Je Nkunda aba Bagabo👍🏾 batwereka ko Kuba uMukuru w'iGihugu bidatuma uba Ikindi kintu😊 Uguma uri Umuntu,uter Inkuru z ubuzima nk umuntu mubandi. Ingorane z ubuzima ko waziciyemwo nk Abandi! Utigize Agahambaye! ❤🎩
I am Rwandan and i appreciate your special conversation keep enjoy our African leaders so remember that all Africans we're the same and we have same blood
Un bon exemple pour la démocratie et et maturité politique du Burundi Bravo les Présidents surtout Grand Merci à son Excellence Evariste Ndayishimiye Président du Burundi
This meeting it is very important so I am agree with Excellences president Evariste Ndayishimiye:the people must know that here in Burundi we have richness.we must do the agriculture and Veterinary otherwise our future will be good than today.thank you
Nyakubahwa president Neva aho tugeze muri iyi siècle nimba nta technologie iri muri iyo vision u Burundi tuzokwama turi inyuma we are in digitalized World please think about technology
Ark har igihugu cyiyobowe neza muri Africa nku Burundi cg Tanzania? Kubona abaperezda baganira bigihugu cyimwe cya Africa mu gihe abandi baba basebanya banahigana ngo bihimure Burundi bwiza uri urugero rwiza rw africa
Very interesting to see African presidents who lead different times sitting together to talk about their country. Other countries should learn from these men.
Je Nkunda aba Bagabo👍🏾
batwereka ko Kuba uMukuru w'iGihugu bidatuma uba Ikindi kintu😊
Uguma uri Umuntu,uter Inkuru z ubuzima nk umuntu mubandi.
Ingorane z ubuzima ko waziciyemwo nk Abandi!
Utigize Agahambaye!
❤🎩
Biraryoshe cane inararibonye zihuye ku kiyago birubaka.
😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😅
Ndi umunyarwanda ntuye hanoBugesera district.ndanezerewe cyane kubw'Abarundi.ni ubwambere mbonye abakuru b'igihugu bicaranye baganira kandi bahuje urugwiro.ibi nibyo mba nifuriza afurika yacu.
I am Rwandan and i appreciate your special conversation keep enjoy our African leaders so remember that all Africans we're the same and we have same blood
Iki kiganiro kirandyoheye kabisa! Uretse umwanzi wamahoro niwe wenyine utakwishimira kubona abagabo batatu bayoboye igihugu bicaranye nuyobora baganira kuhazaza higihugu!! Ukwiriye credits zawe Mr. president Neva👏👏👏👏👏 Jyewe sindi umurundi kwivuko ariko nishimira ikintu cyose cyateza uburundi imbere. Mpora nifuza kubona ubworoherane nkubwo mugihugu gituranyi cy'Urwanda. Biteye isoni kubona umwanzi wuburundi arurwanda!! Shame on stupid leaders. Keep it up sir #Never 👏👏👏👏👏
❤🙏🏾🎩
Mbega ikiganiro cyiza weeeeeeee ababagabo rwose Imana ibahe imigisha nukuri
Evereste mukunze kurushaho
Blessings on blessings to you guys
Mbega byiza. Abarundi hejuru cyane.
S.E NEVA ibyo uvuga nukuri abarundi muhaguruke dukore
Ibi bintu ni byiza cyane, Imana izaduhe twe nk'abanyarwanda kugira abayobozi batwaye u Rwanda bashobora kuganirira hamwe nk'uko abarundi babikora.
