😭INTAHE IBABAJE CANE😭 //UMVIRIZA IYI NTAHE UHEZE WIPIMEKO WUMVE KO WEWE WOBISHOBORA//NGAKA AGAKIZA
Вставка
- Опубліковано 5 вер 2024
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Iyintahe irakomeyepe nukuri agakiza waragakoreye❤
Amina cane !
Iyi ntahe vyukuri Idukomeze twese abahisemwo gukurikira Yesu Kristo, ntihaze hagire ikintu na kimwe kizomudukurako.
Nukuri ndarize manawe abo bavyeyi bazobona ibara bari buzuyemwo abadayimoni warabaye umuhizi bo guhama abantu b 'lmana yoooooo? Imana yariyetekanye kweli yesu kristo nahabwe icubahiro nimureke lmana yitwe lmana
Yoooooo mbenga intahe ikomeye 😢😢😢😢😢😢waraciye mubikomeye peee ariko hashimwe YESU KRISTO koyahabaye akagutabara ❤❤❤❤❤
Nuko yarakiri umwana,nayubundi yari guhunga akahava nka bakuruwe! Imana izomuhe ijuru.
😢Imana iguhe umgisha niherezo ryiza ku ntahe uduhaye
Imana izoguhe ijuru,warikoreye umusaraba koko
🎉imana itubabarire cane
Agrippine yaranyubatse Imana Imuhe umugisha,kandi ndamwipfurije kuja mwijuru mw'Izina rya yesu
ameen
Iyintahe iraryoshe kwumva atanduru irimwo kweli ntiwtumva neza kubera harimwo urwamo rwishi cane uwomuntu nimba yoboneka iyontahe yoyitanga kandi ikavugirwa ahantu hatuje
Imana ishimwe cyane
Kandi izaguhe ijuru
Mbga umupatiri avangiweeee😢😢😢humura uwuzoguhangara azob akoze mumbonero y IMANA.numv ndagukunze vyo mumutima.mfs amajambo meshi novga kuvy uyu muntu arik IMANA ize imuhe ijuru nkri
Ewe Mana utugwanira ibikomeye😢😢
Agrippine yabaye umuhizi w' inkomezi azotubwire amakuru ya bakuru biwe.
Wararwany,intambara nyinshi ico nokwipfuriza niherezo ryiza .
Imana imuhezagire
Vy'ukuri no mw'iyi misi abahizi baracariho kweri. Uhoraho aduhezagirire Agrippine
amen
Bantu b'Imana,abo bavyeyi ba Agrippine nibo Bari bavumye,Bari bafise ibindi vyinyegeze muribo,Bari baratewe n'umudayimoni udasazwe,kuko ivyo bikogwa vyakoreye uwo mwanya s'ibikogwa vya Ekreziya, ntihave IBA intahe yo gutukisha inshengero iri canke ririya!!
Part 2 please
Nkri uyu muntu aze akunde musazawe yamuberey incuti nzizaa.Imana ize iguhe ijuru muvyeyi mwiza!knd nanj uzonsenger tuzobaneyo
amen
Muduhe ikindi gice
Mana weee, bamwe twahaw agakiza vyoroshe...Numva amosozi.
nivyo
Pourquoi vous ne traduisez plus 😢😢😢
Muduhe part 2mbegintahe😢😢🙏🙏🙏
Urafashij intahe yaw iranyogey inkomez
Umuvyeyi papa wiwe yarateye ubwoba
caneee
Ivyobintu kweli numusaserdoti w'lmana yabivuze.ndatangaye cane.
nivyo
Dukunda ibiganiro mutugezaho mwadusura nokuri irahindura by Joel tv
Dukwiye kwama dushima imana
ego cane
Agrippine lmana lmuhexagire lmwongere lnkomezi lmurinde lmyuka mibi
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢Mbenga intahe weeeeee😢