Bravo à Inès témoignage yiw yageragej k nabarik barayumviriza biga tout en garda ibanga ry'urugo mukutavuga ama détails yocafuza uw bar bubakanye. Ur umupfasoni w'ibanga big up to you Mme Inès
Bonsoir, je vous écris depuis la France kugira ndababwire ko nkunda ibiganiro vya Siren vibes, des sujets édifiants. Continuez à rayonner....ndabakunda caneee🥰🥰
Merci bcp pour le témoignage si instruisant. Hosy...,Tu nous a apporté le personnage important, qui a marqué longtemps le journalisme burundais. Je connais bien cette Dame #Ines ( Maman Be...) Comme personne de zèle, compassion.... J'apprécie profondément les relations amicales qui la lient avec ses enfants. C'est vraiment un arme offensif contre les effets négatifs de votre séparation avec leur Père. Sois forte !!!!
Ariko umugore wese adivorsheje nukumwubaha kuko ntivyoroshe surtout harimwo abana par contre naho woba ukunda umugabo wawe gute wame wibuka wamugani UMUGABO NUMWANA WUWUNDI anything can happen ntacomupfana kubisanzwe. Malheureusement muri africa nta lois i protéger abagore nabana. Jewe mes parents bavanye j’avais 5 avec mes 5 soeur papa yatureze wenyene gushika twese tuve i Burundi à l’époque je me suis pas rendu compte kuko papa ne s’est pas remarié la vie était ok sauf que maman n’était pas là et elle s’est jamais inquiété pour nous papa yaratureze bien seule.
Merci temoignage yawe iranyubatse,hama reka ndakwibutse indirinbo yakabiri wakunda ni umporiki bakavugamwo (premiere bureau) wakunda kuyinsaba uri muri studio 🥰
Témoignage ya Madame Ines iranyubatse caane. Merci bcp uri Intwari. Imana igume iguhezagira. Tu as pris une bonne décision, si tu n'as pas de bonheur quelque part ....tu quittes. Merci aussi à Hosy pour l'émission.
J'ai toujours une question nama ngumana iyo numvis les histoires de divorce, kubr ik twumva les dames gusa,abagabo ntivyiger bibananira? Hosy ndaguhaye challenge uturonderr version y'umugabo vyanse
Iyo conseil ya Madame inès iri wise. Urukundo gusa ntirukwiye pour s'embarquer avec quelqu'un. Birakenerwa gushira Les pieds sur terre muguhitamwo avec qui de marier. Cane cane Les filles mwige kumviriza Les conseils Des parents.
Anaclet none hoho vyoba vyo ingorane yoba IRI hehe?nukuri abantu muragowe iyo ni vie privée yiwe.ntibikenewe et d'ailleurs kubizana muri commentaire.Hosy love you so much
Courage abafise de tels problèmes, la vie est faite de haut et de bas, j'encourage ababivuga kuko c'est encourageant la meilleure moyen de se soutenir ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Jewe nguma ntangara ingene abana bubu baciye ubwenge twebwe à votre âge déjà abavyeyi ntibakureka ngo uje kwibana canke ngo nje gukora ayaa à 25 ans narimuhira basha ntaniciyimviro cokuhava en tout cas ibihe birahinduka
Mwaramutse na Mwiriwe ku bakunzi bacu cane cane ab’ikiganiro My Journey 🙌🏽
Uyu musi turigira ku ntahe ya madam Inès KIDASHARIRA.
Kwahukana n’uwari umushingantahe wiwe ukijijwe Muri Société ikubwira ngo niko zubakwa yabibayemwo gute?
N’izihe mpamvu nyamukuru zamukuye mu rugo? Uyu musi abayeho gute? N’iki ahanura abatarubaka Eka n’abamaze kwubaka?
Kurikirana iki kiganiro ntimuza kwicuza🥹🤗❤️
PS: uwukeneye kumuganiriza arashobora kumwandikira yaba Facebook, Instagram na Twitter. Ni Inès Kidashirira hose.
