Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Abeza murashoboy, courage 😘😘😘
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉abezaaaa hejuru caneee🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Ndimurukundo niyindirimbo nukuri ndayikunda cane kure cane beza banje
Turabakeje bane b'uburundi.turashima ukuntu mukunda igihugu canyu.mkiririmbire mwongera mugikorera.
Abeza beza,amateka menshi kwiyo ndirimbo nziza.
We are proud of you BEZA Bacu ,nukuri UBURUNDI Bwarahezagiwe kugira imikangara nkamwe ......
Nukuri Nari nahebuye ahonoyikura none nciye ndayirwako😂💃💃muhezagirwe Beza Banje natamvye nakuya kabize
Santi sana terimbre
Your my sisters and brothers ni blood from uganda 🇺🇬🇺🇬
birampimbaye mukomere, hama nipfuza kuronka indirimbo zanyu zibona ariko sinzi aho nozibariza
GOOD SONG JOHN FROM NAIROBI KENYA BURUNDI NUMBER ONE
Mana mukirundo iwacu niheza niwacu ndahakunda nakakaririmbo ndagakuda kubera muvugamwo intara yakirund murashoboy
Bandanya mubikor neza beza kanda nanje munyerek ah mukorera
Terimbere murashoboye caane.🎊🎊Namaz iminsi ndondera title y'iyi ndirimbo narabuze.Muhezagirwe👌🙋
Beza nkundaaa disiiii🥰🥰🥰akaranga katurangeeee
Terimbere muhaye ivyiza vyuburundi
Imvyino nziza zibereye ijisho
Vyiza cane iyi ndirimbo iranditswe neza
Ivyiza birihanôooo yemweee❤
Indirimbo nziza y'akaranga 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Komera ibintu muduha nivyamavuta kabisa
Mon pays est bon.Nice song
Ndayikunda cane
Très bien mon fils
Muraberew nukur
Uwoturikumwe naze twimanukire
Hello BonjourThis song isn’t on Deezer / Spotify / Souncloud etc :(
Murashoboye
burundi
Very nice
Abeza bakaranga
❤❤❤
Mukomere
Nic
Courrage
➕imi SI you buru ndi
Mubandany mujimber
kbsa
Murashoboye pe!
All our support guys
ngamunyumide
Belle chanson
courtage mes chers amis
Fuop
Abeza murashoboy, courage 😘😘😘
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉abezaaaa hejuru caneee🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Ndimurukundo niyindirimbo nukuri ndayikunda cane kure cane beza banje
Turabakeje bane b'uburundi.turashima ukuntu mukunda igihugu canyu.mkiririmbire mwongera mugikorera.
Abeza beza,amateka menshi kwiyo ndirimbo nziza.
We are proud of you BEZA Bacu ,nukuri UBURUNDI Bwarahezagiwe kugira imikangara nkamwe ......
Nukuri Nari nahebuye ahonoyikura none nciye ndayirwako😂💃💃muhezagirwe Beza Banje natamvye nakuya kabize
Santi sana terimbre
Your my sisters and brothers ni blood from uganda 🇺🇬🇺🇬
birampimbaye mukomere, hama nipfuza kuronka indirimbo zanyu zibona ariko sinzi aho nozibariza
GOOD SONG JOHN FROM NAIROBI KENYA BURUNDI NUMBER ONE
Mana mukirundo iwacu niheza niwacu ndahakunda nakakaririmbo ndagakuda kubera muvugamwo intara yakirund murashoboy
Bandanya mubikor neza beza kanda nanje munyerek ah mukorera
Terimbere murashoboye caane.🎊🎊
Namaz iminsi ndondera title y'iyi ndirimbo narabuze.
Muhezagirwe👌🙋
Beza nkundaaa disiiii🥰🥰🥰akaranga katurangeeee
Terimbere muhaye ivyiza vyuburundi
Imvyino nziza zibereye ijisho
Vyiza cane iyi ndirimbo iranditswe neza
Ivyiza birihanôooo yemweee❤
Indirimbo nziza y'akaranga 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Komera ibintu muduha nivyamavuta kabisa
Mon pays est bon.
Nice song
Ndayikunda cane
Très bien mon fils
Muraberew nukur
Uwoturikumwe naze twimanukire
Hello Bonjour
This song isn’t on Deezer / Spotify / Souncloud etc :(
Murashoboye
burundi
Very nice
Abeza bakaranga
❤❤❤
Mukomere
Nic
Courrage
➕imi SI you buru ndi
Mubandany mujimber
kbsa
Murashoboye pe!
All our support guys
ngamunyumide
Belle chanson
courtage mes chers amis
Fuop
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉abezaaaa hejuru caneee🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Murashoboye
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉abezaaaa hejuru caneee🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉abezaaaa hejuru caneee🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