita rita rita subira murugo rekana na fico nintahompagaze 😅😅😅❤❤❤
Abakunzi b 'Urugo muraho ? ❤❤ today Mariya aje kumpwemu idasanzwe 😂😂 ;mumpa like dukomeza nukuryoherwa ❤❤❤ ndabakunda saana 😊 3FA muterimbere 🎉
🎉🎉🎉🎉🎉maria yabikoz neza
Enny Nasque chr ndagukunda Imana igukuriz impano
Ibint biter bija kumpwemu idasanzw abarimurukund nurugo série mubinyerek mukump izo link maze dutwik twimanukir uyumusi ndabon igez kurweg rudasanzw ❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
yewe yeweee ese ngo serie iraryoha🥳🥳🥳🥳fiko fiko wallah😆
Uwabonye umukinyi mushasha muribamwe bishasha ariwe nana ampe like
Good ❤❤❤😊
Aratwika
Ooooh nana vyiza caane kanana vrmt kararenze burya isase riva kucuma numwna wa rwaruyuzi
Ahubwo n'umwana wa runyuzi
Bavuga numwungu wa rwaruyuzi😂😂😂😂😂
Non fiko vraiment abo bagore babandi ubahiga kwiki🤣🤣ubuhoho bazokuvuna umutwe😂😂 urugo hejuru cane💐💐💐
Mpise mbona ko har abagore biyahukanisha ku mafuti yabo,urabona ingene papa prince atakamba yisigura kand atakosa yakosa!Urugo hejuru caane❤❤❤❤
Mana iyi serie irimwo inyigisho zikomey cane kandi ibintu vyose mukina nivyo biharaw murino myaka tugezemwo ariko kandi abagore bamez nka coco bihanure nabagabo bamea nka fico fico mwihanure nabagore bamez nka mmn prence mwihanure kuk mm prence abasha ngo yahinyagay vyabonekako avuy mubagabo kk yahukany acayirukira mukuganira nabandi bagabo irigisha cane ndashimiy team yose ibirimwo neza 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
Mbega vyiza nahageze kweri nanj mundemere kweri Nishimura
Ubu nukuhatwika twimanukira Nana kagize amatama nka nyina wiwe fanny urabona ingene kagize amatama nkawewe🫠🫠🤣🤣😍😘😘💞💞💞💕💞💞
Amashugwr yanje muyampe🎉🎉🎉🎉 na like zozo murazumva ko muzimpa ntarinze kuzisaba😂😂
Mariya tora ayaw kbs🎉🎉🎉🌿🌿🌿🌿🌿🌷🌷🌷🌹🌹🌹🌹🥀🥀🥀🌺🌺🌺🌿🌿urarind 😂kubutumw mwibarabar wubahw ❤❤❤nana nuduhang turaho agakawuk arafis ingabir kbs akomer💪💪💪💪team yos mwubahw mubirimw nez kur cane hashobok nihombifurij gushik🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Norosque uratanze inyigisho nziza caneee ku bagabo yo kwihangana Ficofico we abagore babandi ararembeje film urugo urakunzwe caneeee tuyibwe 2×la semaine
Wow mbega umukinyi mushasha nana courage mwana muto Joshua nawe ndakwemera cane🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Fico fico agira amatiku kwl kubagore babandi 😂😂 gusa ndabakunda ❤❤
Fiko fiko ntuhaha kweli🤔🤔🤔 Norasque kure cyane disi🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
bashaaa ndaryohew na partie yambere yaboban😂😆😆😆❤❤❤❤gus uyumuns nanj ndazinduts uyumuns💃courag cn abaryohew nkajew mundrmerer akant😂mariy weee😅
Yuuuu Niss et nana ko mutesa non🎉 ndaba❤❤❤❤❤ beza courage bcp murashoboy
KUBERA NGUMA NGARUKA KWIRABIRA URUGO REKA MBANDANYE IBI COMENTAIRE . MARIA MAMAN PASTA🔥🔥🔥🔥🔥 UMUNSI NORASQUE AZOBA PASTEUR NUKO UZOJA UVUGUBUTUMWA NOMUMASOKO HOSE .HEZAGIRWA WARAHEZAGIWE
Nanj uyumus simbay uwakur cane abaza nyump mumpe Like abaryoherwa na film URUGO series
Yaaaaaaaaaaaa ntubona none ivyo nasavye mwabinkoreye😂😂😂😂😂😂😂 Joshuaaaaa hamweeeee .na NANA mapenguuuuu❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤naribdabakumbuy
Mapengu shahu arazi gukina cane
