1.UBUHAMYA bw’uwari umusirikare w’Uburundi:uko narokotse umunyururu wa Burundu ndetse no kwicwa🫣

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 23 січ 2025

КОМЕНТАРІ • 152

  • @hirwaclarisse
    @hirwaclarisse  10 днів тому +12

    +257 65454350 wifuza kuvugana na Apostle Butoyi iyi niyo numero ye! Kurikira igice cya kabiri ua-cam.com/video/EvP0IPDPfdo/v-deo.html

  • @NkunzimanaLeonard-y9j
    @NkunzimanaLeonard-y9j 2 дні тому +1

    Imana ikomeze imirimo yawe

  • @André-MichelNshimirimana
    @André-MichelNshimirimana 10 днів тому +4

    IMANA ihabwe icubahiro kandi IMANA ntirenganya!!! Hahi´rwa abiyegurira mu minwe y'UMWAMI WACU YEZU-KRISTU kuko ariwe ari hejuru y'abami n'amazina yooosee n'ingaji zooseee!!! Arakiza akongera agatabara!!!!! 🙏🙏🙏AAAMEEEN HAAALLEEELUUUYAAA🙏🙏🙏

  • @lyduinendabubahe-m4w
    @lyduinendabubahe-m4w 9 днів тому +3

    Urakoze ku buhamya udusangije, kuko buratwubatse. Ariko n' umukatolika arashobora kuba uwukijijwe kuko bivana nico wakijijwe. Gukizwa rero ni kugiti c' umuntu. Ahubwo mumenye kubitandukanya vyokoroha nugufasha abacivayanga mu vyaha, kuko gukizwa neza si ukuba mw' idini kanaka, kuko aho woshobora gusanga uri umunyedini gusa adakijijwe. Iciza ni ugukizwa neza, ukaba umukristu ashinze imizi muri Kristu.

  • @CharmanteKanyange
    @CharmanteKanyange 10 днів тому +2

    Ububuhamya bunkoze kumutima bufitinyigisho nziza cyane,merci bcp mukozi w imana

  • @vennyblessed3813
    @vennyblessed3813 10 днів тому +1

    Yooo, Clarisse mwiza, wahisemo neza indication y"ibiganiro byawe. Imana ibibuke bakundwa!❤❤❤

  • @florancekanziza7323
    @florancekanziza7323 10 днів тому +3

    Imana ni Imana

  • @niyomubyeyitherese8414
    @niyomubyeyitherese8414 11 днів тому +8

    Nkuyemo kwizera no kwiyaturiraho ibyiza,no guhamyabiwo mdiwe Amen

  • @MamanOdilo
    @MamanOdilo 11 днів тому +4

    Nta wizigiye Imana Atobona Ukuboko kW,Isumbavyose

  • @niyomwungeresylvana8407
    @niyomwungeresylvana8407 9 днів тому +2

    Buyoyi uraho. Imana Iguhe kuramba sha. Nari narakubuzi irengero🎉

  • @dusengemeschack6778
    @dusengemeschack6778 10 днів тому +1

    Haa Iman ishimweee niyo yonyene itabaraa abayooo Yongere ibandanye Kukugirira nez mugenz waciy mur vyinshiii ariko vyatumy ukomera inzira y'amasezerano ntiyama yoroshe ariko irashikaaa Iman ntibeshaaa nitwebw abantu gus bigor kwihanganaa tugacik intege nivyo tubona umuyaga mwinshi Iman iguhezagire mugenz knd ndazi kunzi turazinanyeee komeraa

  • @HakizimanaAbraham-x4v
    @HakizimanaAbraham-x4v 10 днів тому +1

    Yongere yihane kubesha n ubu ico caha kiracamuboshe iyo ntahe yiwe yuzuye ibinyoma .Kandi birababaje cane kwinyegeza mw ikoti y ubukozi bw Imana

