Ikibazo kiri kumu darara niwe azi ukwo vyagenze kuk nubwo yoba yaragize ikibazo ari ku kazi darara baramubwira ,ingorane uwo darara ntavugisha ukuri kandi harabo numva bavuga ngo yari ku mu darara w'umu kenya aho rero biba bigoye ng'ukuri kuje ahabona
Mwihangan Bavyeyi,nimbon ntash amahoro nzoshimir Imana bikwiye
Iman ibahe kwihangana muribino bihe kuko ntivyoroshe kd ibikomeze ndunva ngizagahind kenshi nukur ariko ntakundi twese niyonzir ntahotworusimbir
Pol Sana nukwihangana bavyeyi ark rero uwomukobwa ashobora kuba yarishwe nuwaramutorokesheje ark vyoba vyiza babazaniye ikiziga mukacihambira uwiteka abakomeze
Ndabihanganishij Imani ah kwihangan wosang ahar atapfuy
Nimunduhe Aderese tubaze mubyeyi 😢😢😢😢😢😢😢😢 Turihafi
Nibabereke ikiziga,kand nimwiture président abasabire babereke ikiziga mumenye uko yapfuye!bareke kubabesha ngo yishwe nurwakarago!
Yooooo😢birababaje cane rwose kweli Imana ibahe kwihangana bavyeyi gusa birababaje kubura uwawe ntumuhambe duuuu😢gusa ibibintu birimwo amakenga kweli
Kuberiki bamvyeyi mwemeye gutanga uruhusha gokwemera ikibondo ncanyu ncohabwa mugihugu kitari gwiwe aho gusaba ubufasha ambassade yancu nincuti nabagenzi turino bakagerageza bakamurungika umuvyimba mugihugu😭😭😭🥺🥺basha mureke kuzoba mugira ibintu kivyoooo harakarusho kanini kubona akaburi kuwawe badiiii
Yooo😢😢😢😢bavyeyi mwihangane birababaje ariko uyo yafashwe numu boss wiwe sinizerako akiriho nubwo bamwe biremesha abarabo ntibamenyegwa
Tuzaguhererino. Imanutugwanire
Wosanga umudalali wiwe yaramukoredha mubumaraya
Abasande nibayihe iyonimero yuwomudarara abahukuri kuko niwe aziyoyamusize sha abantu barabayibikoko
Mpole cane nimwihangane
Cane bavyeyi
Turihanganishije ababuze😢😢😢😢
yooo uyu mukobwa ndamuzi nukuri imana ifashe nibibe arivyo hama sauda merci kuza murugombo iwacu😢
.iha ngane muvyeyi aho baramuturiy kbs
Non kwino nzi hariho Ambasade yabarundi. Ntibobafasha ukuntu umubiri wiwe ugahambwa iwabo😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢. Koko.
Niba Yari umukotr ambassadeur yuburundi nirazima umubosi wiwe abikore
IMANA ibahe kwihangana gukomeye
Biragoye kwakira birababaje kweli lmana ikomeze abo bavyeyi😢
Iyaba ari muri contra yamenyekana ariki yaratorotse bitagoye kweri
Imana imuhe iruhuko ryiza manawe😭😭😭😭😭
Non nkub kok ambassade ntiyogir icikoze bakamutahan agahambw iwabo 😭😭😭😭😭💔💔💔
Nihatari hari video twabonye bavuga ko ariwe 😢😢😢😢😢😢
Muyiduhe hemw@@rrrxomam740
Basha murabaza neza mutekanye mumitima kovyashitse agatoroka wosanga boss wiwe yaramufashe akamufungisha igihe nikigera bonyene babishaka bazomurekura jewe numva amen mumutima ndizerako yobakiriho twizere nabandi birababako bagatogwa mwibohero
Nibiha ngane usanga avuzwe ovyo birashika ungasanga ara fuzwe amezi 6atandatu bakamurekura muza mubona
Life257 komwabuze
Habayiki gayemwe
Nibareke kubahenda nihari❤❤nubu escro bwabantu
😢
Niba atafoto yikiziga mwaronse nububeshi kumbure arafunzwe nimurondere ambassadeur abikoreko amatohoza muzomenya ukuri
ni umunyarwandakazi yitwa Assia nukuri ndizeye ashobora kuba ariho kuko nimba yariyatirotese harigihe afunzwe cnke yarahinduy umurongo nukuri twizere ariho kweri Imana idufashe nihatari
mwihangane bavyeyi.gusa kuberako yariyatorotse.usanga igipolice caramufashe usangarimugasho.none kwatanikiziga bigeze babereka.reta nibafashe kuk niyibarungika
Yazize kuryoherwa nimbor yamwarabu mwihangane
Isi twese izorumir war gutum winumir😢😢😢
Mwihangane be vyey 😢
Saudia ni mubucany peee sijew nzobon ndatash peeee nzoshikira murusenger nkubit amavi hasi 😢
Rekasha harabakobwa ufasha hama ashitse nukuri bagaca baja mugakuku rero ikintu nohanura abakobwa batoroka nimugume kubaba fashijbeshi bacabajakuba ahandi kubwo guhunga amahera babazanyeko 😢😢😢hama ngaha hanze nuko muntu vyagenzuko agafir ahomuba muca muhava rero ngaho vugana na ambassadeur yuburundi irazima yoyo irahagera