Un bon exemple pour la démocratie et et maturité politique du Burundi
Bravo les Présidents surtout Grand Merci à son Excellence Evariste Ndayishimiye Président du Burundi
Wawu Ibinibyiza disi kubona Abantu babaye Aba Perezida bagihumeka bicarana nuyoboye biba aribyiza uziko haraho utabona abakuru bibihugu babanje❤❤❤❤
This meeting it is very important so I am agree with Excellences president Evariste Ndayishimiye:the people must know that here in Burundi we have richness.we must do the agriculture and Veterinary otherwise our future will be good than today.thank you
Neva numu gabo pe👏🏾👏🏾👏🏾👌🏽👌🏽👌🏽
Ndakunda cane ijambo rya ndayizeye wubahwe kubibazo wabajije iman ikutuzigamire mutama❤❤❤❤❤
Domitien est tellement intelligeant dans sa réflexion uretseko benshi batanoko ariko avuga pour inspirer le président Ndayishimiye.
Wawuuuuuuu Wawuuuuuuu Wawuuuuuuu Wawuuuuuuu Wawuuuuuuu Wawuuuuuuu it's really amazing
Aba bagabo bafite ubuhanga buhanitse ,you are a treasure to your country Thank you 🙏
Umwanzi wanga uburundi n'abarundi aragapfa atabyaye, arakikuruza mu misumari kbx!
Muri abantu b'abagabo. Imana ikomeze ihe umugisha imirimo mwerekejeho umutima
Nicyogihugu ababaye aba president baba batarebana ayingwe a verry democratic country
Imana ibe ku ruhande rwabarundi
Ibongerere urukundo namahoro
Cambona nkurunziza nae iyab arimwo vyar kub vyiza cn kurusha uwemezako tur mur edeni nimumpe lik❤❤❤
Na Buyoya
❤❤❤ndabakunze nta gupingana mwarahezagiwe.
❤❤❤❤ Mukomere Canee Banyakubahwa Bacu
Ndabakunda👍🙏🙏
Komera président wacu,uratwigishije neza,ariko justice yacu iraduca intege.
Nkunze ukuntu muganiriye vyari biryoshe kumviraza ariko kumuntu yitahura akanakunda igihugu ciwe I love u burundi 🇧🇮🇰🇪❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ibi bintu ni byiza cyane pe !
Uburundi buyobowe neza, sink'abo mbona bashinze amajosi bashyira imbere gutsemba abo badahuje ubwoko bakabahimbira ibyaha ngo batagira ijambo mugihugu.
Dore ibintu byiza. Ahandi aba bakagombye kuba muri gereza ariko u Burundi ni igihugu cy'ikitegererezo muri democracy
Jya kubayo amazuru samwe
@@NshimiyeJ.pierreibaze ngo nibyiza ko abanyuruza itunga ry'igihugu bari free ngo ni democracy ... izo ni interahamwe zibishigikira
None nkubu mupfuye iki koko
Gombe muvyemere kugira Umukuru w'Igihugu en exercice atumira abakukurutse bakaganiriza abenegihugu kuri kazoza, c'est un don du Ciel.
Gira inzigo ntuyigirire abandi, uyigirire gutera imbere. Ushavure urondera gukora ibizotuma wewe n'abawe, mutera imbere mukaronka ibikwiye kugira ubutunzi. Uba uterereye kuko n'abandi baca baboneraho. Gira imbono, shavura ugire ico utumbereye gushikako!
Mbonye comment hano intera kwibaza. Ngo interahamwe? Bishoboka gute ko umuntu yozwa ubwobko kugeza aho avuga ibintu nawe nyene adatahura? Ndumiwe pe pe!@@prospernyanzira2837
Ariko Burundi muzabanze mutunganye ikoranabuhanga mwubahe cyane abapresident batatu dore ntabwo amajwi turi kuyumva neza
Muraho Banyakubahwa ba President rwose ibi biranshimishie ibi nurugero rwiza birashimishije njye ndaza gusura U Burundi hari ibyiza bufite rwose
❤❤❤❤
ABARUNDI MWARIKUKIYE RWOSE 👏👏Hejuru cyane ✍️✍️✍️✍️
❤❤❤❤❤🎉🎉
Big up gael Mungu mbele
Imbere niheza dusenge dukora.dukora dusenga❤❤❤❤❤
This is promising for the future of Burundi !! Bravo!!!!!!
