Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Merci maman Imana iguhezagire reka tugerageze turabe nivyakunda tuzogushimira
Urakoze cyaneee Jeanine mwizaa,,, ndabyumvise rwose ngiye kubikora nukuri weeee,,, ndebe ko inda iga anutse peee,,, Imana iguhumugishaaa
izogabanuka iragabanutse nzobereka Ibindi,♥️
Ndagukunda cyane❤❤❤
Murakoze cyane mubyeyi, ku muntu urwaye igifu muturangire icyo ntakoresha.
Sawa Sawa vuba🙏❤️✍️
Murakoze mbega uwugwaye diabète arakinwa
Ndabikunze nzobikora ndabe kobikunda❤❤ merci mwiza
Murakoze kuturangira umuti ufise ibibazo vyumutima uranwa icocayi
tangawizi ituma amaraso imitsi izibuka nibazako WW woshiramwo clou de girofle
Urakoze cane ndagukunda. Ndagusavye umuti wo kugabanya ubuvyibuhe nawo woba ukoze. Nkumujene afise 90kg yabigabanya gute????
Ndondera nzokubwiraa
Dutabare udufashe abagwaye estomac.duhe numéro yawe.merci
62435218
Ubwo ukomeze ugire abantu inama rwose benshi baragowe cyane.
NDI kukivi
Urakoze cane Mma ,hama iki kiyiko wakoresheje nikamwe gatoyi gose canke nikimwe kigereranye!!!
Murakoze cyanee
namwe♥️
Urakoze nukuri lmana iguhe umugisha ngiye kubikora
Sha mbaye number one pe!!dukorere umuti winda rero!!😊
Urakoze cyane tubwire nuwotwofata kubera turway esitoma upunguza inda
egome
@@jeaninetvtubeirenatweturwaye esitomamuzobamukoze
Murakoze cyane kunama uduhaye tuzikeneye turibenshi.lmana ikomeze ikwagure
amen ,♥️🙏
Kubarwara igifu twakoresha iki ?@@jeaninetv
Numudufasha natw tugway estomac
Merci Jeaninne ku somo uduhaye. Mbega inda ipungutse ntijana nigisusu?mbwira nifitiye gito kigiye umugabo yoca ampa renvoie
😀😆❤️
Kkkkk
Murakoze cyane nange ndagukunda cyanep my friend imana ige igufasha ugumye uduhigire imiti nahano irwanda turabakurikira cyane.murakoze
waouh
@@jeaninetvuwugway estomac naw
Nn bakinywa rimwe kumusi?
rimwe gusa ncuti yanje
Urakoze Madame Jeanine kuri ico kiganiro c’akamaro gahimbaye cane.
amen
Urakoze cane,ariko abagwaye estomac uratubwira natwe ico twokoresha
Bonjour et bn dimanche, uratubwira abagwaye estomac ico twokoresha kugira ngo inda zigabanuke.merci kukungene utwitaho.merci
Estomac uzoze ufata amata y'imfyufyu ishushe ushiremwo ubuki
Tubwire abagwaye estomac
mwoca mukoresha ica clou de girofle
n'amavuta y'inka akuze original'ugashira mufungurwa zishushe
Murakoze cane kuduha izo nyigisho,none uwufise ingwara y'umutima yokinywa?
Mrciii bcp muvyeyi.so none iyo regime ucuyikora kugeza ryari?naho iyo nda igabanuka uguma uyifata?
ubonye résultat ucureka
Umara umwanya uvuga ibintu vyishi bidakenewe,umuntu acarambigwa kumara video yose
Ndagukunda cyane ariko se urwara igifu wabigira gute?11:37 11:40
nzobarangira uwundi,kandi nzobarangira umuto wayo
Harumuntu avyibushe mubitugu cane mwotubwira umuti wohagabanya sinzi ko vyokunda
haaa
Icocayi iyugikoresheje. Kikagukundira uhagaritse kugikoresha inda ntigaruka?
ucuja kuri discipline ukaganya imfingurwa zirimwo
Murakoze cane,none ukinwa kangahe kumusi
Matin et soir
None tukinywa imisi yose?tubarire?💗💗🙏🙏
egome kabiri kumusi
Merc saana
Merci .None ico cayi ukinywa kangahe Ku munsi?