  • @marcmutabazi2924
    @marcmutabazi2924 10 днів тому +2

    Imana yacu irakora

  • @christella5092
    @christella5092 11 днів тому +3

    Imana irahambaye nukuri

  • @DanielR-u3j
    @DanielR-u3j 5 днів тому +1

    Numubeshi cyane

  • @EsperanceKinya
    @EsperanceKinya 9 днів тому +1

    Haleluyaa

  • @fleurynkezimana8670
    @fleurynkezimana8670 9 днів тому +2

    Nanje Umunya Rural Ndabaramukije🫡🫡

  • @eddychonaburundi6347
    @eddychonaburundi6347 6 днів тому +1

    Papa bella kbx warababaye kwl

  • @FistonNiyonzima-j2f
    @FistonNiyonzima-j2f 11 днів тому +1

    Imana ishimwe

  • @MamanOdilo
    @MamanOdilo 11 днів тому +2

    Imana Yarakoze kukuzigama Nyakubahwz

  • @SergesHazigamayo
    @SergesHazigamayo 4 дні тому +1

    Apôtre ko igihano co kwicwa caricakuwe ivyo vyabaye gte???

  • @DedithNimbona
    @DedithNimbona 4 дні тому +1

    Ese kubeshera imber ya camera kand uzi neza mubazobiraba kohari abakuzi?noguhanura kuba uvuga ikirundi cacu no kwihana neza

  • @AsiaBeond-lo6gs
    @AsiaBeond-lo6gs 9 днів тому +1

    ❤❤❤

  • @Nimubonadeo
    @Nimubonadeo 5 днів тому +1

    We butoy warahinduy Zina kwelie nciy kwibuka kwelie salama

  • @ShitaguElie
    @ShitaguElie 2 дні тому +1

    Urabesh kabsa harivyo ushiramwo bitarivyo

  • @alianekantize7920
    @alianekantize7920 10 днів тому +1

    Clarisse uhezagirwe caaane

  • @gerardrivuzimana9776
    @gerardrivuzimana9776 6 днів тому +1

    Iyo période yinjiyemwo igisirikare benshi bashatse ama bulletins binjira kumazina atarayabo

  • @HakizimanaAbraham-x4v
    @HakizimanaAbraham-x4v 10 днів тому +1

    Mukwiye kubaha Imana mukareka kubesha kuko ntushobora kuvuga ko uriko ukorera Imana ukabivanga n ibinyoma.Uvuze ko baguciriye urubanza rwo gupfa muri 2017 kandi igihano cogopfa cafuswe 22/4/2009

  • @AhishakiyeAsha
    @AhishakiyeAsha 6 днів тому +1

    Clali ndagjkundanomananizankumpere akana

  • @JemesNIMBONA
    @JemesNIMBONA 5 днів тому +1

    Wewe reka kubesha ntabusirikare bukurimwo "blood civilian" .

  • @PascalineBarandereka
    @PascalineBarandereka 3 дні тому +1

    Arabesha, ntagihano co gupfa cari kihari ukwo nukubesha!

  • @pacicorubyogo9712
    @pacicorubyogo9712 10 днів тому +2

    turashaka igice kabiri

  • @ClovisNiyonkuru-c9f
    @ClovisNiyonkuru-c9f 10 днів тому +1

    Apôtre ndakuramukije cane ni Clovis mukayoyo ndakuramukije cane

  • @thierryharerimana1523
    @thierryharerimana1523 2 дні тому +1

    Yoooo uracariho ga butoyi wanje nama mbaza amakuru yawe ihasa ryawe nciye ngukumbura

  • @marieclairegateka9876
    @marieclairegateka9876 8 днів тому +1

    Wibagiye kuvuga inzoga yitwa UMUKORORAJIPO ( ikozwe mw' inanasi).

