Yesu aguhe umugisha mwene Data Eme. Bamupfa ngo yaturutse i Galilaya kuko ivyanditswe vyavuga ko azoturuka i Beterehemu mu murwa wa Dawidi. Yesu ntabwo yari umunya Galilaya yari yagiyeyo gusa nko guhindura akarere ariko yavukiye i Beterehemu. Murakoze nize vyinshi muriki cigisho.