Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Oman Saudia tumenyane intagoheka bapambanaji tumenyane😍😍😍😍
Nihotwiberey tumenyan
Niho turi
Twahishikiye
😂 😂 Hew turihnIyi film mbona urashsh nukr
Mpejej kurab ikiganiro mwagirany na alvella nca nja kur link yaw sinar bwabon ibikorw vyaw vrt mber mbay s'abonner
Waaaoooouhh vyizaa canee ndabakunda Mana mwonyicirako❤❤❤❤🎉🎉🎉
Mukase wumuntu ninoma gusa courage murashoboy
Ndabakunda cyane Constance Courage cane Mkundwa
Urakoze
Wawoo courage nukuri murashoboye kandi irimwinyigisho
Courage❣❣❣Imana iturindire abana twasize mu Burundi
Wooow! Murakoze cane. Imana yama ariyo nkuru.
Uwomugere iyo wamufata yabapfuye hahahaha.courage sana
Reka nawe
@@constanceniyoofficial5289 hahahah
Constene courage ndakufana ndakunda uwu mukombwa ntasubire kutuka abantu bagiye kurodera ubuzima Omani n'a Saudi ntabusabanyi turimwo ntasoni mudufata ukutariko
Muranryoheye ngobasanze fise inda ewe umunezero😍😍🥰❤
Akazi keza niyooo 🥰🥰🥰🥰🥰
Murashoboye kbx inyigisho zirimwo nukobenevyo atarihobabiri🔥🔥😂😂
Ntawupangura icimana iba yapanze vrt muhezagigwe kunyigisho🥰
Amen
Haaaaa hangiyegusha. Omani tumemyan🔥🔥🔥🔥🤣🤣🤣
😀😀😀canee
Courage ndabakunda cane
Courage murashoboye🥰🥰🥰🥰💃
Murakoze
Ngo ngw iki??ngo yagiye Omani gusambana🤣🤣🤣🤣💯❣murasuse kweri!
Urumuti wamenyo ndakakwambura🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ndarixe nukur 😢😢😢😢😢😢😢😢
Mwari mwakumbuwe ndabakunda caane❤❤❤
Ndayikuz cn
Akonakazikawe ntamugabo yibungenga uzomushikiriza umwana
Amena❤❤❤🙏💞
Iiiiiiiiiii nisaw kabis komez
Nukuri mwakinye neza cane ariko iyikurikira muzoganye umuyaga!!!kuko hariho vyinshi bitumvikana!
Courage❤❤
Komeza imana niyonkuru ishobora vyose Amen 🙏
Mukomere imana saudia mugezweho
Constance ndagufana cane vmt
Murashoboye pe 💓💓💓💪
Mukomere kukivi kabisa ndabigiraho vyinshi
Mbega ifirime iryoshe vrt mwayiteguye neza cane
Ndabemera vrt 🇧🇮 hari impano kwl
Ndapfuy nugutwenga
Kariza
Yuuuu mbega ubugome
Akamajwi nama Image sineza ark courage murigisha❤
Bien bien
Hahiye koko mpise nseka harya hantu bamusukumiye mubase yamazi🤣🤣🤣🤣🤣
Mutere mujimbere irankomeje mumutima
Eeeeee!!!! Urazi guterumugere ukokose ndemeye wonesha
Jewe costasi ndamukunda cane
Emwe nawe ufise udusoni 🤗🤗
Mbega mukase wumuntu ndumiwe pe
firm nziza ❤❤
Urusambuye ruzogusambura
Consta..nawe..usigay..urinsoro
Mubikora neza ♥️🥰🥰
Mukama ningorane vyukuri uwomukobwa yarahuye nibibazo kweli
Nihatari
Tupo dada hewe constance araterumugere
Ngobagiriki, mariaje batakundanye, gezaho
Basha nawe waratera umugere uranyishe
🥰😍😍curage.🇧🇮🙏
Films iraho nu 🔥🤭😂🤣Constance❣️🤭😂
Murakoze turabakunda natwe
Mbega umuvyeyi muni gayemw sibitu
Muyibandanye turabe iherezo zanice nanyina iyobahereye
Nice 👍 work congratulations 👏
Komerezaho mubirimwo neza
Murantwengeje kweri gwamezi ane
Mumefanya vizuri tumejifunza mengi ira dada cosi natamani sana kuongea na wewe ki ukweli
Omani Saudia twebw turi mukazi ntitwagiy gusambana pe ababikora nabo usanga ari ngeso bari basanganw bazanye nayahandi turi mukazi katuzanye kbs
Ntampanvu yokuguma mushiramwo ivyobisonerie bitumena matwiwana
Courage mwiza
Nisawa kwer
Muraduhimbaye cane imanibajimbere
Mwubahwe bantubanje nkunda
Nanje NDASHIMIYE SANTA NIWE YATUMYE MENYA FILMS NZANYU
Murakoze canee
Ngopapa, ww, ngwarimukongo, nikobameze, ndakwikundira, constase, ndakwikundira, ndagusabiye, guterimbere
Ndaryoherwa na comportement yawe ngo bazobimenyera kuvyamwa ntuhena nkabdi komza mutwigisha mwarahezagiwe
ivyiza nimana ibitanga
Ndabakunda ndabubaha
di ukobakabivuze ihwa ryamukeba naho riboze rirahanda mana gusa bitumye mukase wanje ndamwanka gusumvya dibamukase babantu nikobabaye
Mubirimwo nez mbekonarimbakumbuy mwahorah nimuduhe akandi
Turahari pee ntabwo tubaheba film bayazane iri inyuma
mbega urugo rwiza di urukundo nkurwo ubuworubona hake nizere komutazo hemukiranira kuko mwacanye murivyishi yewe noneho ndaravye numugabo aratwara inda ngazotware amezane ndumiwe
Ahaaaa murashoboy🤣🤣🤣🤣
Ibyo bishamira bituma tutumva amajwi mugabanye
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤💯
Nimuduze ijwi
Mubikorabeza un bon filme
Izirayerinbonye
abasi ntibari kure yacu nimube maso kandi kurage
Courag
courrage
Uyomukobwa, nisia, arishima, namama, wiwe,
Courage kabix. Mugabo iyo micro muzemuraraba ukomubikosora iyomuriko muravuga
Ego
Turabakund kand turabakwirikiran can nilwubahw
Courage
Omani sauduo timentane
Irangiye neza ndishimye
Muranyica😂😂😂😂😂🙋🙋🙌🙌🙌🙏🙏🙏
Muyibandany iraryosh kd irimw inyigish
Mubikor neza cn mwubahw
Nawewe uri maraya
Muraraba mukinane nuwuvuye saudia acishemwo icarabu tubanze dutwenge
Nibaze none
😘😘Courage
🙏🙏🙏❤️❤️
Nihatar
Waciye umukunda none
Ego 😁😁😁😂😂😂😨😨😨😎
❤️❤️❤️
Bamukas babant igih cose nibab uyu muhung yavyitwayemw nez ibintu iyo birimw iman vyoroh vyagum ntawohagarik umugambi wiman kand hary icah kiraremer iyi sinem haraho inkuy naho ingejj
Courage vrement
Oman Saudia tumenyane intagoheka bapambanaji tumenyane😍😍😍😍
Nihotwiberey tumenyan
Niho turi
Twahishikiye
😂 😂 Hew turihn
Iyi film mbona urashsh nukr

Films iraho nu 🔥🤭😂🤣
Constance❣️🤭😂