Ibibintu birashi mishije iyabanaba
Ndi byagendaga gutya
Gäel ikikiyago ndagikunze🎉🎉🎉❤❤❤❤ ababatama bacu imana ibakomeze,uyu nimutima mweranda ariko arayobora
Much respect HE
Mwakoze rwose ikikiganironicyiza
I'm really appreciating the conversation, it's very special politics willingness, but the sound was not good.
Ibibintu ni byiza cyaneeee courage barundi bavandimwe
Banyakubahwa Umukuru wigihugu cacu IMANA ibahezagire cane kandi ibakomereze amaboko
Mubintu u’burundi burusha u’rwanda Urukundo ❤
❤❤❤
Banyakubahwa Domiciano IMANA ibahezagire cane mubivuze neza tubuze umutima wubuntu
Uyu mu journaliste yubahwe😂😂
Nimwubahwe nimwirambire ❤
Président nukur nimuhindure ibwirizwa nshingiro rijanye nimyaka mutwara muyongereko muzotware 30 ans
❤❤❤❤❤
Nyakubahwa Domicien turakwemera cane uvuga ijambo ry abashigantahe wubahwe cane mutama
Imana ibahe umugisha❤🙏🙏
Imana ishimw konyenicubahir wacuyibuk abatamabac knd akubakir nokuvyiyumvirovyab. Hm ikind nkunz nukonumv afisiteramber knd rifash
Ariko igitoro ckijiye muburundi
Kireke ngusohoka
Igihungu
Basaza mushyireho maneko kbs
Big three but he's excellence wubahwe
It's awesome ❤
Murakoze kuba mushobora guhura mukaganira. Ariko nsanze ko president Ndayishimye yihariye ijambo umwanya munini
Very good 🎉🎉
Amahera y'uburundi azoguma ata agaciro hakiri abantu bavunja mubinwabi😂😂😂😂😂
Uburundi bufise imana Kandi vision yu Burundi iri cleré❤❤
Ahaaaaaaa! Nibivugire disi nahumunyagihugu ahar araremvye kubera ibiciro
Murakoze
Domiciano mupresident yarabishoboye kabisa
Nanje nd'umukongomani ntuye i Bujumbura, iki kiyago ni ciza gose. Kuri nje kiranfashije kuvy'umutekano w'abanyamahanga batuye I Burundi nanje ndimo.
❤❤❤❤🎉❤❤❤
Abantu turi saudia hejuru cane ntahandi tuyabika🤝🤝
Irambire mutama ibiswi vyinkona birikukivi❤❤long life mzee 🎉🎉
Umukuru wigihugu suwumugambwe
Ubwibone nagasuzuguro urabonako babirenze bagakwiriye kubera urugero ibindi bihugu bikikije uburundi
Nyakubahwa president Neva aho tugeze muri iyi siècle nimba nta technologie iri muri iyo vision u Burundi tuzokwama turi inyuma we are in digitalized World please think about technology
Uvuzukuri
Donisiyano yatwaye igihugu cu burundi neza atamacakubiri agira Rugira azabimuhembere
Wogwiza nangahe president aciye akwepa ikibazo😂
Abarundi ndabakunda sana ndumunyarwanda ariko abarundi haricyo twabigira rwanda dufite umukoro
❤❤❤❤🎉❤🎉❤
Uyu mwubahwa wacu avuganeza kweri, gusa bigorana mubo akoresha. Nibaza ko yoza arakura abadakora neza.
Iyo misi myishi y'abasuma yarahabaye, yarahaciye. Muga Nyakubahwa, niyerekane abo bantu banyonora, habe ama saisies kandi aze arerekanwa ku mugaragaro! Niho ya Equité izonashikwako!
Umengo harimwo kutemera ko RETA ISENYURYA N'ABARI MURI YO umengo ntitugifata nka nkama!
Amahoro twarayashitseko, nta bwoko, dupfa ubukene, inzara! Ubuntu!