  • @Umweranda_BIHOME
    @Umweranda_BIHOME 9 днів тому +1

    Uyumujama yarasaze😂😂😂😂
    Ngo yarabonye inkuba, ngo imeze nkinkoko😂.....umuravyo niyo nkoko iba ikomye amashi😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @saadisadie3125
    @saadisadie3125 10 днів тому +2

    None igice 2 plz

  • @nikwigizeevelyne9919
    @nikwigizeevelyne9919 10 днів тому +3

    Igihano cukwicwa kibaho ??🤦‍♀️🙄🙄🙄 Ndumiwe gsa😢

  • @callixtenduwimana3438
    @callixtenduwimana3438 9 днів тому +2

    Ntuze usubire guha micro abantu babesha ntagihano co gupfa mu burundi kikibaho..iyo ntahe niyibinyoma gusa

  • @jeanpaulbizumuremyi5967
    @jeanpaulbizumuremyi5967 10 днів тому +2

    Kura ububeshi ngaho. 2015 igihano cogupfa cari carafuswe. Rero ndatangaye kwumva ivyobinyoma vyawe

  • @elianentirampeba3927
    @elianentirampeba3927 10 днів тому +2

    Ndamuzi muri bon berger ngagara kera .

  • @NgendakumanaGordien
    @NgendakumanaGordien 10 днів тому +2

    Butoyi we Imana yarahabaye ni sezerano rya MPRM ukomeze tuhagere vuba

  • @callixtetwagirayezu1526
    @callixtetwagirayezu1526 10 днів тому +2

    Igice vya 2?

  • @AlexandreNiyongabo-j5g
    @AlexandreNiyongabo-j5g 9 днів тому +1

    Uriko urashima ko wasigaye abandi bfuye?

  • @nduwimanaemile1795
    @nduwimanaemile1795 10 днів тому +2

    MUNSUHURIZE PASITERI KUKO NDAMUZI MURI BN BERGER I BUJUMBURA Disi sinarinziko wari Jeshi ,turabasoda ba Yesu wangu.

  • @EvelyneGashugwe
    @EvelyneGashugwe 10 днів тому +3

    Intahe yawe uyihejeje ubeshe biragoye rero kwemera ivyo watanguriyeko kuko mu Burundi igihano co gupfa cavuyeho kera kabisa. Sinibuka umwaka atiko 2017 cari caravuyeho kera cane😊😊😊

  • @alexsong8798
    @alexsong8798 11 днів тому +4

    Clara uvukana na rose kuko murasa muvuga kimwe kandi mukora ibiganiro cokimwe

  • @JoseNahimana-p8z
    @JoseNahimana-p8z 10 днів тому +3

    Guhindur izina kmusirikare nuko uba winjiriye kuri bulletin atariyawe niko tubizi

  • @thierryharerimana1523
    @thierryharerimana1523 2 дні тому +1

    Butoyi wanje wasanze ndahavuye mumpimba sha sinabimenye nabimenye wavuyeyo uribuka aho twahuriye muga ihasa ryawe turacakundana turabonana imana ibandanye kugukuza

  • @regulus9181
    @regulus9181 10 днів тому +1

    1:05:22 Yahuuye n’ibihere vy’aba dd!

  • @PaulKibira-de7wt
    @PaulKibira-de7wt 10 днів тому +3

    Igihano co gupfa gishobora kuba cakuwe mu Burundi imbere ya 2000.icagisubiriye n'ugupfungwa ubuzima bwose.

  • @ArleneMuhoza
    @ArleneMuhoza 11 днів тому +1

    Uze uratuzanira abarundi sha Clarisse

    • @NiyonkuruAlice-m3z
      @NiyonkuruAlice-m3z 11 днів тому +1

      Baze ku babwiria ibitarivyo...ariko aracanga ibintu..kabisa ngo yakize yunva ngo abanyarwanda ni abantu bakara...yavyigisjijwe bande? Yavyize wenyene jewe ntavyo nari bwunve

  • @taramatv1260
    @taramatv1260 10 днів тому +1

    Abanyamulenge hejuru..

  • @lyduinendabubahe-m4w
    @lyduinendabubahe-m4w 9 днів тому +3

    Abatwa=ubu bitwa abaterambere mu burundi🤣🤣

  • @FrancineInarukundo
    @FrancineInarukundo 6 днів тому +1

    Ikintu menye uyumunsi nuko inkuba ari igisake cumukara😂😂

  • @alianekantize7920
    @alianekantize7920 10 днів тому +2

    Vraiment kurongora ipiloton ntibishoboka Aho wabeshe caaane

  • @claudineiteriteka2483
    @claudineiteriteka2483 10 днів тому +3

    Ese iyo bague wambaye niyiki????

