Abarundi basabwa kuraba inyifato bafise kugira bayitahure bibafashe kubona iyo bariko baraja

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 25 січ 2025

КОМЕНТАРІ • 6

  • @ThamiKhundula
    @ThamiKhundula День тому

    much love you ❤❤❤

  • @kingdomwatchmanministries2230
    @kingdomwatchmanministries2230 20 годин тому

    Sha, ivyo yavuze nimba bavyumva bari bakwiye kureka kwiba igihugu bakacubaka kuko Imana ibona vyose. Iguhaye pouvoir et que tu en abuses, tôt ou tard, tu paies cher. Abumva nibumve. Uko ba Mose bahavuye, hanyuma hakaza ba Josua, niko na ba Joswa bazohava canke bahavuye.
    So, akariro gake. Dieu teste tout dans son silence.

  • @MitimidacyaMitimidacya
    @MitimidacyaMitimidacya День тому

    Protocole murikebuka sha!!! Ntago bikwiye ko Nyenicubahiro umukuru w,igihugu yaguma ashikiriza ijambo!! Hama abantu bakaguma bagendagenda inyuma yaho ariko aravugira!! Nkivyo mubona bikwiye!!???

    • @Samunkuru250
      @Samunkuru250 День тому

      Cerekana amahoro ntawuriko aramuhiga,aramurondera

    • @user-nk3ue2cs4k
      @user-nk3ue2cs4k 23 години тому

      ​@@Samunkuru250vous êtes tellement cons. On ne badine pas avec la sécurité du pays. L'ENNEMI est parmi nous....

    • @user-nk3ue2cs4k
      @user-nk3ue2cs4k 23 години тому

      SON EXCELLENCE MONTRE LES SIGNES DE DÉSESPOIR, DE FAIBLESSE ET D'INÉFFICACITÉ POUR DIRIGER LE PAYS ET SURTOUT DE NEUTRALISER LES BANDITS DE SON GOUVERNEMENT . TANT QUE SES DISCOURS SERONT TOUJOURS PAREILS, VAUX MIEUX QU'IL DEMISSIONNE ET PASSE LA MAIN À UN HOMME FIRT , SOLIDE , EXIGEANT ET SANS PITIÉ.