Mercii kwl nanj nahashits nteraman naband Arik mur gwarukundo like ndazibon🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Uwambere💃💃💃 🔥🔥🔥🔥
Kazindutseeeee weeeeee
Mariya yezu araryoshe❤❤❤❤jew unyibagije ibinkomerey ndimwo kabisa.welcome nana❤
Ibintu nifayaaa Ndafashijwe lavinne🙏🙏🙏
Ama like yacu kuri team saudia🎉🎉🎉muri bwabumwe nyene gucerwa ntibirimwo❤❤
Fico fico uzarwayo maman Prince nawene yarakunda abagabo hamwe yabesh koyavunitse kandi atavunitse
Ego nukur niyoyaravuye nindaya mbaya rwi fico fico nagone nindaya mbaya narwi coco😂😂😂😂
Uko biri kwose sinacerewe munkorere umuti abaje nyuma zanje Bose ntimumbanire
Vyatoste bane mukumbuye mama wanyu
Amahoro cane mwese.
Nitwa J.Baptiste nkaba ntuye mucarama.
Vraiment iyi flm iranyuzuza cane kuva kugice cambere kugeza aho igeze Ubu impanuro nguma niyorera.
Naribaza NTI mbega maria azoca aja kuba hehe nyariry ata muryango yarasigaranye kumbe Imana ntibur'ukw'ibigenza.nacane cane KO ata mugororotsi yahebwe.
Kurundi ruhande ndabona maman prince azokwicuza pe.
Twige gutang'imbabazi kuko uwudaharira mwene se ntazobon'ijuru.
Emwe fico vyaramucanze kbx Ubu na ho be na Maman prince !!!!!!Harahiy.Hahaha akanyuma ni ko kabi.ok knda like twagiy
Fiko fiko abagore babandi arabamaze 😂😂❤❤🎉🎉🎉
Fiko ntasoni sha wapi kweri 😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉😂😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 utu nutwawe muga abagore babandi ubareke❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Oooh lalaaa ndzryohew cn nubw ' nacerew ❤❤❤❤
Ndabakunda kanini film urugo 🔥🔥🔥🔥
Fanny mwen fiko murasa
Ariko Mana , fikofiko Ubu ugeze kwa maman prince, Imana iturinde ba fiko
Ndabakunda cane.Mwigisha cane.Imana ibandany kubagora neza
Courage mama lao tuko nyuma yako
Mama fico fico wee watumye coco yahukana none ugiye kugisubira muhira nawe nawe umushakako amafarang nayo Maiya we na nono birahererah turabategerej
Yoooooo ahonyene mamamamamamama narinziko irikubandanya murankasigitesi basi🤷🤷👌👌😘😘😘♥️♥️♥️♥️🇸🇦🇧🇮💯💯💯✍️✍️✍️❤️❤️
Papa prince abana ntibaza kukworohereza,Mariya courage❤❤❤,team yose mubirimwo neza❤️❤️
Mana yanje ababona ko fiko yigize impfizi ya komine naduze uritoke😂😂😂,n'ayo maman prince mumbwirire Muti ingona iva muruzi ikarigata urume kwa fiko ndavyise kwandavura😂😂😂
Abantu mubona kwiyi film irikwigisha mundemere basi muzobamukoze cane✍️✍️✍️💯💯💯💯❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️👌👌👌👌👌
Yoooooo uyumwana araryoheye kwer ngopapa tubabarire ❤❤❤❤❤❤❤❤😢😢😢😢🤲🤲🤲🤲🙏🙏🙏😭😭😭😭😭✍️✍️✍️💯💯💯💯
Abakozi b'imana bashishikara kugwira maria ❤
Waouh
Sha fico iyo rôle yudusore twinzererezi wayihagazemwo neza pee
Urugo my favorite ❤
Mbega fiko yarasaze😄😄 Abo bagore b'abandi ubashakaho iki? Bazokuvunagura ww😄😄
❤❤❤❤❤❤ filme nziz can fico Rek uburyary
Ndabaku NDA cane ❤❤
Abakunzi bibikorw vyab mur 3fa campany tumenyane❤❤❤❤
🎉🎉🎉🎉urugo serie kuynd mpwmu idasazw mum like abokunz b urugo🎉🎉❤
Uyu musi agashimwe k'abacerewe gahabwa jewe 😂
Mbega yemwe mvuge iki?abakinyi bose bibahwe kko babirimo neza cane.ariko iyo nyifato ya Nora yo kumera nkaho atacabaye kdi habaye ikosa rikomeye nka rirya,n'igihano international ndabarahiye,aha numvise umuntima unsimbanye atari jw!!!gusa na jw ndaziko ndabishoboye,kdi iyo punition iryohera uwuyikora ikica uwuyikorerwa.
