Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Aaabn! Guillaine muri film.waou! Courage guillaine.abanyabukeye muje muje
courage baturanyi bacu, mu birimo neza cyanee
Komera k’umuheto kabisa muriko mubikora neza kandi mukebura abumva. We love you from 🇺🇸 🇺🇸🇺🇸
Murashoboye vrt!! Abakunzi bivyiwacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮 mumpe like👆👆👆 tumenyane kandi twongera dushigikira abanyempano bacu
❤❤
Ewe sha River.............LOVE FROM IHURIRO TV
Iteguwe neza pe 👌👌,🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥,courage,mutunyarukirize episode 2
Emwe kbs Uburundi bugez kuyindi ntambwe kbs!murumv ayo majambo ya River na Munyare
Happy rivar Ndagukunda numutim wanj wose❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage bane b uburundi ! Film itanguye neza. Courage 👌👌👌👌👌
Cool. 💕💕💕💕🥰🥰🥰🥰💞💞💞💞 Film nziza irimwo inyigisho nimpanuro ibi biriho ninavyo vyeze
Wawooo rive narinkumbuy kubon ibikogw vyaw ❤️❤️
Guyz keep it up .ndayibonye ubunyene gsa but till now i can't get enough kuyiraba vrt . Am so proud of u 🇧🇮🇧🇮
Happy riva courage ndakufana ndakunda wubahwe uraberewe cane gose usaneza uranezera uranyuzuza ukanyubaka impanurozawe ziranyubaka komera🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯👌🙏
Nimependa sana
Komeza wavuye américain nanje uzoza🤣🤣yambitse umubiri disi umutim ntiyawambitse🔥🔥
River,wariwarabuze bro big up sana
Namateka wallah 🙌💦❤🤙🇧🇮🇧🇮💃💃💃🤝
Movie nziza peee abarundi dusigayeturi hejuru❣️❣️❣️❣️❣️❣️❣️
Uzukuntu narinkumbuye Riva courage vraiment🔥🔥💪💪💪💪
Courage team 🔥🔥🔥🔥 my Beautiful movie 🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮
Waooo Happy courage bro Imana ikujimbere pe
Kubita icogisuma kirya ayokitakorey😅hashura 😅😅😅gusa mutunyarukirize muduhe 2eme partie kabisa bakundwa🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Yaaaa mbega filim nzinza ndabakunda cane komera kwibaga muratwemeje
Wooow congratulations from sauza Africa much love 😘😘😘😘my🇧🇮💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞
Woooaw love frome Zambia
Happy rivar ukina neza canee ndagufana sana
Yeeeee mbeg film we!!!oy duh partie vrt
Nimunyarukane p2
Courange ilove you I am from🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Part deux pls 🙏
Hahiye kokoo 🔥🔥 ngo shuga dadi yeweeeeee
River umusore wimigani myinshi cane w'ubwenge mwubahwe mwese Ndabakunda
Abarundi nabarndikazi coulage cane mubikogwa vyanyu mukina firme ziryoshe zinahanura👌👌
Murahaturiye koko🔥🔥🔥 iyi movie nayibonye TIK TOK NI 😴😴
Waoooooooo courage
Sha Burundi mukomere mugeze kuyindi ntambwe courage
Yoooooo nihatari kwel
Cyakora abarundi muzi gukina film neza cyane kurusha abanyarwanda. Muzabigishe nabo bamenye gukina neza nka mwe.
waoooo! film irimwo River kbx irahatsa
Mugire vuba muduhe part2💪💪
ifilm, isukuye so courage bro
munyari Boss boss azi gutanga ikizamini kbsa River nawe akijijwe numutima mwiza shaaa hhhh
Team River muko wapi jameni🏃♀️🏃♀️
Respect vrt murashoboye courage ♥️♥️
Abarundi mwubahwe. Courage. Ndabakunda.
River nkunda amajambo meza yawe vrema urumuhanga kbx ndagukunda
Munyare arantwengeje😂😂😂😂😂
Abanyonyezi nukubakenyurir ukwo nyene!💯✍💚🇸🇦♥️🇧🇮
Good job murashoboye pe♥️🤝🙌👍🔥
Ikikijama ndagikunda cane happy river
Abarundi mura shoboye kbs 🇷🇼
Keep it up💪💪
Iya 2 ndayihabwe
big up bro,,ariko nawe wadutebejee
Nukuri imana iguhezagire, mubirimo neza pee, part two please 👏
Waouh 💕💕mwihute vrmt.
