Nukuri iyi ndirimbo iri kurwego rwohejuru cane.El pro yubahwe gose yakoze umuti cane. Nanje ndi munyishu , hari uwangaye kera ngo ntaho nzogera ( ako kanyuma ni kabi).ubu Imana iriko irishura
Yayaaaaaaayaaaaaayaaaaaa El Pro hejuru cane aba DJ batanima indirimbo z'abarundi nko muma Club mufise ibibazo nkiyi ngoma je nyumviririje muma bafre irasara walahi.Imiziki yo mu Burundi hejuru cane.Uwutabemera ni rofa.
Wwe urarenze man🤣👌👌 Kayanza represent🔥🔥
🇧🇮
Yabikoze kabsa natwe ubu nimunyishu gusa👌👌💃💃
Bro muri batatu b'face d'one El pro
Mutazompa Ishano🔥🔥🔥🔥Hit song Guys....
🔥🔥🔥
KAyanza hejuru canee
Ako kanyuma Niko kabi😅 we horan’Umukama gusa ntakindi😅❤🔥🔥
Ubu ndimunyishu kbx nimba urumufana wa el pro nturengane utagiz like kbx ngaha
So love from Team Satura 🔥🔥 nice song kbx
noma uyu jama
@@niyintunzejoachim4731 ararenz kbx yubahwee
TSF yagaaa
Abari munyishu bagonge ama like ngaha🤜🤜🤜
hejuru cane abari munyishu tumenyane ngukunda cane❤️❤️♥️♥️💯
Komerezaho bro iyo sung's ninziza ndagukunda ndi kigali
Hit isozera umwakaaaa ubu ndi munyishu wallah. Munyemerere dukeze uyu mu Gee kuri gikorwa ciza. Burundi 🇧🇮 music hejuruuu🙌🙌
😚😚😚bandanya kuruuwo mudiho nyene 🙂. 😻😻😻😻
A master piece 🎊✅
Master
niwubahwe oleg nanum
Umuhungu wacu#El P..#Umu star wumu intellectuel apana bwa Bujama🤫
El pro hejuru cane courage muhungu wacu imbere niheza 🔥🔥🔥
Mubaya saaana 🔥🔥🔥🔥 uno muhungu arisangije umuziki,,,hejuru cane
Kubadida!! Iyi song 🔥🔥tumukez El pro kunyishu arimo!! Nokutwihera indirimbo ya bien!! Courage bwana El pro umewasha Moto🔥🇧🇮🇧🇮
Ako kanyuma niko kabi😅🙌🔥🔥🔥
ego🔥🔥🔥💯💯💯💯❣️🇧🇮🇧🇮
ako nikazim kbx.
Kbx nice song kbx urabasha mai bro love this song 🔥🔥🔥💥💥💥🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
#Elpro uwutarumva #songs zawe ntacaramenya.♥️♥️♥️🇧🇮🇧🇮
Umuhungu wanje ari Mukazi pee Ndi munyishu
Ndakwemer muta el pistola ww ur naho bakwirengangiza gs wubahwe🙏 abafana bukuri tuzokugw inyuma kbx ub ndi mu nyishu🎤🎤🎤🎤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👊👊👊👊
Barira um Ex ub nd munyishu✌👐
YEWEEEegayeee weee ubu ndimunyishu
Bg up san nymbo kali sana courag🇧🇮🇧🇮🇧🇮
El pro mamba ntiyigera akubita swata. iyingoma irarenze kabisa
Mfise akanoti ubu nibereye munyishu
Umusore wanje 🚀🚀 #ndimunyishu 🔥🔥🔥🔥
Ubu nibereye mu nyishu gusa 😂😂let's go 🇧🇮 🇧🇮
Vraiment uko kuntu yaduhanye na Lyrics ni ivyindani sana. Indirimbo iri à la hauteur des attentes, Big up sana !!!
I am so proud to be burundian🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nanj ubund munyishu
Ubu turi munyishu nayadem yanyank ub mfis ican kimurenze hit song 🔥🔥
Kubadida El pro 💫😂 ncandayirungikira umu Ex wanj ati Ubundimunyishu
Wallah ubu turimunyishu gusa gusa 👌👌👌👌👌👌🥰🥰🥰abarimunyishu nka El pro nti mwikorane imbere cane mwanaw'I Burundi 🇧🇮 great song
Thx Lord wew waduhezagije umu star nka el pro umuh kuramba ibisigay naw acavyumva yubahweee🙏🙏🙏🙏
Natwe tugombe tukwishyure cz this song ⚔💉from 🇷🇼
El pro🙋♂️
#Ubundimunyishu uwanyipfurij'inabi niwarimukamashu😎💪💪
Nice song kabs👍
Keep going my big bro#Elpistola🤜
you can💪
😍😍😍😍🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Crg big bro unaandika kbs
excellent as usually!