kabiri
Hm murakoz kucirwa mwaduhay oe kubarwy estomac twoc tubigenz GT?dufash ndagusav
nzobarangira ibindi abarway estomac
Tutarya c tuzabikora nibidakunda uzambona kbs
Kontakunda ubuki mbifashe ntabushyizemo harikibazo?
ntangorane none ubwankira iki
@@jeaninetv ubuki iyo mbunyweye ndaruka bwarananiye Simba nshaka nokumva impumuro yabwo
Muraho neza, nibwo mbonye ikiganiro cyanyu nagikunze ariko ndwara igifu wangira inama nakoresha kuko ndarembye nanjye nico kibazo.
Igifu nigiki
@@JamilaNsengiyunvaigifu ni estomac
estomac
Muvandi uzakoreshe ikirayi ishu ubisye. Shrimp olive oil ubundi unywe unite nki j4 cg 7 urebe njye byaranyorohereje pe
Iki cayi amasaha meza yokukinwa nayahe?
mw'ijoro mugiye kuryama igihe
@@jeaninetv merci
Kigali Rwanda 🇷🇼🇷🇼Jeanine TV oyeeeee
oyeeeeee
Tanga numéro tukwandikireko
Urakoze cyane umuntu wakoze icyayi nkico birashira
Mireke kubesha
Murakoze cyane ndize pe Imana iguhe Umugisha
amen🙏
nawe iguhe umugisha🙏
Ugirumugisha ❤❤❤
Muraho. Murakoze kukiganiro ciza. Mbese umuntu wonsa yanwa ico cayi?
Ariko kuki uvuga wikwega? Bica birambirana uzoze ucangamukamwo niho biryoha kuruta
nzocangamuka merci
Nta effets secondaires zotegwa niyo Tangawizi ?
oya kiretse urway estomac
Urakoze cane nukuri ndashaka uzodushakire umuti umuntu yokoresha afise hagati yamaguru hanini.😢
inbox
None ico cayi ukinywa uhejeje gufugura canke?
Jew iyanje ikagenda nzoca ndakubaza aho uri ndagusororere pe !
mukama reka mbe ndarya umunyu
@@jeaninetvntukabeshye abantu 😮😮
@@esperancemujawiyera7986nukuri😅😅Nibagure iryamikanda yomunda hanyum bakor ama sport abdominaux bayambaye Nay ibindi bazoz bambwira😅😅
Nigute inda zogabanuka?
sintahuye
Hama hagenda inda gusa canke nahandi uragabanuka jew nshak kohagabanuk inda gusa
20:47
inda
Tangawisi (nsinzi ko ariko bavyandika) niyo gingembre ??Murakoze
egome ginger muri English
Ndabashimiye
Bushiraho numéro twokuronderako
@@jeaninetv🎉
Ico cayi twokinywa iha iyihe@@jeaninetv
Nivyo birakora nukuri imana ikomeze kuguha ubumenyi ubashe kubutugezaho
Irikuri what's app,ko abari mu Rwanda tutakubona ?
Nagukunze cyane mugemutubwira. hobigurirwa namafrga bigura
egome,♥️👍
Ndagukunda 🎉🎉🎉🎉
amen, ❤️🙏
Umuntu yobifata kangah mundwi???
kabiri ni bon
Murakoze cane turashaka mwigore mutwereke umuti uvura abana basoba Aho baryamye kenshi
Duhe.umuti.wongereza.amatae.imbisusu😅😅😅😅
Urateka rice harya iri mugusha umimine amazi uyabah kenshi bayanwe wamanj gusenga. Uzombwira results
Imisatsi yibigoli uteke mu mazi ubahe banywe ayo mazi avuyemo
nzowurondera
waouh nivyo birakora
Murakoze cane kutwogisha ukuntu twogabanya inda nini
Tubwire abarwaye estomac nabo bite?
umuti vuba
Turi bashasha ico cayi ninyabaki ?Ugitegura gut?
urakoze cane nn ico cayi ukimvera amasaha yishakiye
Uwibungenze aragifata?
ncuti urabaza muganga
Merci bcp Maman Jeanine uhezagirwe . Uzapime ni cyayi cya gingembre na clous de glirofle na cannelle de Saigon
murakoze
zmen
Murakoze cane.iyo tangawizi y'ifu umuntu yoyironka gt?
muba tampera
Mbe ubikore Sha kangahe?