Ndafise Histoire nanje kubijanye na Divorce, nuko mperuka kwubaka urundi rugo, ntazi uko umugabo yovyakira nje kuri Camera
@@Love-kd6ws uzabanze ubimumenyeshe yumve ko bitazomubangamira murugo rwanyu harinubwo wasanga atabishima kowobishirahanze
@@Love-kd6ws murabanza mubimubwire ncuti ntazovyakire nabi. Abikwemereye karibu cane
@@sirenvibestv muraduhimbara
@@sirenvibestv ngo histoire yamyu iratwengeje🤔ntagitwengej kirimwo
Urugo ruragoye kuvamwo. Ntuvyuka uyu munsi ngo uvuge ngo ndagiye! Iyo umudame arinze afata décision ati ndateruye n’abana urugo ndaruhevye haba hari impamvu. Abantu birinde ayo ma critiques négatives yabo. Secret iba izwi na nyene gufata décision. Courage kubo bigikundira kuba muri “Niko zubakwa” bigqkunda. Ariko bacunge santé mentale yabo ntihungabane. Merci bcp Inès and Hosy kuri ico kiganiro
Inès ma chère, femme Forte, intelligente, simple , polie abakuzi turagushingira intahe. Love you 😍
Bravo à Inès témoignage yiw yageragej k nabarik barayumviriza biga tout en garda ibanga ry'urugo mukutavuga ama détails yocafuza uw bar bubakanye.
Ur umupfasoni w'ibanga big up to you Mme Inès
Murakoze
n umupfasoni cane arafise ubuntu
@@InesKidasharira pole sana Ines, uritonda nka Maman wawe yaranyigishije muri primary ,niganye na obed,ariko wewe narakumva sinari ndakuki, ariko komera
Hosy, urazi kubaza ibibazo bikenewe, courage ku mwuga💪et Merci ku ntahe ya Inès
She’s so positive, she carries the greatest in herself, and she can lead a generation to the generation
Thanks dear 🥰 be blessed
Bonsoir, je vous écris depuis la France kugira ndababwire ko nkunda ibiganiro vya Siren vibes, des sujets édifiants. Continuez à rayonner....ndabakunda caneee🥰🥰
Merci bcp pour le témoignage si instruisant. Hosy...,Tu nous a apporté le personnage important, qui a marqué longtemps le journalisme burundais. Je connais bien cette Dame #Ines ( Maman Be...) Comme personne de zèle, compassion....
J'apprécie profondément les relations amicales qui la lient avec ses enfants. C'est vraiment un arme offensif contre les effets négatifs de votre séparation avec leur Père.
Sois forte !!!!
Merci beaucoup Enock muhezagirwe
Ariko abagabo mana yanjye!!!
Merc bcp vrt wavyitwaymwo neza
Kand urakoz nogukomeza abandi kk ahabshi barababaybarabaye nabi
Siren lov u too much
Uno mu mama ari cool❤❤❤❤❤
Très belle émission! Courage chère Inès! Merci pour ta sagesse.
Une grande sœur, so strong!
Ariko umugore wese adivorsheje nukumwubaha kuko ntivyoroshe surtout harimwo abana par contre naho woba ukunda umugabo wawe gute wame wibuka wamugani UMUGABO NUMWANA WUWUNDI anything can happen ntacomupfana kubisanzwe. Malheureusement muri africa nta lois i protéger abagore nabana. Jewe mes parents bavanye j’avais 5 avec mes 5 soeur papa yatureze wenyene gushika twese tuve i Burundi à l’époque je me suis pas rendu compte kuko papa ne s’est pas remarié la vie était ok sauf que maman n’était pas là et elle s’est jamais inquiété pour nous papa yaratureze bien seule.
Merci madame Kidasharira courage .
Siren vibes merci pour l'émission.
Hosy la journaliste ma copine urarenze vrt ubaza ibibazo vyiza gose courage.❤
Merci temoignage yawe iranyubatse,hama reka ndakwibutse indirinbo yakabiri wakunda ni umporiki bakavugamwo (premiere bureau) wakunda kuyinsaba uri muri studio 🥰
Hahahaha irya yarijanye n'ibihe hahahaha urayibuka Douce? yambii mwiza
Nukuri Mme Ines urakoze cane,uranyubatse .
Sh big up abarundikazi baritahuye ni vyiza peee! Courage ❤❤❤🥰🌹
Inès wubahwe kwer kuko hari ibintu bihaze ingo nyishi biragoye kandi mumpe numéro ya Inès ico yonterera mwoba mukoze Host mwubahwe courage Inès nime yawe irakenewe kukobeshi bararushe
Mbega ikidame cuza Kiri cool diiiiiisi,Tatouage👌😅yampimbaye trop ni goût yanj diiiisi,hma Hosiane mrc gum utubariz utubazo twse,mrciiiiii kuntaheeeee naj ndize vrmt👌🫂
Thanks a lot for pour le conseil Mme Inès.....Hosy ja juru👏👏courage
Témoignage ya Madame Ines iranyubatse caane. Merci bcp uri Intwari. Imana igume iguhezagira. Tu as pris une bonne décision, si tu n'as pas de bonheur quelque part ....tu quittes.
