Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Thanks you ❤
❤️💯
Turimerike kubantu batazicarico twobimenya GT? Ntarindi zina canke mwoturangira ahigurirwa
ikinzari kimwe barungisha umuceri
thank you so much mom i love you
thanks
Thank you 💕💕
same too u❤️💯🙏
Murakoze cane muvyeyi muguma mutubwira ivyo twogerageza, ariko nfise akabazo uwutaronse ubuki bw, umutsama yoshobora gukoresha ubuki busanzwe?
nibasi tu
Timerique Niki namavuta yinka? Igugwa gte?igurirwa he
n'ikinzari
Murakoze ngiye kubikoresha
12 jrs udasiba
Kubushuhe buhari wokwisiga amavuta ugiye kuryama?
vaseline
Urakoze cne noe utisize vaselyne ntayandi mavuta wokwisiga kubatisiga vaselyse nkajew vaselyne intera amahere
amavuta y'inka
Ok murakoze nn icokinzari umuntu yokironka gt?hama ndakubaze jeanni ayo mavuta vazerine wisiga uheje kwaga niyomavuta woroguma wisiga?cnk umuntu ayisiga mwiyomisi 12?mbwira abariyo nzoguma nisiga mumaso
nukuri vaseline original
Urakoze can nagiye kubikora
courage
Murakoze can.ham kuwukeney amaguru asaneza naw yokoresha iki??
ntangorane
Mbega ivyo wobisiga ahandi atari mumaso ahufise amatashe canke hirabura ?
bivana nahariho
Trimeric Niki kontayizi mamy
ikinzari kimwe gisa n'a jaune
Murakoze none mawe kumaboko koweragurika naje narosize amavuta canderagurika vyohezwa Niki
sintahuye message
Ariko nawe ko mbona ahomusi yijisho kurako gagufa mbona ufise ikintu cirabura wisiga ibintu vyinshi uruhu rwawe ruzonononekara
ni caméra oe ntaco mfise
Amahoro muvyeyi nashak kubaza ivyobacanga nubwobuki nsigurira mukirundi ukovyitwa
turmeric canke ikinzari
Ububeshi gus
🙏
Ikinzari kigugwa angah jani?
nkako kagopo ubona ni 5000 mille
Jew Shaka ubwire amavuta meza umuntu yokwisiga kuk jew amavuta yaranyononye pe
kora ibi uzobona impinduka
62435218
Ego,nanje ndabikoresha =Turmeric +ubuki+amata+ Cafe nkabireka 1hr or 2hr byambereye neza sana😂
amen amen
None wewe ushiramwo vyose n'a café n'amata?amata ifyufyu canke?
@12:24 ama tampons??? mwoba mushatse kuvuga iki?
❤️
@@jeaninetv ??? haruwonyishura? nukuri ntavyo numva.
Amatashe yo mumaso
@@AjenezaNancy ah d’accord. Urakoze😊
Ndashaka ubwire ndi murikeny noyikurahe?
iki iyo turmeric nibazako hose ihari
@@jeaninetv ooh nzoyirondera peee
Nukuri ndagushimira ukuntu utwogisha
ndaryohewe KO hari abashima🙏
trimerike niki se?
nikinzari cakirungo cajaune bashira mumuceri
Trimax nibik kontasobanukiwex
ikinzari kimwe ça jaune barungisha umuceri
Ikinzari twakinonahe?
ubahh nkurangire
Mukyanza ndangira ikinzari
Muri place yubuki ukoreshej ama mesa harico
oyaye ncuti yanje🙏❤️
Ikinzari kuri cotebu kirahari no mucarabu biruzuye
murakoze cane
Turimericniki?
ikinzari yafu ya jaune barungisha umuceri
Agasabuni Nakache Jaja?
pirary kamez neza
iyo woga yose
Nuko uturangira ibintu ntunaduhe numéro zaho ubikura zuraturangira ahobiva natwe tuhishikire ikinzari jewe ntaconzi wodusobanurira neza wobukoze
turmeric muba diventiste iriho ubahh
Mumasoko yos ahobadandariza ibirungo vyoguteka ubajij bac bakikwereka bahera kuri500fbu
@@jeaninetv jewe mba ngagara nzobaza murakoze
@@jeaninetv None aho bita kuba Adventiste ni amajahe?Ndahabajije kuko wama wahaturangiye ibintu vyinshi.Vandangire neza❤
Gomba uzireke ntazaguha
sintahuye?
Nn twogikura heh ikinzari
Mwisoko ah badandariza ibirungo vyoguteka hos kiba kihari ncuti
muba diventiste
Jew ntaco ntakoze amavuta ndisiga arik ibiheri vyaranse gukira
niba vyaranse koresha umukoyo womugitondo nkivyuka. vyanse ivuze kabisa uzoba waratewe
bimez gute? inbox
Nabirabura barabikoresha
cane gose ucugira ubwirabure bwiza
Hello. Bavyita tu mérites ?uko?
Turmeric uko Niko bavyita
✍️
Icokinzari twogikurahehe
mumasoko canke muba diventiste
Nifuza number zawe
kuma vidéo ziriko
canke 62435218
Nonese wakwisiga umubiri wose
❤@@jeaninetv

@@jeaninetv None aho bita kuba Adventiste ni amajahe?
Ndahabajije kuko wama wahaturangiye ibintu vyinshi.
Vandangire neza❤