Aba 3FA mwese ndabakunda❤❤❤❤❤❤❤
Waaaaaaa nari nayibuze naguma nzakuraba ndayibura non yahageze waaaa💃💃💃
Nana courage ❤❤❤❤❤❤
Ficofico umupfubuzi,yikundira aba maman😂😂
Kumunota wanyuma mba ndahashitse😂 rek mbanze nicare ndabe ndavuga munyuma🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳
Nasque Imana igukurize impano kweri biriko biza
munyibukije ya pranck mwakorera clarisse😂😂fiko nawe.abagore babandi arabamaze.Maria nawe yabonye kajembegete nogutangubutumwa yarahevye😂🎉🎉🎉❤❤
Nana love you mwana ♥️kand courage ndabona niwamenya kuvuga neza hoho uzotwika🤣🔥💥
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤turabakundacan courage
Prince na princesse murabanje ibihe vyose❤
Abakinyi b'urigo séries ❤❤❤
None Fiko fiko bizohererahe 😅😅 kuba dame babandi courage mwese tubakunda cn🎉💐❤❤
Mama prince nkunda ukuntu ubusa neza misi yose ❤
Fiko nawe nabagore basha ntavyorosha😂😂😂
Mama pasta hejuru gumamwo🎉🎉🎉❤❤❤❤ thank youuuuuuuuuuu all my family ❤❤❤❤❤❤❤❤
Nana go up !Gus abantu bingeso mbi nka fiko,wapiii
Abagabo nka norasque Iman'ibahezagire
Yoo fiko gabanya kweli ingo zabandi urazigeramiy😮😮 coco umugabo waw numurwaneza musab imbabazi azogutahura kandi aragukunda courage vrt ❤❤
Bikomeza kuryoha nawa princ bazabamuzanye🎉mariya hejuru cane
Urugo kuyindi mpwemu murazi ingene ndabakunda abacerew nkanj tumenyane❤❤❤
Number one🎉🎉
Mariam pasta 😍 💕 ♥
Imana ishimwe ba prince ndababonye😂😂😂3FA hejuru cane🥳💃🌹
Ewe Maria ngo watway umugab Mam prince wamwivy umugabo pol sana Maria ww urumunt wnj hm ww mam prince umuboy numuntu kuk ndaz ntihabuz umuboy akurush gusa neza
Umuvugabutumwa mariya komerezaho shaa
Reka mbe uwambere
❤❤❤❤Fiko rekana nabagore babandi plz😅😅😅
Jewe maman Hana wa20nkaba ndahashitse,mundebere utuntu
Maman hana yambu😢😂
Mariya uraberewe nukuvuga ubutumwa Imana igukomeze ndagukunda Fanny Lavine
Nawe fiko abagorebabandi azobamara
Fiko kuberi ukundana nabagore babandi😂😂😂😂😂
🏵️nkubu fiko yobona Norasque yoca ajugumira😂😂 we Rita uyo bamwita fiko fiko azogufikura😂😂
Burya fico asa n'a Sammy.hanyuma Rita.wagirij amabwa umugabo waw nintungane Maria kandariw uri isema
Fiko fiko umufubuzi😂😂😂😂 kwle❤❤❤❤🎉🎉
Komerezaho Pasteur Maria🥰
Courage
Fico fico urasubiriye