Merci aussi à Hosy pour l'émission.
Waouh Inès arandyohey vraiment elle est cool avuga ari posée.....ngo tatouage azoyishirako ce weekend 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Uti barondere amahera barye isi imbere y'uko izobarya nayo. Kiitos
Courage mugore mwiza mubuzima birakenewe kufata igingo kandi igikuru namahoro numunezero ibindi vyose nubusa.komera urere abana bawe niwomunezero wumu maman se tout
Wibereho uryohewe sha Inès ivy'abandi bavuga ntibikuraba.effectivement Imana Irakuzi pas mukivunga ❤
Inès sha ndakunda kumukurikira sur les réseaux sociaux surtout pour son engagement pour les droits de la femme. Inès merci d'exister
Merci Madame Inès kuri témoignage yawe kandi urumugore wumufasoni.ariko ako kantu uherejeko kuburyo nibaza kwaba atarafata décision yokuhava .kuko nanje narahukanye ariko je me souviens ko navuyeyo ataburyo mfise ariko nabona nubundi ngiye kuhapfira
Mpore sha Josiane, n'ubundi uwuhunga ntakebuka
Bavuga ngo “Guha amahirwe ya kabiri uwaguhemukiye ni nko gutiza inkoho uwaguhekuye”. Mais Inès nukuri tu as tout essayé kugirango urugo rwawe rukomere. Nturi wenyene hari abandi babaye muri iyo situation yawe. Aba dames dufise ikigongwe kiri hafi. L’important c’est que ibikomere vya divorce vyaheze ukaba warakomeye ugashobora kubandanya witeza imbere kumwe n’uruvyaro Imana yaguhaye. Courage!
J,aime bcq cette femme ,elle est brave ❤️
Merci naw dear, merci à Inès pour ce courage
Ines urakoze kubwiyontahe murugo kuhava biragoye nkajewe narakubitwa ariko numva ntohava nahavuye aruko mbona kingomba ndahasige ubuzima urugo rubi ruraruhisha hamwe umenga uba mumuriro Imana iziratirinda ingombi urahavura ugahahamuka ukipfuza gupfa
Mpore caane Nandi💞 Imana ilomeze kugukiza
ikiganiro ciza caaane...stay blessed
Mpore di Inès war waragerageje nuk wabana n'uwutahaye agaciro Urukundo rwawe war waramukunze bihagije gushika ah usubirayo vrm sha mpore cane kand nugukomez ukarabana n'ubuzima bwaw n'ubwabana bawe ukabahanura bivany nivy wabayemwo ntibazobe mumubabaro wabayemwo.Ukomez gusenga cane imber ni heza.
Murakoze cane nivyo Imana irahabona imbere hanje
J'ai toujours une question nama ngumana iyo numvis les histoires de divorce, kubr ik twumva les dames gusa,abagabo ntivyiger bibananira?
Hosy ndaguhaye challenge uturonderr version y'umugabo vyanse
En effet, vyoba vyiza nabone ngira basangije abandi inkuru zabo kuko hamaze imisi hari abagabo biyahura ngira bofashwa nabo? Hosy effort...
Ines Tatouage kwl😂😂😂 kandi uri serieuse Ash uranyishe Hosy uzoyimubaze ico izobisigur kbx😂😂 so ❤❤❤
mwiriwe neza Hosy mbanze ngushimire nubwo ntarumva ikiganiro Inès Kidasharira nuwakera Mwisanganiro namuheruka kera
Hama vyoba vyiza mutumiye abandi nabo Ingo zimez neza kugira bikunde ko ababakurikira babe equilibré na cane cane Les jeunes
Arabatumira hari abo nabonye la fois passée bamaranye 25 ans kandi bagize mariage yakabiri.
@@maeli6300 merciii…. Kirahari kandi ni My Journey nyene
Big up #Umutwip Inès ikiganiro cari ciza courage Hozy🙏
Introduction nindende uzigabanye ureke nukumuvugira yivugire
Famille Kidasharira ndabakunda caane
Trop fort merci pour ce temoignage
Urazi kuja ku mpanda uherekeje uwitahiye ugaca ukabona imva ugaca wibaza uti mbega ça kivagundu nticoza naco ngaha😢
Iyo conseil ya Madame inès iri wise. Urukundo gusa ntirukwiye pour s'embarquer avec quelqu'un. Birakenerwa gushira Les pieds sur terre muguhitamwo avec qui de marier. Cane cane Les filles mwige kumviriza Les conseils Des parents.