Waaaaa🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
River much Respect 🙏 gira vuba part 2pleas 🥰🥰 ilove you🥰🥰
Courage very nice 💖💖💖💖💖
Mbega film iryo she!!!
En tout cas, c'est du bon boulot.
Ndakund imigani y Happy River
River nar nkukumbuy kukubon pee.nkunda ibikorwa vyaw.part 2 tuyibon
Waaooo riva nikarib warukumbuw😘
Maskini naguma ndairengana kumbe iraryoshe vyukuri irigisha kubantu bakunda amaronko badafise urukundo courage
Nice job
Haaaa harahiye kwa Rivan
Sofia arabasofiya kabisa flm nisawa
Umuco africa Tv turabakunda sana
river urandyohera film urimwo iranshimisha urazigukina.uzontumeko umpe role nanj nkine mwi team yawe kandi ndi serieux
River narindagukumbuy so😙
Mutunyarukirize part2 vrt
Wow nice move 💞💞💓
River coulage nkund filme zaw can ukin uri series
Film nziza👍👍Abo bakecuru nibarek kumen imitim yabikundaniy ngo bitwaj amahera ?
Courage vrmt muduhe part2
River narinagukumbuye kabsa, wariwaburiye he?
Film nziza cane duhe iyindi Épisode Rive plz
Nice movie tunasubiri part2
Iconkundira riva amajamboyose ayacisha mumigan sooo ndabakunda cane mukomeze mutunezereza
Nkunda ukuntu abarutse ubu musigaye mukoresha ababatanguriye ndabibakundira gusa Munyare mumwitayeho mwino minsi
good
Iyi film irarenz part 2 please
Nukur IRA tesaaa🔥🔥🔥🔥🤞🤞🤞😍😍
River ni fire courrage maze
Ikibazo ubu film zanyu zihita ziragirira aha nkunda kureba film zabarundi ariko rwose munca intege mujye mukomeza muduhe izindo episode
ba amahoro episode yakabiri iri raedy kabisa soon tuzobabwira itariki izasohokerako turabashimiye cane
That was epic movie
Yooo riva urahatwitse vrm kiriyi film, ahubwo duherez suite
River kbx yar yarabuz kbx
Thanks DJI 🌹🔥Munyari numuti wiryinyo 🤭😂🤣
Kiekiekiekie
Basha ndisabiye mumpe izinaryiyi film muzoba mufashij ndayishakayose nanditse sofia ntirikwirazap muzobamukoze mwubahwe!!!!
Rindera kuri chaine ya you tube ya ikindi media uzoca uyibona thanks
Turarindiriye part 2 😳😳
Uruwamatek River muduhe partie 2 plz 🙏 🙏🙏
Wewe urashoboye vrt
Wow that's cool
lov from Erica burund
Ndabakunda can
courage kubarundi bacu
Liver Guma ukina naheruka kureba movie yawe ukiri kuri yasinema ya urampa pompopo 😂😂😂😂😂
Mwubahwe kl👌👌
Waooooo muduh part 2
waouu nubw war warabuz m6 ku kantu kumutse
Wariwarabuze bro zana zana
Chef imanirakubona
Iraryoshe kabisa

Thanks DJI 🌹🔥
Munyari numuti wiryinyo 🤭😂🤣
Kiekiekiekie
Basha ndisabiye mumpe izinaryiyi film muzoba mufashij ndayishakayose nanditse sofia ntirikwirazap muzobamukoze mwubahwe!!!!
Rindera kuri chaine ya you tube ya ikindi media uzoca uyibona thanks
Turarindiriye part 2 😳😳
Uruwamatek River muduhe partie 2 plz 🙏 🙏🙏
Wewe urashoboye vrt
Wow that's cool
lov from Erica burund
Ndabakunda can
courage kubarundi bacu
Liver Guma ukina naheruka kureba movie yawe ukiri kuri yasinema ya urampa pompopo 😂😂😂😂😂
Mwubahwe kl👌👌
Waooooo muduh part 2
waouu nubw war warabuz
m6 ku kantu kumutse
Wariwarabuze bro zana zana
Chef imanirakubona
Iraryoshe kabisa