  • @BizamanaJhon
    @BizamanaJhon 10 днів тому +2

    Uyotwarinjiranye muri 1999 gsa arabesha ntagihano curupfu carikikihari muri 2017

  • @noneedtoknow6783
    @noneedtoknow6783 11 днів тому +5

    Gatorika barakijijwe, kandi bemera Yesu nuko bamwita yezu, muve kuri politike zamadini. Mwibuka yuko ari just protest, mugakuramwo bimwe mugashiramwo ibindi. Mumenye yuko imana idakunda kuca imanza. Bibilia muge muyisoma neza, kandi murindi imivugire yanyu kuko musiyaza abantu beshi bazatumara badakurikira tv muvugiraho

  • @yvonnesibylle770
    @yvonnesibylle770 11 днів тому +1

    Turabasuhuje Bakozi b'Imana!!!

  • @MChantalNdayirorere
    @MChantalNdayirorere 10 днів тому +3

    Butoyi ndamuzi cane arakijijwe kuva kera kandi yarasengerabantu mubitaro arumusirikare.komera sha jew ndaziko ukorerimana abatakuzi bavuge ivyobishakiye.

    • @ElieEmerimana
      @ElieEmerimana 10 днів тому +1

      Wavuze ikirundi wa kavyara kuko wewe nturumunyarwanda

    • @ElieEmerimana
      @ElieEmerimana 10 днів тому +1

      Ivy uvuga ko wagwanye ibuga wadusuye ukabivugira muburundi

    • @prosperbirorimana5982
      @prosperbirorimana5982 10 днів тому +1

      ​@@ElieEmerimana😂😂😂mwararakaye pe

  • @dollarswiz257
    @dollarswiz257 11 днів тому +3

    Burya hariho izina ridakuza umuntu?
    Ahubwo ndibaza wahinduye amazina ugomba gukoresha impapuru utiye kugira ubone kwinjira mu gisoda reka kubesha

  • @logelistenduwayezu4084
    @logelistenduwayezu4084 10 днів тому +1

    Umubeshi. Igihano co gupfa cakuw kera mu Burundi. Muri 2005 cari cakuwe

  • @JeremieNGENDAKUMANA-n7i
    @JeremieNGENDAKUMANA-n7i 5 днів тому +1

    lmana ibane nawe Butoyi abavugako wahinduye amazina ngo kugira uje mugisirikare ndaziko witwa Butoyi twarikumwe

  • @berchmansndayizeye2640
    @berchmansndayizeye2640 7 днів тому +1

    BUTOYI na Bukuru bakorera mwi camp imwe ndabazi pe....gusa waciye mubigeragezo vyishiiii mpore...gusa ico ntatahuye nigihano co gupfa uvuga kuko cavuyeho 2009 mu mategeko y’uburundi...

  • @DieudonneNininahazwe-vd1px
    @DieudonneNininahazwe-vd1px 11 днів тому +5

    Butoyi, vraiment kuvyerekeye igihano cogupfa,bagikuyeho mu Burundi avant 2017 . Nibaza ko wihenze cane

  • @alianekantize7920
    @alianekantize7920 10 днів тому +1

    Mana yanje igisomari urakuzi 😂😂😂

  • @tunezegwetivndayishimiye
    @tunezegwetivndayishimiye 10 днів тому +1

    Uwo mugabo numubeshi kweri nimba yahinduye izina kugira yinjire igisilikare goyarihinduye gwakizwe gose😂

  • @AlexandreNiyongabo-j5g
    @AlexandreNiyongabo-j5g 9 днів тому +1

    Muri abatekamitwe reka tubaigrire like na commenté ariko mureke kubeshera Imana sha WE wahinduye amazing kuko utize ntiwari gutora ikibazo winjiriye kw'izina ry'uwundi Kandi petit chef de peloton ABA Ari ancien

  • @AlexandreNiyongabo-j5g
    @AlexandreNiyongabo-j5g 9 днів тому +1

    Imyaka munani wararagiye Inka 35?

