Abakenyererarugamba bagemuriye abafise amikoro make bo muri komine Kibago mu ntara ya Makamba

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 24 вер 2023
  • Mu ntara ya Makamba, abakenyererarugamba baragemuriye ba ntahonikorwa bo mu mazone ya Bukeye na Kiyange. Ibiseke birimwo ibifungurwa bitandukanye, amabati yo kubasakarira Inzu babukakiye, amakaye yo guha abana biga, nivyo abakenyererarugamba bahaye abafise amikoro make bo muri ayo zone, ku musi wa Kane, igenekerezo rya 21 Nyakanga 2023.
    Mariya Goreth Yamuremye arongoye umuhari w'Abakenyererarugamba ku rwego rw'igihugu, yari yateye iteka ivyo birori, amenyesha ko Umugambwe CNDD-FDD wabaranze urukundo, arirwo rutegerezwa kuranga abakenyererarugamba aho bari hose. Kubera urwo rukundo, umugambwe Cndd-Fdd uzokwamaho, kuko ahari urukundo, haba urunani, umwansi akabura aho amenera
  • Ігри

КОМЕНТАРІ •