Merci Mme Jeàine
Merci bcp maman ariko USA nesa caaan uzombwire ico wisiga❤
Uwugwaye estomac ntandimu akoresha twokora gute? Courage madame ubikora neza
murakoze gushima
Namahoro, noneko uwugwaye High blood pressure ko atakoresha tanga wizi umuntu mumwanya wito tanga wizi yoca akoresha iki?
Merci beaucoup
de rien ♥️
Ukunda kuvuga uhumiriza nukuberiki?
Sha nabonye jeho kwagwaye yakire gukira mwizina rya yesu , merci pour l'observation 😅
kubera caméra ibiriko yaka umuco mwinshi
Hagabanuka,inda,ukonyene?
Waziye igihe❤❤❤
Ubikora se mugihe kingana iki?
Murakozz. None ukinwa kangahe ku musi mugitondo? Cank mwijoro?
mugatondo no junugoroba
Murakoze cane mbega ukinyoye ntugabanuka wese
oya ahari cholestérol mbi hose baragenda❤️
Waduha nimero yawe narinarakubuze
Jye rwara estoma wandagira ubindi,urakoze.
egome,❤
udasizemw ubuk harinakimwe??
vyiza wobishiramwo
Umuntu akinywa kangahe kumusi??
2 fois par jour
Mbese mubyeyi kongewe nagikoze icocyayi nkashaka kujya cane?
haaaaa♥️
None Koko bisaba mumisi 3? 17:02
Mukiri Imana iguhezagire
amen amen🙏
Mciii bcp muvyeyi.so none uguma kuriyo regime gushka ryari?
ucureka mugenzi
Ubuki butarimwo hari ingorane?
Ushoborakubinkwakangahe kumunsi?
Urakoze cneee imana iguhe umugishya ❤❤❤❤
Merciiiii. Ngaho tubwire urwaye estomac akoresha iki?
woba uraretse ivyo ugakoresha karafu
Urakoze cane.Nanje Ngiye kubikora mere neza Munda❤
nukuri Jew narimfis Nini irengeye uko ngana
non Jajachu uwonsa nawee aremerew kubinywaa
Byiza cyane😊
Duhereza numéro twokuronderako kubarwaye estomac
Jeannette urakoze cyane mukundwa🥰ndasabye umpe nimero yawe,jewe ndafise ubugwayi bwa estoma,undangire ico nakoresha.
Nukuri tubwire uwurwaye estoma yobigenza gute ?
Duhu num zanyu
ziriko kuma video
Nonex iyo tangawizi ntiyakurya mugifu ???
ukirway woyireka
Turagukunda cane Mm Janine
ndabakunda nnje❤
Bonjour ni ubwambere ndavye tv yanyu ariko ntiwavuze ico cayi nukukinywa kangahe kumus?
Ñnese icyocyayi ukinywa kangahe kumunsi ukabifata iguhe kinganiki?
Urakoze cyane pe reka najye nzabigerageze
Murakoze cane je mfise ikabazo ca estomac sinwa ubuki sinzi ko womfasha umbwire ikindi nokoresha
Bt Janine nukuri ndaryohew ninyigisho zawe.duhe nimero yawe kugira tuvugane kuko ngwaye estomac.menye uko nokora inda igabanuke murakoze.
WW ntiwofata uwo nzokurangira uwundi
Nagukunze uvuga neza disii
🙏
Muraho neza? Mudufashe muturangire natwe abarwaye igifu
Inda ibyimbye iterwa na Alimentation ou bien des Hormones
Merci maman Imana iguhezagire reka tugerageze turabe nivyakunda tuzogushimira
Urakoze cyaneee Jeanine mwizaa,,, ndabyumvise rwose ngiye kubikora nukuri weeee,,, ndebe ko inda iga anutse peee,,, Imana iguhumugishaaa
izogabanuka iragabanutse nzobereka Ibindi,♥️
Ndagukunda cyane❤❤❤
Murakoze cyane mubyeyi, ku muntu urwaye igifu muturangire icyo ntakoresha.
