#BRB

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 11 вер 2024
  • #Burundi : Ibanki nkuru y'Uburundi yatunganije ikiganiro iri kumwe n'umuhinga muvy'ubutunzi Léonce NDIKUMANA, aho yashize ahabona igitabu yise "Inyuruzwa ry'ubutunzi bwa Afrika, ababusahura n'ababorohereza". Umukuru w'Igihugu c'Uburundi yari yateye iteka ivyo bikorwa ngo ni akaryo ko kwirimbura bongera bahamagarira incabwenge z'Uburundi ziba hanze kuza gufasha mw'iterambere ry'igihugu.
    #Burundi #BRB

КОМЕНТАРІ • 10

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru2887 21 день тому +1

    Dusavye aba journalistes na Banque du Burundi bazadikira bamusabe Léonce NDIKUMANA kuzakora films ( en français et en anglais ) yigitabo ciwe. Bizodufasha twe abanyafrika bose et les générations avenir.
    Murakoze!

  • @AdamsMusisi
    @AdamsMusisi 22 дні тому +3

    Imana ibahumugisha nacanecane mr p

  • @isaacmpawenimana5121
    @isaacmpawenimana5121 16 днів тому

    Ndashima cane ukugene Neva Ari mu bakuru b'igihugu bemeye kuza baratunganya ibiganiro biha incabwenge z'abarundi ijambo bakagira ico batereye kuko bazi ibintu vyinshi caane bize ibindi babisumye hanze.Hama presida nkamusaba nawe gushira mu ngiro vyihuta ivyo abahinga baba basavye

  • @moshwayne2565
    @moshwayne2565 22 дні тому +1

    Burundi hejuru

  • @PacifiqueIrambona-gh1dd
    @PacifiqueIrambona-gh1dd 22 дні тому +1

    Nama nibaza igituma yamaze gutunganywa ibiganiro vyishi nkivyo ariko ukarindira impinduka ukaburaa

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja 22 дні тому

    Hejuru 🇧🇮🇧🇮❤❤

  • @jmc2196
    @jmc2196 22 дні тому

    Biriko biraza uwu Nyakubahwa ntaco atariko arakora IMANA imuzigame basesa nkuyoze niba batazoduhekura 😢

  • @jeanmariehakizimana4578
    @jeanmariehakizimana4578 22 дні тому

    Vyiza caaan ndabashimiye.

  • @imanipierre6449
    @imanipierre6449 22 дні тому

    ❤❤❤❤mukomere!!!❤❤❤❤❤

  • @StephensKeith
    @StephensKeith 9 днів тому

    Wilson Helen Lopez Kimberly Wilson Richard