Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Abakunda mugisha mump like kunyigisho ziw
Rugamba ndakwigiraho vyinshi cane cane ukwihangana
Hizi ndoo movies zinatakiwa hii nifundisho kubwa sana hapa movies za mapenzi hapo zinatuharibia watoto wetu
Mugisha mfise uko ngukunda mon grand frère❤❤ uranyigish😢😢😢
Ndabashimiye cabe abantu barakwiye kumenya yuko imana itangira kugihe uyomu dame vyahaye umukozi amahera yogufungura imanimuhezagire cane urahorana uwomutima ntibibe ivyafirime
Barampama mû kanwa kawe huzuye isoko ry'ibibi ,Pole sana
Mugisha Imana ikongereze imigisha
aaamina twese
Uyo Mukecuru numugome peeeeeee
iyi film uwuyiraba ntakorore amasozi afise umutima ugumye pe
Iyi film inteye agahinda namarira menshi cane , Imana Ibahezagire mutanze inyigisho zikomeye cane
merci
Ndabashimiye kubona équipe yakinye film Mugisha ariyo yagarutse. Ariko harabayemwo kugarukanamwo mélodie yo muri Mugisha
oya, ntamelodie ya mugisha yagarutsemwo aho. URIHE ifise melodie yayo bwite
@@mugishamedia2632 gusa naj numva umengo birasa, hama ndabatey integ mukina neza
Barampama waciy bugufi KO n'umugabo wawe yabirondeye yarabasize
Mugisha filam zanyu zirandiza cane ariko imana ibahezagire
Wew Barampama ukorera ikibi mushiki wa Rugamba bafise indero,iyaba ari jewe:nari kukurebera ikofi rya fungabuso
Asalam alaykum Wallahamatulul wabarakatuh nitwa mukeshimana yasmina mugisha nkunda firime zawe nkunda kuzikurikirana Allah akomeze kukurinda mubyukora uduha inyigisho nziza nkaba ndi umunyarwand nkurinyuma nac alove you ndabakunda
waalaikum salam warahmatullah.aaminaa aaminaaa asante
Jmn muvie nzuri san tunafata uzalendo🌏sudia
Murakonze caane nimuduhe part 3 kand nimunduhe iyo kaswida please please muzoba mukoze caane 🙏🙏🙏🙏❤️❤️😍😍
shiramazinda tugiye kubashirira igice gikurikira
@@mugishamedia2632 murakonze caane 🙏🙏🙏❤️❤️
Mwendelezo Kaka hassani 🍇🍇🍇🍇
ماشاء الله تبارك اللهNzuri sana yenye mafunzo ongeza part 3
msijali itakufikieni.
Asant💙💙💙💙💙💙
Reka ndakubarire mururimi wumviriza rugira yagusize amavuta🙏🙏
Barampama uriyemera ufise umutima mubi (uhutazi ivy'isi avyita ivyiwe)
uwogira nkumuvyeyi nka barampama yobagowe pe
Iyifilam nimeyisubiri kam wakristo wanavomsubiri Nab issa
At least in this one you played as real Muslims, great job
Mama mugisha aratwenza
Bakunda barampana nizereko nubuzima bwiw aruko Jw nsanz yaramvyay noca mpunga
Wakwanza ku comment tunataka yot
msijali
ipo njiani
Great movie Please next This movie helps me to improve my kirundi
dont worry turikubwanyu
Mugisha Hassan Official shukran
Kwanza niwashukuru wote mlio shiriki ila japo kuwa maandiko yanasema tusimhukumu mtu mh ninamashaka na huyo mama c kwa roho mbaya hiyo jamn
mashaka ondoa kabisa kabisa, ni mtu mwenye roho nzuri kupita kiasi
Imana ntirenganya ijyidutabara nukuri
iyaba twese twobaye nkuwo mama ingabir ngira twese twogiy mwijuru pe
emwe abapangayi turakomerew pe
Ntaco twazanye mugihe twavuka no mukugenda ntaco tuzojana
Esperance akwiriy,agashimwe nukur arizi kwigish nukur lmana ikumper,imigisha muvyeyi wanj
Film nziza gusa umngo ntibona neza, nimuter imbr mubikorwa vyanyu murashoboy
murakoze,ntimugire ikibazo,nshasha tuzosohora zizoba zifise qualite nziza
shukran sana ila muendelezo plz
Kandi umenye yuko vidéo yawe ndayikurikira kuva ku 1 gushika kuya nyuma, Turi kumwe