Sawa Sawa vuba🙏❤️✍️
Murakoze mbega uwugwaye diabète arakinwa
Ndabikunze nzobikora ndabe kobikunda❤❤ merci mwiza
Murakoze kuturangira umuti ufise ibibazo vyumutima uranwa icocayi
tangawizi ituma amaraso imitsi izibuka nibazako WW woshiramwo clou de girofle
Urakoze cane ndagukunda. Ndagusavye umuti wo kugabanya ubuvyibuhe nawo woba ukoze. Nkumujene afise 90kg yabigabanya gute????
Ndondera nzokubwiraa
Dutabare udufashe abagwaye estomac.duhe numéro yawe.merci
62435218
Ubwo ukomeze ugire abantu inama rwose benshi baragowe cyane.
NDI kukivi
Urakoze cane Mma ,hama iki kiyiko wakoresheje nikamwe gatoyi gose canke nikimwe kigereranye!!!
Murakoze cyanee
namwe♥️
Urakoze nukuri lmana iguhe umugisha ngiye kubikora
Sha mbaye number one pe!!dukorere umuti winda rero!!😊
NDI kukivi
Urakoze cyane tubwire nuwotwofata kubera turway esitoma upunguza inda
egome
@@jeaninetvtubeirenatweturwaye esitomamuzobamukoze
Murakoze cyane kunama uduhaye tuzikeneye turibenshi.lmana ikomeze ikwagure
amen ,♥️🙏
Kubarwara igifu twakoresha iki ?@@jeaninetv
Numudufasha natw tugway estomac
Merci Jeaninne ku somo uduhaye. Mbega inda ipungutse ntijana nigisusu?mbwira nifitiye gito kigiye umugabo yoca ampa renvoie
😀😆❤️
Kkkkk
Murakoze cyane nange ndagukunda cyanep my friend imana ige igufasha ugumye uduhigire imiti nahano irwanda turabakurikira cyane.murakoze
waouh
@@jeaninetvuwugway estomac naw
Nn bakinywa rimwe kumusi?
rimwe gusa ncuti yanje
Urakoze Madame Jeanine kuri ico kiganiro c’akamaro gahimbaye cane.
amen
Urakoze cane,ariko abagwaye estomac uratubwira natwe ico twokoresha
Bonjour et bn dimanche, uratubwira abagwaye estomac ico twokoresha kugira ngo inda zigabanuke.merci kukungene utwitaho.merci
Estomac uzoze ufata amata y'imfyufyu ishushe ushiremwo ubuki
Tubwire abagwaye estomac
mwoca mukoresha ica clou de girofle
n'amavuta y'inka akuze original'ugashira mufungurwa zishushe
Murakoze cane kuduha izo nyigisho,none uwufise ingwara y'umutima yokinywa?
Mrciii bcp muvyeyi.so none iyo regime ucuyikora kugeza ryari?naho iyo nda igabanuka uguma uyifata?
ubonye résultat ucureka
Umara umwanya uvuga ibintu vyishi bidakenewe,umuntu acarambigwa kumara video yose
Ndagukunda cyane ariko se urwara igifu wabigira gute?
11:37 11:40
nzobarangira uwundi,kandi nzobarangira umuto wayo
Harumuntu avyibushe mubitugu cane mwotubwira umuti wohagabanya sinzi ko vyokunda
haaa
Icocayi iyugikoresheje. Kikagukundira uhagaritse kugikoresha inda ntigaruka?
ucuja kuri discipline ukaganya imfingurwa zirimwo
Murakoze cane,none ukinwa kangahe kumusi
Matin et soir
None tukinywa imisi yose?tubarire?💗💗🙏🙏
egome kabiri kumusi
Merc saana
Merci .None ico cayi ukinywa kangahe Ku munsi?
kabiri
Hm murakoz kucirwa mwaduhay oe kubarwy estomac twoc tubigenz GT?dufash ndagusav
nzobarangira ibindi abarway estomac
Tutarya c tuzabikora nibidakunda uzambona kbs
Kontakunda ubuki mbifashe ntabushyizemo harikibazo?
ntangorane none ubwankira iki
@@jeaninetv ubuki iyo mbunyweye ndaruka bwarananiye Simba nshaka nokumva impumuro yabwo
Muraho neza, nibwo mbonye ikiganiro cyanyu nagikunze ariko ndwara igifu wangira inama nakoresha kuko ndarembye nanjye nico kibazo.
