Alvella nishavu ryinshi vyose abishize hanze | Fanny Lavine ivyo yavuze nikubera..| Kamikazi na Abel
Вставка
- Опубліковано 5 лют 2025
- Ufise icubaza canke icuterera woduhamagara kuri +257 68 223 838
Turabasavye mukore Subscribe, Like na Share kugira mudushigikire mwongere muze muraba abambere mukubona ibiganiro vyacu. Murakoze
Alvella mwizawaje wubahwe uraberewe cyane gose urasaneza mwizawaje iyabanari umuhugu narikutwara🙈 waaawooo felicitations ubikoraneza kandi courage🤝👌🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯
Beny chou courage aluvela courage ndabakunda mwese mubikora nezacane abakunda ababantu 2tumenyane plz❤🙏✌💃
Kabis
Alivera wubahwe ndagukunze ukwo kuntu isiguye Fanny.ndabakunda mwena fany kandi mwubahwe cane!!
Uvuganezacyane lbyowashu bijeni byiza💓💓💓💗💗💗💓💓💗💗🙅🇷🇼
Vella Imana igukomez ikiganiro caw3 kiranyubatse pe. Imna iguh umugisha
Ndakubonyemwo ubwenge kandi buva mwijuru Imana yaraguhaye ubwenge shaho courage
Alvella ndakwikundira wanje🥰 Benichou wagize neza kuzana uwo mukobwa nkunda🥰
Uvuga neza wise woman
Uvuzukuri mukobwa mwiza
Imvugakuri Alvella ndagukunda cane Chr wanje
Numer one munip like tumenyan from 🇸🇦💕🇧🇮♥️♥️♥️♥️♥️💪💪💪💪
Kand turabakund san ♥️♥️♥️♥️♥️❤️❤️❤️❤️❤️🌹🌹🌹🌹
@@nasr8424 kabisa
.
Ndagundacyane 🙏🙏🙏🙏🙏🙏💗💓💓💓💓
Alvella courage cane pe iyo film ndayirindiranye igishika
Waou alvella wumvise nivyavuga iciyubwenge ,izi vyokuvuga nivyo kureka kandi uvuzukuri pe Fanny ni bamureke abisi ntibanyugwa
Barafachanya
Courage benichou uri umu fan sana wabakinyi ba film congratulation nokubandi
Alvella wanj Imana ishishikar kukwagurira imbibe mukobwa wa Christo
Ndabakundiy image nziza p esemwese zobuko uwomukobwa ndakundibikogwa vyiw p
Uwo mushiki wacu arabishoboye, Imana ishishikare imuja imbere. Turamunezererewe, ariko, turipfuza ko atera imbere mu kirundi, "imbaraga", "umumaro",...ni ikinyarwanda. Si bibi kumenya izindi ndimi ariko hageze ko tuvuga tuvuga tutavanga.
Alvella ndakwemera keep it up
Imana iguhezagire cane igukomeze 🙏🙏
Alvella uvuzukuri fanny ntiyavuze nabi vt ahubwo nasanze hari abantu bama baryamiye amajanja kugira barye abantu ariko IMANA igakomeza kuhisha abo bantu baba bagomba kugirirwa nabiii
Ariko burya kubarukwiruhirizubusa buryimana igomvyekukuduza irakuduza kandiikakuduza mundurunyishi zabakurwanya
@@marymgort1160 nivyo
Elle très très intelligente courage 💖.
Kabis
Ndakimaze ntushavuze uraziko ndagukunda
Thank you alvella ndagkunda cn maze naj har vyish maze kwigira kur ww
Ariko ibimuhimbara biri muvyagezwe vyuhoraho.....iyo ndirimbo ndayikunda gusumba izindi zose Alvella yasohoy.ndagufana diii Alvella
Alevella duhe film umwanya part2
Alvella urandyoheye Kuko uvugishukuri vremant
Izo caracter Arvella avuze yari yazitondeye nukuri nizukuri
Uvuze neza canane
Ndagkunda cne alvella wubahwe kbsa courage
Bakumper akant mukobw mwiz uvug ukur nah kubarwaz terimber 🇧🇮❤💯
🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤ ndabikundira
Arvella uvuze neza cane jewe wew sinzi ngene ndagutagura menga imana yagusutse amajambo kimunya arvella najambo rigusohokamwo ringakora umuntu kumutima Yaba film indirimbo uratuzamura arvella hezagigwa
Ico ngukundira ntubesh Alvella nukur ubahwa knd courage🤝🤝
Ndagukunda can Alvella
Ego
Arver.. Bagusokoreje.. Neza👌👌👌👌❤️❤️❤️
Kabis
Turayirindiriye alvela ndagukunda💋
Kabis
Ako ga chapeau beni
Fanny Lavine ntituzomuheba kuko arakora tugashima
Kabis
@@benichou5996 benichou wewe harakantu nakunenzeko😂😂😂😂
Christian uvuzukuri wubahwe👌
Béni chou ndakwikundira courage😍😍😍 ariko icokiganiro nikirekire wallah
Love from wive tv
Alvella courage 💪💪💪💪
Alvel urimiwiz nukuri kandi ndagukunda
Kabis
gira umugisha mukobwamwiza🙏❤️
We love you so much 💕💕💕
Kabis
Alvera courage vraiment 🥰🥰🥰🥰
Ooo kumbe jewe abel sinzosubira kuraba film ziwe kubera numeana mubi
Mwayaz nez cn
Aruvera Love❤❤❤❤❤❤❤
💯💯mwubahwe
Kabisa
Uwavuz kwar umwamikaz WA gospel nt jalousie bamuguriy nk fanny nibamuhamahor arashoboy ek mwese murashoboy
Alvella wubahwe ndagukunda cane
Kabis
Murintwaripe..turabakunda.. Mukomere❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Kabis
Ndabkunda cane Alvella Bénichou muhezagirwe turabakurikirana buri musi courage mes amis
Alvera kuvuga ibinyarwanda vyishi? knd uvuka ruyugi??warabaye murwanda???
