- 15
- 872 424
Club Culturel ABEZA
Kenya
Приєднався 19 лис 2019
Akeza-Gendera uburundi -Club Culturel Abeza ft Nihorimbere Leonidas
Music Traditionnel du Burundi
Imvyino z'Ikirundi
Club Culturel Abeza
NIHORIMBERE Leonidas
Imvyino z'Ikirundi
Club Culturel Abeza
NIHORIMBERE Leonidas
Переглядів: 2 007
Відео
SHURWE RY'UBURUNDI by Club Culturel Abeza /Official audio
Переглядів 7408 місяців тому
Uruvyino rw'ikirundi/Musique Traditionnel du Burundi Turate ubwiza bw'Igihugu cacu c'Uburundi.kuko ni iragi Sogokuru yadusigiye. nirihore ku mutima.
Amahoro mu Burundi by Club Culturel Abeza
Переглядів 1,9 тис.Рік тому
Imvyino nziza ihamagarira Abarundi gutsimbataza amahoro n'umutekano hamwe no kwijukira ibikorwa vy'iterambere
ABAROVYI B 'IWACU BY CLUB CULTUREL ABEZA
Переглядів 1,7 тис.Рік тому
Imvyino nziza cane ituyagira kubijanye n'uburovyi mu Burundi : ubwoko bw'amafi n'ingene yaronkwa.
Turabaramukije Club Abeza Officel Video no copyright
Переглядів 57 тис.3 роки тому
Turabaramukije Officel Video Club Abeza Titre:Turabaramukije Sound Produced by Pitchen Pro Video Production By Linox Music Musique Traditionnelle Burundaise imvyino Yubukwe Irimwo Amajambo Meza Cane Yogusaba Umugeni Umurwi ndanga akaranga ABEZA Contact 257 71 695 900 Whatsapp
MPAYE UBURUNDI -Club Culturel ABEZA(official Video Clip)
Переглядів 206 тис.3 роки тому
Musique Traditionnelle Burundaise imvyino ihayagiza ubwiza Bw'Igihugu cacu ciza C'Uburundi akaranga K'uburundi imvyino z'ikirundi Umurwi ndanga akaranga ABEZA contact 25771695900 whatsapp
URAKAVYARA UVYAGIZE by Club ABEZA (Official Audio-Imvyino z'ikirundi)
Переглядів 6 тис.4 роки тому
imvyino ituyagira kubijanye no guhayagiza uwuhejej kukugabira Gira Subscribe canke like hama mufise ico mubaza canke mushikiriza ja muri commentaire canke mutwakure kuri: 257 71 695 900
AMABI by Club ABEZA ( Official Audio-Imvyino z'ikirundi)
Переглядів 1,2 тис.4 роки тому
imvyino ibayagira kubijanye n'amabi afatiye kugitsina n'akaranga nderano birababaje Gira Subscribe canke like hama mufise ico mubaza canke mushikiriza ja muri commentaire canke mutwakure kuri: 257 71 695 900
IKIYAGO by Club Abeza (Official Audio-imvyino z'ikirundi)
Переглядів 4,4 тис.4 роки тому
imvyino itwibutsa ukuntu basokuru bari babayeho aho hambere hahise.muhakure icirwa Gira Subscribe canke like hama mufise ico mubaza canke mushikiriza ja muri commentaire canke mutwakure kuri: 257 71 695 900
NZIMANA by Club Abeza (Official Audio-Imvyino z'ikirundi)
Переглядів 7 тис.4 роки тому
Imvyino ivuga kubijanye no kwakira no kuzimana Abashitsi mu Rubanza rwo Gukwa Gira Subscribe canke like hama mufise ico mubaza canke mushikiriza ja muri commentaire canke mutwakure kuri: 257 71 695 900
MPAYE UBURUNDI by Club ABEZA(Official Audio-Imvyino z'ikirundi)
Переглядів 4,3 тис.4 роки тому
Imvyino ihayagiza Ivyiza vy'Uburundi iyumviririze namwe ibibanza Imana yamaniramwo aho hambere hahise. Gira Subscribe canke like hama mufise ico mubaza canke mushikiriza ja muri commentaire canke mutwakure kuri: 257 71 695 900