Birambire cane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💙❤️
Président Evariste ari cool sana
Ibi nibyiza cyane rwose
Mwirambire badi, muri indyamunyu z'Abarundi bashakira ineza igihugu cacu n'abakibamwo. Muduhashirize ivyo bisuma bipfukamye k'umutima w'igihugu.
Président domicie yari yarakoze pe.icambere gukuraho abasuma abicanyi bicabandi.
Imbonakakoza ntishoboka igihe ubutungane budakorera mumuco.Mbega vyoshoboka gute abiba igihugu atawubakwirikirana??.Ntaho turiko turashika mugihe ubutungane budahaguruts ngo bukore akazi kwabwo atagutegwa iterabwoba.Abica abantu abanyuruza abantu batarahanwa ntakizoshoboka.Mbega twibaze nimba Bunyoni yarafise amazu 153 nimidoka 55 zose mwarihe?.Mbega ubu abandi ntabandi bafise amazu namamodoka bisumba ivyo Bunyoni yarafise?.?
Nimwirambire❤❤❤❤
❤
Turacafise urugendo rurerure. Pres Ntibantunganya imana umuhezagire.
Neva yubahwe ikiganirro ciza cane
Ndabakunda. Cane. Bavyeyi
Mu burundi mrafise vyose ariko nta sécurité mufise.Muzatera imbere nimukosora sécurité ❤
Ark har igihugu cyiyobowe neza muri Africa nku Burundi cg Tanzania? Kubona abaperezda baganira bigihugu cyimwe cya Africa mu gihe abandi baba basebanya banahigana ngo bihimure Burundi bwiza uri urugero rwiza rw africa
❤❤❤❤🎉🎉🎉❤❤❤❤😂
Komera president wacu
Imana ibahezagire muyaga neza ba tama b uburundi
Mufungure imipaka kuko business zarangiritse kubera ikibazo kimipaka
Imana ibahe umugisha
NEVA aretse ubwicanyi abahutu bakareka kwica iterambere ryoza
Very interesting to see African presidents who lead different times sitting together to talk about their country.
Other countries should learn from these men.
Ndagukengurukiye nyakubahwa president wigihugu canje ciza ndayishimiye, uvuze AMAJAMBO meza cane kuvyimbono kzoza. Nitwa Fulgence nduwimana mvuka muntara ya gitega commune gishubi.ubu MBA muri Zambia.ukomere kwibanga.
32:11😂🤣😂🤣😂🤣😂🤣😂 uyu mu journaliste arandyoheye
burundi bwacu🥰❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ntiba et Domitien ❤
Ndabashumiye mwebwe murongiye iy'imboneshakure no kubakebure. Mugerageze gukoresha camera 3 canke 4 cane cane mugihe muriko murakora ama conferences nk'aya. Murakoze
Wubahwe mutama neva. Iyoturonka abaperezida nkawe kuvakera uburundi bubabumeze nk'ubushinwa!!😅😅😅
Njyewe sinkunda abantu batemera uburaruta
Komera Batama Bubahwa Bacu. Tubadushaka ibiganiro nkibi.
Ibi bintu ni byiza cyane aha ndemeye😮😮❤❤
Domicien ndayizeye niwe muhutu wenyine watwaye neza adakoresheje amacakubiri
Yarahezagiweee
Nivyo ntanumutima mubi yigirira murundi .
😢😳😳
T es Delu our quoi!?
Abahutu Bose iyo bava warabasuzumye?usanga niwe wenyene!????
Wotwereka ko abandi batwariye kumacakubiri?;
Abanyarwanda mugwaye Amacakubiri,ntakindi muzi,ntakindi mubona atari Ubuhutu n ubututsi bw Umuntu!
Nn mwebwe ivyo vyabahutu nabatutsi muvyiga murihe shure karivyo tuguma twiyamiriza gusa mwebwe mukabizana erga kumbono kazoza abahutu nabatutsi ntaco bazodufashamwo tuzobikora nkabarundi
Mwiriwe neza mbega ico gitabo cimbona kazoza nokironka gut?