Uri mwiza wa mwigeme wo mu ruyigi 🤗😊🌞😘
Alvela nunyamahoro kweri aricisha bugufi kweri ndagushimiye uvuze neza cane abel kweri iyaba adafise umima ugumye kandi arikunda ibirwa vyiwe akabiha agaciro iyaba urumuntu atagira ukwihangana aba yarabihevye kweri mwubahwe aho muba ndabakunda
Courage mwse
Step media yubahwe
Cane
Alvella vrment turamukunda ntanzigo yifitiy kandi urevye aranakurikiranwa cane kuri page yiwe ya Fb Imana imujimbere ejo ni heza gusa ibikorwa vyiwe personnelle kuri you tube nibike mugabo vrment abafana arabafise jew ndamwikundira afis nijwi ryiza
Vyiza can inyishu nziza peee❤
Alvella ndagukunze courage
Alvella 😘😘😘
Benichu nkumbuza alvella mukiganiro ndamukunda pe
Iyo niyongabire yo kuririmba
Arvella ❤❤❤❤❤❤❤❤wubahwe ndagukunda❤❤❤❤❤❤Mugenzi❤❤❤❤❤lmana❤❤❤❤izoguhiherezo ryiza
Courahe cherie a moi💋💋💋🙌🙌🙌
Alvella ahubwo wew niwe uri umufana wiwe!!!
Courage turabakunda can💋💋🥰🥰
Nubuhinga buvanz nimpano nanje niryame ndabek bishoboka ngondimbir mwitir
Zana ikindi kiganiro ndavye gayoya ntunkoroge ikiganiro nikirekire
Alvella ❤️❤️🥰❤️🥰
Ego uvuze neza
Courage benichou
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂😂😂😍😍😍🤣🤣🤣🤣🤣benichou
Ariko Béni urikundira gukoresha abana kubi😁
Arvella ukomere
Mwubahwe gose mukomeze mwese
Ukonukuri nawe ndagukunda uririmba neza
Alvella ndakwikundir uvuzukuri
Niwirambire mukobwa wacu nubwitonzibwawe terimber
Alvella urukundo rwanyu nivyo ruriho ariko profit iza ubwa mbere murakeneraniy niyo mpamvu muvuga ngo murakundanye ibdi ico woba uri cose kirazira kuja kur TV ugara ku bantu
Iyo Coiffure n iy kera niyab Mama Bakùze Nt muntu agishir am coifffure ub ar akir um.Jeune uzoz uj mu salon ar Class bakwerek ivy bakugirira
Birashik ugasang ariyo akunda
wosang ariy yikundir?
🤩🤩🤩🥰vyiza
Benichu mukora neza cane aluvela arashoboye verem
Narakunze nfisa mastiko cane goseeeeee
Urimwiza Alvella arko ntiwishime chou
🙇♀️❤️❤️
ndumva uwusgak gukorana naw birorosh nzoza dukore😂😂😂
Ego uvuze neza numuja
Bénit 😘turikumwe 🏃♀️🏃♀️🏃♀️
Kabis
Alvera courage!!!!!!
Ego cane
Nsabe abo bantu vabiri bavuzwe ngaho bakurikirane iki kiganiro hanyuma basubize hamwe mushiki wacu muhimbare turagukunda cane uri akarorero keza cane sinkubesha urumugisha cane
❤️
Kabis
❤❤❤
Ngushavujwe nuko utaryamye sasita nanjye maze 3ans ntaryama sasisata mwarahiriwe iwacu iburundi
🤣🤣🤣 ww kurya warabihevy
Pole ma chr
Gusa muhira nimuhira
Ibaze nukuri no kwicara ni saha bidakunda 🥺tuguma tuveya mumazu tutaruhuka,ngo ntiyaryamye sasita😂
@@michelinemiche442 kuba atiryamiye sasita ubimuhore none ???? Kwatariwe yatumye mukora ubutaruhuka
Alve ndagukunz de plus kk urabisiguy nez cn
Aliv Uraciye bugufi kibondo