Courage mugish
merci sana
De rien j aime beaucoup votre flm
Shukran kaka yetu tumpe namba 3
aafuan msijali
msijali ipo njiani
Ndabakunda cane
Shukran Kaka yetu
aafuan
Urihe part 5 mugisha
Mashaallah nzuri
asanteni
asante
None ko nunvise Aisha avugako utazi guteka kandi mbona wacunvye ubugari
S'il te plait turagusavye utumarire kuko ntumva nshaka kurira
tegura amarira na mouchoire kuko igice gikurikira giteye agahinda gusumvya vyose
@Petite Francine Nsengiyumva aaminaa aamina,urakoze natwe turabakunda
Eee amazimasabano ntamara imvyiro😭😭😭😭
Ivyisi namabanga
NYUMBA.ZAKUPANGA LAWAMA
Inzu nayo nidenjer
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mana we irambabaje nukuri
Turabashimira kuma_film nisawa
Good
Bado namb 3
ndio
Mugisha lmana iguhe inkomezi nukuri
@@mugishamedia2632 ndagusavye nim basi ndondere kuri +966559359588mwobamukoze
😭😭😭
😭😭😭😭😭
Abakunda mugisha mump like kunyigisho ziw
Rugamba ndakwigiraho vyinshi cane cane ukwihangana
Hizi ndoo movies zinatakiwa hii nifundisho kubwa sana hapa movies za mapenzi hapo zinatuharibia watoto wetu
Mugisha mfise uko ngukunda mon grand frère❤❤ uranyigish😢😢😢
Ndabashimiye cabe abantu barakwiye kumenya yuko imana itangira kugihe uyomu dame vyahaye umukozi amahera yogufungura imanimuhezagire cane urahorana uwomutima ntibibe ivyafirime
Barampama mû kanwa kawe huzuye isoko ry'ibibi ,Pole sana
Mugisha
Imana ikongereze imigisha
aaamina twese
Uyo Mukecuru numugome peeeeeee
iyi film uwuyiraba ntakorore amasozi afise umutima ugumye pe
Iyi film inteye agahinda namarira menshi cane , Imana Ibahezagire mutanze inyigisho zikomeye cane
merci
Ndabashimiye kubona équipe yakinye film Mugisha ariyo yagarutse. Ariko harabayemwo kugarukanamwo mélodie yo muri Mugisha
oya, ntamelodie ya mugisha yagarutsemwo aho. URIHE ifise melodie yayo bwite
@@mugishamedia2632 gusa naj numva umengo birasa, hama ndabatey integ mukina neza
Barampama waciy bugufi KO n'umugabo wawe yabirondeye yarabasize
Mugisha filam zanyu zirandiza cane ariko imana ibahezagire
Wew Barampama ukorera ikibi mushiki wa Rugamba bafise indero,iyaba ari jewe:nari kukurebera ikofi rya fungabuso
Asalam alaykum Wallahamatulul wabarakatuh nitwa mukeshimana yasmina mugisha nkunda firime zawe nkunda kuzikurikirana Allah akomeze kukurinda mubyukora uduha inyigisho nziza nkaba ndi umunyarwand nkurinyuma nac alove you ndabakunda
waalaikum salam warahmatullah.aaminaa aaminaaa asante
Jmn muvie nzuri san tunafata uzalendo🌏sudia
Murakonze caane nimuduhe part 3 kand nimunduhe iyo kaswida please please muzoba mukoze caane 🙏🙏🙏🙏❤️❤️😍😍
shiramazinda tugiye kubashirira igice gikurikira
@@mugishamedia2632 murakonze caane 🙏🙏🙏❤️❤️
Mwendelezo Kaka hassani 🍇🍇🍇🍇
ماشاء الله تبارك الله
Nzuri sana yenye mafunzo ongeza part 3
msijali itakufikieni.
Asant💙💙💙💙💙💙
Reka ndakubarire mururimi wumviriza rugira yagusize amavuta🙏🙏
Barampama uriyemera ufise umutima mubi (uhutazi ivy'isi avyita ivyiwe)
uwogira nkumuvyeyi nka barampama yobagowe pe
Iyifilam nimeyisubiri kam wakristo wanavomsubiri Nab issa
At least in this one you played as real Muslims, great job
Mama mugisha aratwenza
Bakunda barampana nizereko nubuzima bwiw aruko Jw nsanz yaramvyay noca mpunga
Wakwanza ku comment tunataka yot
msijali
ipo njiani
Great movie
Please next
This movie helps me to improve my kirundi