  • @nadegekanyana2062
    @nadegekanyana2062 10 днів тому +2

    Ngo waruhagarariye piloton wew waru mu agent??icombonye co urumubeshi mubi

  • @SamuelNsengiyumva-i3g
    @SamuelNsengiyumva-i3g 10 днів тому +2

    Kumenga numwana namuha 25ans

  • @GérardNiyonkuru-g5t
    @GérardNiyonkuru-g5t 11 днів тому +3

    Ntagihano cogupfa kiri muburundi nahontahaheruka uzobeshe nyiko atize.

    • @TwaamboMweembe
      @TwaamboMweembe 10 днів тому +1

      Gérard,uvuze uko ungana ntawagushavurira,ivyo Butoyi avuz ubipinga nkande ko aba dd amategeko yabo atagira reglément?Ntituyobewe ko uwo mwanya Butoyi yarariko ko abeshi bishwe!

    • @ntakarutimanaoscar1867
      @ntakarutimanaoscar1867 10 днів тому +1

      Nivyukuri arabesha igihano co gupfa carakuweho mu Burundi kuba kera. Intahe ntiryoshwa ni kuvuga ibitabaye ngo nuko bihambaye iryoshwa no gushingira intahe ukuri kuko Na Yesu yaravyivugiye imbere ya Pilato ko yaje mw'isi kugira nshingire intahe ukuri.

    • @hitayezuanselme9112
      @hitayezuanselme9112 10 днів тому +2

      ​@@ntakarutimanaoscar1867abafashwe bagirizwa kuba putschistes Bose baracariho??

    • @ntakarutimanaoscar1867
      @ntakarutimanaoscar1867 10 днів тому +1

      Tegera neza, n'ukuri ntawuhakanye ko atabapfuye mu ba putschistes ndetse n'abataribo barishwe ariko Nico bita "exécution extra-judiciaire" nayo igihano co gupfa "prononcée en délibéré" carakuweho, ivyo kwicana bagukubiranije vyarabayeho incuro kenshi ntawobihakana

  • @RaissaIrakoze-i5d
    @RaissaIrakoze-i5d 10 днів тому +2

    Bukuru ndamuzi yarabaye umusoda nugufungwa yarafunzwe kandi yarasenga ariko hariho ibintu uriko urabesha ngo baguciriy igihano curupfu oya ivyo sivyo urabeshe

  • @JérômeHarerimana-k9h
    @JérômeHarerimana-k9h 10 днів тому +2

    Uyu mupastor avuze vyinshi bivanye nukutumuzi harivyo yashikuje pe

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih 3 дні тому +1

    Kanyanga bayikora mu myumbati bakambiza ibigori babanj kuvyinika.

  • @gerardrivuzimana9776
    @gerardrivuzimana9776 6 днів тому +1

    Iyo ntahe irimwo ubucakura nibinyoma vyokurondera ubuhamya kungufu ngo bikunde yitwe apôtre na prophète na Bukuru bwiwe ndamuzi nubwo ntazi iyo ageze

  • @jeanmariebukeyeneza8751
    @jeanmariebukeyeneza8751 9 днів тому +1

    Ibi bintu bagabo harimwo kubesha hariho sentare yo mu Burundi yaciye urubanza gwo gupfa kweli mwiyo myaka avuze?

