Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Nukuri murakoze urumu maman wubwiza komeza kutwigisha muvyeyi Yesu aguhe umugisha❤❤❤
Amen❤
Urakoze cane muvyeyi Ubu naho ndangira umuti w'itiro Ku muntu adasinzira. Ikindi ntaco ndashaka umuti w'urukoba uvura uwugwaye escema
Murakoze gushima cane Sawa✍️
Turagushimira Imana iguhe umugisha, None umuti uvura umutima .
Sawa🙏
Nagira ndababaze uwakoresha thé verre irya yivyatsi atariyo muri alimentation ntiyakora nkiyo?murakoze ndabakunda
Egome cane niyo nanziza kuko abari umwimerere nuko mbisi atahiva sinzi nkahutumbereye
Jew narayiteye murupangu .mrc
Ese ibyavuye kubarozi byakira gute
Urasenga ncuti
Ubonye vyanse ucusenga cane baba baragukonesereye❤
Murakoz.ariko ndabisabir muturonderre umuti uvura ibivyimba vyo munda
@@jeaninetvbab
Umuntu yonsa yoyifata?
Cane gose ntangorane
Koduresharuwenavokanigikumusatsikontagihinduka
Sintahuye andika neza