Nice song bro,Lyrics zawe zinryohera kubiiii
Mutazompa ishano Ubu ndi munyishu el pro el pistora
Ubu ndimunyishu kwel ex wanje abimenye ko ndimunyishu🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥😚😚😍😍😍💝💝🔥💞💞💞
Jewe ndafana ibikorwa vyawe kbxa.kyz représente hejuruuuu
Nukuri iyi ndirimbo iri kurwego rwohejuru cane.El pro yubahwe gose yakoze umuti cane. Nanje ndi munyishu , hari uwangaye kera ngo ntaho nzogera ( ako kanyuma ni kabi).ubu Imana iriko irishura
BigUp San my BIG Rapper wngu😎🤜🤛
El pro you never disappoint
El proo...everyday you drop fire 🔥 🤧 😍 😤
Nic song kabisa ubundimunyishu wubahwe my brother unkoreye umuti
Vous êtes dans la réponse !!! Very good
Burundi 🇧🇮 on the map ubu turi mu nyishu 🔥 🔥 🔥 🔥
I love so much every our musicians and the what they are doing, good song el pro cheers
°Kubadida🔥💯 ako kanyuma niko kabi🔥🔥💯🇧🇮
Ubu ndimunyishu hit song🔥🔥🇧🇮
Ubu ndi munyishu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Likes zanyu abari munyishu
Courage from Rwanda🥰🥰🥰🥰
Ebana El Pro jew mbuze iryo mvuga kimwe gusa uranyemeza
Ubu ndi munyishu manitse ibiganza ndake🙌🙌🙌🙌
Ubu ndi Munyishu🥰🥰🥰Akokanyuma Niko kabi🙈 Congrats Bro u nailed it 🇧🇮🇧🇮 🇧🇮 To the world 🌍
Komer
Eg kwer urimunyishu
Lit🔥🔥🔥🔥🔥
Mambaaaa El pistora akokanyuma niko kbii. Horanumuka💥
Ubu ndimunyishu 🇧🇮
Hit song! 💥💥💯/💯!! Horana amahera!! Big up bro!!!
Iyi song niyanje warakoze cane ubundimunyushu 🙏🙏🙏🙏🙏💞💞💞🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ako kanyuma niko kabi😂🔥🔥 Message iri real😍 keep it up
Best kbsa beat na clip safi
Ako kanyuma Niko kabi Pro😅😅 urakoze kuduhezagira
Uwuri #Munyishu kubita aka like wano
Ici nigisasu for sure
Love from #Aisuper💓
King of the hit song in buja fleva🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💯💯👏👏👏✌...
Iyi song iratwika kbx♥️♥️♥️
This chorus is ☘👑
Igikorwaa nkunda g bashaaa🤙🏼🤙
Ubu ndimunyishu uratwemeje kbx🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪
Ubu ndi munyishu nice song broo 🌟🔥🔥🔥
Bro ndagufana kuko naje ndi munyishu
#nduwokumashuha
Kabisa nakubali kayanza represent ✔✔✔✔✔✔✔✔✔🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Kabx bro turi munyishu mwishwanje kubadida 🔥🔥🔥🔥🔥
Mamba🐉 El pistola🔥🔥
Made in Burundi 🇧🇮 hejuru🔥🔥🔥🔥🔥
Everyday turi munyishu kwl Sha el pro ndagukunda sana the first rapper
Keep Ub Munyishu Gee El Pro
This project is very big 🔥 .. nice song 👌
Nanje ndi munyishu kabisa 😅😅😅
Love From kazoza FM 103.3
Imbere niheza cyaneeeee hejuru el pro iyi song irarenze ✌️🙏♥️🔥🇧🇮💀🏆ubu turi munyishu
Good song good vibes turi munyishu🔥🔥🔥
Yayaaaaaaayaaaaaayaaaaaa El Pro hejuru cane aba DJ batanima indirimbo z'abarundi nko muma Club mufise ibibazo nkiyi ngoma je nyumviririje muma bafre irasara walahi.Imiziki yo mu Burundi hejuru cane.Uwutabemera ni rofa.
Horana i beer n'amahera 🙌🙌🙌🙌🤩🤩🤩 umukma imber y vyose🤲👍👍👍🥰💜
Nanje ndi munyishu kbx uramvugiy ibintuuu🔥🔥
Urarenzee mutaaa💯
Kabisa 🙌🙌🔥🔥🔥🔥fire nkwemera bibi bro 💥💥🤜🤛
Hit Maker 🇧🇮❤️💯💥
Bro ntiwigera Umaramaza p ndimunyishu 🔥🔥😍😍😍😍🙏🙏🙏
Thank you El pro, nguma ndayumviriza nsubizamwo nongera kubera ayo majambo namwe n'umudiho wayo
Urabizi kweli courage
Kubadidaaaa 😂😂😂 ubu ndi muvyunguka😂(munyushu) 💥💥💥💥💥💥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Twigumireee munyiiiii🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥
Ngoma Kari najendimunyishu💃💃💃💪👍
Ndimunyishu kabisa vert new song
Ndimunyishu fire. Fire terimbere mwana
Courage 🇧🇮🇧🇮🇿🇲🔥🔥🔥🔥🔥
Nice Song💪💪🔥🔥
Bro u kill it ndk😀😀
Ur style is so funny ✌️🔥
Acha nikupongeze kwakusema et big up San unaweza namung akujalie kwakil ukifanyach
Abari munyishu muze hano🥰🥰🔥🔥