Yooo yagiy mwibarabara pôle sana Imana ibakomeze
😢😢😢😢Nibihangane
Reka ntahe kbs😢😢😢😢😢😢
Narimumigambi yogutoka ndahevye kbx abarundi urukundo rwaranduheranye uwamutorokesheje niwe azi iyari ahubwo icombona nibakore amatohoza bamenye uwamutorokesheje hama avunge iyoyamusize
Ntuzopime gutoroka mukobwa aba dalara ba barundikazi ubukozibwikibi bafise babusuvya abarabu
@@PrinceQueen-m4w nukuri narahevye nimbona naniwe zotaha
Reka abakenya na bagesera aho wenyene barazi iyari
Muze tuje twihangana nubwo kub muma contrat bitatworoheye,ariko twigumye kuk upfuye waratorotse ntibagutahana muga upfuye Ur mur contrat ni ngombwa bagutahane muze twihangane basha AB bantu turimwo utorotse barashobora kukugirira nabi pe!Imana Ikomeze umuryango
Birababaje ariko mwihangane kabisa
Nukuri saudia ivyo bintu birababaje NNE umuntu yomenya arondererahe muri morge yahehe kugura amufotore? Kuki sauda iyi saudia Nini gose ntawomenya ibitaro woja guhigiramwo
Turabakunda cane
Wafatiliye watafute alikuwa anaeshi nanani
Aliye mtorokesha anahusika na kifu cake
Pore gutorokabifisamahigwemakecanee
Wosanga agihari nukur basha kuba atamuntu numwe arabona ikiziga ciwe uyo ntarapfa nukur😢😢😢😢nuko winva yatorotse atamahera afise kandi nafone akaba atayafise imana ibashoboze bavyey😢😢😢😢
Hama ikavahe telephone ibege bigashika kuri ambassador gte ntawuhari yarapfuye
Gusa nawe yatorotse kare namelist 6 mais zitarahera
Tirahojj numuryang wabuze.ham sauda urumunt wakamaro mu rugombo turakwishimiye
Iman idufashe abarihoo
Nimba mugutoroka atigeze ababwirako yashitse aho yatorokeye usanga umubosi yaramufashe bakamwaka fone canke bakamufunga jew sinibazako arivyo yapfuye wap wl😢😢
Ino nimubagesera birenze nkajew ngunankora ngwaye ndababwira kingway mugabo ntibanyunva
Sauda geragez ubaze aho yarahererey igisagar yararimwo tubaze abari mugacho ko batomubona urachobor gusanga kl baraj kubafat akiruk fon4 akayisig nisajochi nakarangamuntu akaba afuzwe nukuri 😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Basha uyo mukobwa jewe ndazi komuzosaga ariho muzosaga bari mugasho kbs
None konuva ntamusi yaramazino kuberiki batarodera abamufafirishije bakabaza ofisi yari yarashikiyeko bakabaza umubosi yajekumutora kuko babababazi ntagoyozimiruko gusa kuko uwugutwaye bababamuzi
Abarabu bafise amategeko nabo baracakora amatohoza yabo
Saouda uzokore ubushakashatsi bwirya vidéo y'urya mukobwa yariko asambana na boss munyuma aboneka bamwishe.jewe iyo video narayibonye
Yaciyehh iy video ko tutayibonye
@@manimfasheansaansa7548 muma groupe yaratanzwe gusa ntabwo basa nuyo
Abarabu ntibafotora ikiziga niharamu
Nukur uzosang afunzw kwel abarabu nabicany kuko umwarabu ntibashira ikizig muri morge imisi 2 cank 3 abo nabicany gus
uyo arahari gsa ntafise igimukurikirana
😭😭😭😭😭
Uyo itakua yupo hai mtu akifa ni lazima jama na marafik wajue na kitu picha hawawezi kukosa kupiga sema itakua yupo jela hivo
Iyoniyongorane yabatoroka hagukora murihe ababatorokesheje ahubwomuca mwigakubatoroka mukagenda kubandi badara murekutaza umurarya ibisengeye nonenkuyo nimbayapfuye nafanye I aha cideniryumunu yamutabaye
Jewe sauda ndagushimira kukuntu ufise umwete hama vyiza nuko abobavyeyi bokwihangana kuko uyo aracariho birashika akaba yatorotse igiporisi reo nibihangane ino soudia duhura navyishi
Nanj video ndazifis kwel sinzi karivyo yooo nihatari
Uwo barahejeje kumuhamba
Imanikore bibe arububeshi kweri ́ubera atakiziga barabona
Vyobintusivyo vrt kukonatwe ntitubitahura kwel ntarapfa Alice usangakiriho kuko birimwo amanyanga ivyobintukwel
Sawd😢😢imaniguhumugicha😢😢
😭😭😭😭😭😭😫😫😫😫ark manawe turagowe
Ngwarahari barabeshe
None nibabaze ambassader abahe umuco wavyi mbega yarakomwibarabara canker muri cotra?