Aba maman bakunda ingo zabo kenshi baronk abagabo bameze uko ,ndaryohew niyo ntahe
Arakoze cane ku ntahe yiwe aduhaye irafasha beshi
Journey yiwe iri so interested,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Cadeau turamaz kukumenya nukuri ko uri uwo muri Sweden 😂😂😂 ntuze urinde urigora utwibutsa
Siren vibes hejuru 💪💪💪💪 muradufasha cane.
Témoignage nziza , quel dame atesaa
Merci à toi aussi Hosy 😘😘
Félicitation hosy uvyar benshi
Mwondonsa numéro za Inès ndumva hari ibintu nkeneye ko anganiriza
Témoignage iri pertinent kabisa, Hama Ivyo yabony murugo icirwa yakuyemwo harico yoba Ariko arakora kugira ategure abana biwe kuzoba abagabo cank abagore babikwiye , bafise Ivyo baha agaciro , Nivyo batubahuka. Kugira ukwihanganiranira No gusonerana bishirwe imbere.
niyi ntahe irimwo kuko nabo barakuze baratahura ikirundi... niyo babajije ndabishura.
Ndagutahura madame
49 : 22 alpha brown mwaravanye? tu deteriore ton image fais gaffe (we are in burundi)
Uri umuhizikazi Ines
Mbega, Josiane kijigo arihehe?
Number uno
❤❤❤
❤
Channel ndayi consulting kabisa Nar narakubuz kur tube
Umwana wubu umubwira ati urya mukobwa ntumurongore akakwishura ngo nije tuzobana ngo ndamukunda ntabindi nico gituma zisambuka ntimwemera impanuro zabavyeyi
Uwomumenyeshamakuru namuherukakera kuri radio isanganiro
ndacariho :)
Vrmnt ni twari
Merci madame Inès, mais tatouage non non je m'excuse
Hahah ndagutahura....
Jw iyo famille kidasharira ndayikunda kubiii Kuk ni incambwenge goseeee iwabo hhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhh j ndabazii bikwiyee......hama Inès w ndagukunda pee.....ur umunyenkomezii pe...uhazw kuramb mwizaa mu vyiza gusa warahezagiw cane.....
Hossy koko ngo ufite inda kandi? Nukuri nyanba arivyo ndababye kandi cane uzombaze impamvu mbabaye
Sûr? aya makuru wayakuye hehe 👁️
@@Ida35715 nibiriko biravurwa mutama
@@anacletnkurunziza ntaco twobikorako umubiri ni rwiwe
Ariko nkico kibazo nunv kitar kuza mur Commentaire vrm kuk iyo sujet ntiyigeze ayivugako urusaku ntirwoza mur Commentaire yikiganiro kiterekey ivyuvuze.
Anaclet none hoho vyoba vyo ingorane yoba IRI hehe?nukuri abantu muragowe iyo ni vie privée yiwe.ntibikenewe et d'ailleurs kubizana muri commentaire.Hosy love you so much
Kidasha akabazo wagiye utishuye? none ubu ubayeho gute😂😉?
Hahaha sinishuye harya 🤔😅 ç
@@ineskid1321wakoze mwana kutwibutsa ikiganiro "ukuri gushirira mu kuyaga"👌
Uyo mutumire asa na ntibantunganya😂😂
Ni musazanje mukuru
😂Ntibantunganya si umuntu?Urateye ikigongwe
Kirungo Bujumbura muzomuhe interview pls😂😂😂 Kandi muze muratumira abafise ubuzima bwiza murugo kuko barahari
Ico Ines avuga nico cambere ndamushimiye ku mpanuro atanze
Courage abafise de tels problèmes, la vie est faite de haut et de bas, j'encourage ababivuga kuko c'est encourageant la meilleure moyen de se soutenir ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Kabs mwubahw
Yoooo
Jewe nguma ntangara ingene abana bubu baciye ubwenge twebwe à votre âge déjà abavyeyi ntibakureka ngo uje kwibana canke ngo nje gukora ayaa à 25 ans narimuhira basha ntaniciyimviro cokuhava en tout cas ibihe birahinduka
Biragoye me iyumutima ubabaye nta numwe agufatira ingingo c'est toi même
Hosy ngufise inda ya 3?katayo tubona?
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ariko ko atamugambi ufise wokumufasha kurera abana avyara, umubaziriza iki nkico kibazo??😂😂
Oya reka aka kanya umwan wa kabiri akir umu bébé?
@@ChachaChany none se ibyo birabareba kweri?
Ambara wikwize kwanza