Igifu nigiki
@@JamilaNsengiyunvaigifu ni estomac
estomac
Muvandi uzakoreshe ikirayi ishu ubisye. Shrimp olive oil ubundi unywe unite nki j4 cg 7 urebe njye byaranyorohereje pe
Iki cayi amasaha meza yokukinwa nayahe?
mw'ijoro mugiye kuryama igihe
@@jeaninetv merci
Kigali Rwanda 🇷🇼🇷🇼
Jeanine TV oyeeeee
oyeeeeee
Tanga numéro tukwandikireko
Urakoze cyane umuntu wakoze icyayi nkico birashira
egome
Mireke kubesha
Murakoze cyane ndize pe Imana iguhe Umugisha
amen🙏
nawe iguhe umugisha🙏
Ugirumugisha ❤❤❤
amen
Muraho. Murakoze kukiganiro ciza. Mbese umuntu wonsa yanwa ico cayi?
Ariko kuki uvuga wikwega? Bica birambirana uzoze ucangamukamwo niho biryoha kuruta
nzocangamuka merci
Nta effets secondaires zotegwa niyo Tangawizi ?
oya kiretse urway estomac
Urakoze cane nukuri ndashaka uzodushakire umuti umuntu yokoresha afise hagati yamaguru hanini.😢
inbox
None ico cayi ukinywa uhejeje gufugura canke?
Jew iyanje ikagenda nzoca ndakubaza aho uri ndagusororere pe !
mukama reka mbe ndarya umunyu
@@jeaninetvntukabeshye abantu 😮😮
@@esperancemujawiyera7986nukuri😅😅
Nibagure iryamikanda yomunda hanyum bakor ama sport abdominaux bayambaye
Nay ibindi bazoz bambwira😅😅
Nigute inda zogabanuka?
sintahuye
Hama hagenda inda gusa canke nahandi uragabanuka jew nshak kohagabanuk inda gusa
20:47
inda
Tangawisi (nsinzi ko ariko bavyandika) niyo gingembre ??
Murakoze
egome ginger muri English
Ndabashimiye
Bushiraho numéro twokuronderako
62435218
@@jeaninetv🎉
Ico cayi twokinywa iha iyihe@@jeaninetv
Nivyo birakora nukuri imana ikomeze kuguha ubumenyi ubashe kubutugezaho
Irikuri what's app,ko abari mu Rwanda tutakubona ?
Nagukunze cyane mugemutubwira. hobigurirwa namafrga bigura
egome,♥️👍
Ndagukunda 🎉🎉🎉🎉
amen, ❤️🙏
Umuntu yobifata kangah mundwi???
kabiri ni bon
Murakoze cane turashaka mwigore mutwereke umuti uvura abana basoba Aho baryamye kenshi
Duhe.umuti.wongereza.amatae.imbisusu😅😅😅😅
Urateka rice harya iri mugusha umimine amazi uyabah kenshi bayanwe wamanj gusenga. Uzombwira results
Imisatsi yibigoli uteke mu mazi ubahe banywe ayo mazi avuyemo
nzowurondera
waouh nivyo birakora
Murakoze cane kutwogisha ukuntu twogabanya inda nini
egome
Tubwire abarwaye estomac nabo bite?
umuti vuba
Turi bashasha ico cayi ninyabaki ?Ugitegura gut?
urakoze cane nn ico cayi ukimvera amasaha yishakiye
Uwibungenze aragifata?
ncuti urabaza muganga
Merci bcp Maman Jeanine uhezagirwe .
Uzapime ni cyayi cya gingembre na clous de glirofle na cannelle de Saigon