    • @Mariam-tk8zn
      @Mariam-tk8zn 9 днів тому

      Wapi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤣🤣🤣😂

  • @ELOGERUHIMBASA
    @ELOGERUHIMBASA 7 днів тому +2

    Abarundi turakwiye nta murundi asa nguryo 😂😂

  • @prospernitereka4755
    @prospernitereka4755 10 днів тому +4

    Remember you in kayogoro camp

  • @thierryharerimana1523
    @thierryharerimana1523 2 дні тому +1

    Unyibukije vyishi butoyi

  • @alianekantize7920
    @alianekantize7920 10 днів тому +1

    Butoyi we IMANA ishimwe caaane waravuye mumpimba

  • @JeanineNahimana-l6q
    @JeanineNahimana-l6q 11 днів тому +1

    Ndagutahije Butoyi .ndakuzi kuri vivante kw'ijabe

  • @DeniseNIBOGORA-p5x
    @DeniseNIBOGORA-p5x 11 днів тому +1

    Wewe ndakuzi kweri mukayoyo iwacu narababona murimpanga nyene mwaragwaye utuntu twuduhere kumaguru.munyuma sinamenye iyomwagiye jew nababona ndumwe mwebwe mukuze gatoyi

  • @pelinekwizera7758
    @pelinekwizera7758 11 днів тому +1

    Butoyi imanishimwe ndakuramukije amahoro yimana

  • @BerchimasBigirimana-do2sf
    @BerchimasBigirimana-do2sf 10 днів тому +2

    Ivyo nabibonye mwicinema yabafyeti kongo

  • @DieudonneNininahazwe-vd1px
    @DieudonneNininahazwe-vd1px 11 днів тому +4

    Mugihe muba mushinga intahe na cane cane mukijijwe,il faut éviter le mensonge. Mu Burundi igihano co gupfa cakuweho avant 2010

  • @EpipodeHarerimana
    @EpipodeHarerimana 7 днів тому +1

    Ubugabo bwububeshi gusa urazana ububeshi ngw igihano cugupfa kandi carafuswe

  • @AniSeth-yw6he
    @AniSeth-yw6he 10 днів тому +2

    Ndamuzi yakoreye camp muha DCA mukigobe nabanye nawe mugihe ca kararuza muri 1er military ntamasambiro ayobora DCA

  • @regulus9181
    @regulus9181 9 днів тому +1

    Wariye ubuswage wambuye abatwakazi? Nta muziro ukiriho? Wahora ubakingira ubwambuzi.

  • @ndungutsedamien3777
    @ndungutsedamien3777 9 днів тому +1

    Iyo umuntu ari agacucu yumva ko abantu bose ari ibicucu.
    Ngo inkuba yarayibonye.
    Ngo ni igisake cy'umukara?!!!!

  • @josianekwizera1974
    @josianekwizera1974 11 днів тому +1

    Ndamuzi arakijijwe kuva kera

  • @NshimirimanaJeanchristome-m7g
    @NshimirimanaJeanchristome-m7g 11 днів тому +1

    Non butoyi wakorera hehe ipete irihe itwara iporton yose

  • @AlexandreNiyongabo-j5g
    @AlexandreNiyongabo-j5g 9 днів тому +1

    Kubera iki utavuga ko muri amahasa?impanga ni ikinyarwanda petit.

  • @DiomedeKwizera
    @DiomedeKwizera 9 днів тому +2

    Ikiyago cuzuyemwo ububeshi kuko harimwo ibidafudutse

  • @jpmukito956
    @jpmukito956 6 днів тому +2

    Ikinyoma 100%. Mu Burundi peine de mort ntibaho. Tu ments comme tu respires. Komeza ubeshe kugira uronke indaro .

  • @elyseenduwamungu1445
    @elyseenduwamungu1445 10 днів тому +2

    Butoyi vrma ndamwibuka arumwana yakoreye igihugu malheureusement carrière yiwe yarangiy nabi. Ikiryosh nuko yashumbushijw

  • @ndungutsedamien3777
    @ndungutsedamien3777 9 днів тому +2

    Nta coup d'Etat yari ikinamico ngo bikize abo badashaka.

  • @JeanineKwizera-x7z
    @JeanineKwizera-x7z 10 днів тому +2

    Oy nah weretsw NKURUNZIZA YARIK KIRAZIRA UWASHAK KUMUHANGAR NTIYAHAVA. ME KOMER IGIH COSE UMUNT AGIR IKIMUHINDURA RER KAHISE NTUGAHAGARAREK AHUBW BANDANY UMURIMO

  • @chaka11
    @chaka11 11 днів тому +1

    Nabonye inkuba?!...Africa wee 🤔