Turabaramukije by Club Abeza (Official Audio-Akaranga k'Uburundi )
Переглядів 1,7 тис.4 роки тому
Club culturel Abeza Irabazaniye imvyino nshasha fata akanya wumvirize urakura ibintu vyinshi cane bijanye ni ijambo ryo gusaba umugeni gira Subscribe canke like hama mufise ico mubaza canke mushikiriza ja muri commentaire canke mutwakure kuri: 257 71 695 900
Ngabira nishime by CLUB CULTUREL ABEZA (official video clip)
Переглядів 314 тис.5 років тому
Urukundo Ubuntu Akaranga(Burundi) Association Culturelle Abeza
Bakirize impundu by Club Culturel ABEZA(official Video clip)
Переглядів 75 тис.5 років тому
URUKUNDO UBUNTU AKARANGA ASSOCIATION CULTURELLE ABEZA
Mukomere kmuheto bavukanyi Mwavyiny amajambo yubaka
Ngabira mpimbarwe
Muravyina caane bihimbaye!!!club abeza imana idukomeze mbere idushikane kure caane hashoboka❤❤❤❤❤
Biraryoshe caane
Imvyino nziza zibereye ijisho
Abeza murashoboy, courage 😘😘😘
Hello Bonjour This song isn’t on Deezer / Spotify / Souncloud etc :(
Tera muj'imbere.atik muze mugira vidéo
Tera muj'imbere.atik muze mugira vidéo
🇧🇮
Uwoturikumwe naze twimanukire
Ndimurukundo niyindirimbo nukuri ndayikunda cane kure cane beza banje
burundi
❤❤ nimwubahw nagahog kany
Mana mukirundo iwacu niheza niwacu ndahakunda nakakaririmbo ndagakuda kubera muvugamwo intara yakirund murashoboy
❤❤❤
GOOD SONG JOHN FROM NAIROBI KENYA BURUNDI NUMBER ONE
Very good
Burundi buhire nabarundi nabarundikazi mwubahwe gusa' nukoburowenanenebwo
Nkumbuye cane abanyakaranga bacu muri kure yamaso ariko hafi yumutima mbakurikirana uko bukeye uko bwije murabantu banje mukomere
Komera
Bonne innovation.🎉muzohore mudushirirako lyrics
Abeza bakaranga hejuru cane
Ndayikunda cane
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Iyi mvyino niyamateka twese hamwe tuyage igihugu cacu. Club abeza bandanya uterimbere uja imbere
Ibikorwa vyatuma bimariye akamaro Kanini igihugu.muduhe video yayo''' abantu bageragez duterere kugira video ikorwe.ndayikunzeeeee birenze .nciye nkumbura kwibuye rya inangurire
Murakoze cane muhezagirwe kudutera intege
Terimbere beza nkunda
🎉🎉🎉🎉
Imvyino nziza cane
Nimukomeze gushira hejuru akaranga
Abezaaaa b'akaranga🎉🎉
❤🎉
Abeza. Mukomere murashoboye ndabakunze pee
Abeza ❤
❤❤murashoboye
Abeza murabambere kumvyino zakaranga kiwacu
Good ❤
Abeza ndashak kubabon ijisho kurindiiii
Murakoze ibigorwa vyizaa murashoboyeee
Burundi ifise ivyo kuratwa biryoshe cane Abeza murashoboye
Abeza bandanya uterimbere biradyoshe kuraya mateka udasiba kwandika.
Murakagira aho muba mwubahwe
Mbega imvyino nziza nkiyi, iryoshe nkuko , imana ibaje imbere akaranga barange , ndabakunda❤❤mundangire aho mukorera
Akavyino karaho kararyoshe mukorera hehe banyakugira Imana?
Bakorera henshi cane no mugihugu hagati Abari mugisagara ca bujumbura muzobasanga kuri ecole indépendante dimanche 10h30🥳😊
Akavyino karyoshe cane club abeza mukomere kwibanga nda❤❤❤❤❤
🎉
Abeza hejuruuuu
Abeza hejuruuuu