Nukur biba bitey agahind
Alice achobora kuba ari muzima pee ataruko naho bagiye kubibabwira baramuhamye 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Nukuvuga yuko Umukenya yaramutorokesheje umushoferi ntiyamuriha, atira na iniforme zakazi imyamaro 4 yideni umudarara amurungika kukazi agifise nayomadeni ashobora kuba yaragiye kukazi agatijya kuriha ayomadeni yuyodalala akaja kuwundi mudalala ivyo barabikora abakobwa ariko rero aho yagiye kuwundi mudalala usanga ariho yagiriye ikibazo kandi umudalala wumukenya niwe mwiza abadalala babarundi uzi ukuntu aribabi????ariko umudalala wumukenya vyopfuma
❤❤ ndabihamya cnk umu Ouganda
Ntakundi
Nimuduhenimero.yuwomukenya
Na mezi abiri arahera ivyo ntibibateribwoba
Watu wa bara barani washuhulikiye ichokitu please tunawaomba😢😢😢 alafu sauda wenye walikuwa wanataka kumtorasha niwa nani ????
Mihagane mama birabaje
Bavyeyi mukomeze kwihangana ark ntamuco babahaye kk saudia umuntu apfuye baca bamuhamba ntagobashira muri morge
Barabashira muri morgue mbere n'igihe kirekire
Yoooh basha wosanga akiriho 😭😭
Man yanje ibibintu bichobora kuba atarivyo pee ndibuk uwo bigeze kubik nkuko munyuma aza kuboneka nibatume bamutahana basi abiwabo bamuchingure 😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Bavyeyi komeza kwihangana nukuri birababaje
Ahorero usaga baramunyoze uwomukobwa niyompavu.beshi bababwira bareke kuza baratoroka kuko ivyino ntibiba vyoroshe
Nimbe aruko vyagenze nibazeko agihari
Ahubwo sauda warikubaza uyo mukenya yari saudia amajahe ? Kuko saudia ninini, nivyiza ko bomenya quartier yararimwo kugira bamurondere bitagoranye, canke quartier bamutoyemwo yapfuy bayivuge
Jewe,ivyobintu ntibitahurutse musaga yaratorotse igiporisi kikamufata ugasaga arimugasho abantu bari mwibarabara bazi uyo muntu bakaba barikumwe nibavugishe kuri aho bamusize barabe uyo yamutorokesheje bamukurikirane
Abakorayo ntibashobora kukubwira ivyahooo sinzi ariko birababaje
Yoooo kumbe nimushiki wa égide?
Ikiriho kugirababimeny abarihobac babafash babwire ambassadeur bafotore ikiziga mumenye ukuri
Nimba vyazananye muri Embassade bikagenda uko bishobora kuba arivyo p
Abo bakenya nibabi cane urinz utorokera mubakeny ubu gowe kbsa
Aho bamutwaye amafyigo
Yoman harigih mwosang yaratorotse igiporisi kikamufata bakamufung rer manzemutohoz twumv ngodufis ambasande ntacatumariye
Saudi karibu iwacu murugmbo
Mpore yesu abababe hafi😢
Ikibazo kiri kumu darara niwe azi ukwo vyagenze kuk nubwo yoba yaragize ikibazo ari ku kazi darara baramubwira ,ingorane uwo darara ntavugisha ukuri kandi harabo numva bavuga ngo yari ku mu darara w'umu kenya aho rero biba bigoye ng'ukuri kuje ahabona
Nta mudarara yemera umuntu yapfuye bamutaho bakigira bahamagara polici bahavuye hose niko bimeze kandi na bossi wiwe atarimuntu mwiza ntashobora gutanga amahera yikiziga urunva yarakiri namushasha
Ahokl abarundi murihaze ntimwogira icomukoze muruvako atanikiziga barabona bashanimugire icomukoze nukuri tuzokunda gute?tuzofashanya gute nukuri nimuzendufashanye basi bamenye ukuri😢😢😢😢
Abarundi barino batorose barabaye nabi ninkibikoko
Nukwihangana
Urumva saudi yari mwibarabara harigihe yoba angihari
Nibafotore ikiziga mumenyekoko karumwana wanyu
Jewe mundwi heze nagiye kumpimba yo muri omani nasanzeyo abantu beshi batandukanye ndetse hariho nabo nabonye bahora babapibiriya muma group ngo barapfuye kumbe bari mugasho nabo rero nibatekane uwabo ngira yoba yarafashwe na porisi agafungwa
Bibonekanako batanze amahera kugira ukurintikujahabona