Ivyo ni ngombwa kubikora kuko niyo yoba Ari mubi utegerejwe gukunda umuyobozi wanyu kuko na Sawuri ya giyeho ku bushake bw' Imana ivyo nta ngorane kweri .
Sha ndabakunda. Ni gute umujenerali ashobora kuba akunda kandi yemera Imana gutya?Kagame we yayirasiye ku Mulindi wa Byumba! Mbe ni generali harya mu gisoda cga ni mugupfubura ibikecuru gusa???? Genda Rwanda warakubitikiye aho utegetswe n'umuhanju(ucuruza amagi). NEVA, ni umusoda ureke za mpehe z'abajuru ngo rpf, zishinzwe kwica, kuroga, kubeshya, amanyanga, n ibindi nk ibyo. Harakabaho igisoda cy uburundi ndetse na Far
😄😄😄ingengabitekerezo ibari mu mitwe irashaje, non igisoda c'uburundi kirimwo 50 y'abahutu n'a 50 y'abatutsi, sinzi abari kurimbura abandi ko bokworohewe.
Urumva abemera se ko avuga ngo no Muri M23 hariyo abarundi bifatikanije urya muyobozi ni hatari jewe ico nda mwumva ko nuko yankira abatinganyi vyonyene naho ibindi nta kigenda uburundi buheruka kumera neza kubwa ba Ndadaye na Buyoya nibe Nico gihe naho abaje bo nti womenya niba bafise impano yo kuyobora kweri
Wirambire ntahe yacu uraduteye iteka muvyeyi nta gereranwa.
Tukuri inyuma n'Imana ikuzigame Sebarundi wacu mwiza.
Muraberewe cane ntwazangabo z'igihugu.
Imana ibaj'i mbere ibihe vyose .
Imana nizigame UBURUNDI n'Abarundi yongere ikutuzigamire Nyenicubahiro Papa Burundi
Nago ndumurundi ndumunyarwand a arko abarundi mufise president mwiza kuruta abanyarwanda
Ivyo ni ngombwa kubikora kuko niyo yoba Ari mubi utegerejwe gukunda umuyobozi wanyu kuko na Sawuri ya giyeho ku bushake bw' Imana ivyo nta ngorane kweri .
@@gibsonngwema5511😂😂😂😂
Hmm 🤔 @@gibsonngwema5511
Hhhhhh!!! Iyo hataba abatanzania Ntabwo nkurunziza yarikugaruka. Ikibazo nuko mutemera weakness zanyu maze muzihereho mwikosore. Ikimenyimenyi nuburyo muri gusebera muri DRC knd mufite igisirikare gikomeye. Naho ibyamoko CNDD FDD irabiziko impamvu nshingiro yambere yabo Ari HUTU power (nabo ubwobo mumugambwe barabiganira) ikimenyi menye bagenda begezayo abantu bakomeye baba batutsi abatishwe baramenengashwa( gahunda ni kamwe kamwe). Uburundi iterambere riragoye kuko bamwe bamaze kwerekwako ntajambo bafite mugihugu ati" Cyaratuvunye ). Uburundi nigihugu cyiza cyane nabaturage ntakibazo but abayobozi bakiyoboye bafite imyumvire irihasi.
Muri DRC ho niho yateguriye kurimburira abasoda bo m'ubwoko bw'abatutsi nibo ajyenda ajonjora kuko aziko ugeze imbere ya m23 atagaruka we kubwe aravuga ngo nimujyende bene wanyu babamare
Naho ibyo gukomera kw'igisirikare cy'uburundi ndaho gitaniye na FRDC arega nonese barebere kuri inde
Wowe urakinisha president w'igihugu ujya m'urujyendo agasaba aka lift
Kuki mworungitse ingabo z’abatutsi kugwana n’umuhari wa M23?
Kuki abafashwe mwobihakanye ?
Komera kumuheto S.E President w'Uburundi! Uwukwanda akwandureko, Imane ikurinde, irinde nabarundi, eka irinde Uburundi!
Inteko zacu mukomere kungoma mutibagigwa nigitoro tworoshe kweli
Ugukomera k'ingabo mugabo bireberwa kuri Field
Hanyuma se Sebarundi we ibyo M23 irimo kuzikorera m'uburasirazuba bwa Congo urabizi?
Nonese abasoda bose warungitseyo hari abagaruka?
Niba bagaruka se ni bangahe?
Ark ubwo uziko abasoda bose wohereza abafasoni babo wabagize abapfakazi?
Se mu ivangura ryawe kiki woherezayo abiganjemo abo mubwoko bw'abatutsi kugira ngo m23 ibamarireyo kuko uziko batayiva munzara?
Komeramutamawacu turagukunda
Hanyuma c kudasigura abasoda bicirwa muri Congo?
Ese ingabo z'u Burundi zafashwe na M23 zizataha Zite?????
Abana b'igihugu bashiriye muri Congo Kandi bamazwe na M23 ndetse ku mpamvu zidasobanutse
Imana nizigame URWANDA n'Abanyarwandoa bakunda igihugu nabagituye ntavangura
Komera mutama wanje❤❤❤ uvuze ijambo ryukuri
Ikibazo agira niyasoza atavuze uRwanda, urwanda ubanza rwaramuhaye akazi ka visit RWANDA
Neva wowe wifuza gukuraho president wacu Paul Kagame Baca umugani NGO Urucira mukaso rugatwara nyoko
Mutama wacu muraberewe cane kandi uvyo muvuze n'ukuri
Sha ndabakunda. Ni gute umujenerali ashobora kuba akunda kandi yemera Imana gutya?Kagame we yayirasiye ku Mulindi wa Byumba! Mbe ni generali harya mu gisoda cga ni mugupfubura ibikecuru gusa???? Genda Rwanda warakubitikiye aho utegetswe n'umuhanju(ucuruza amagi). NEVA, ni umusoda ureke za mpehe z'abajuru ngo rpf, zishinzwe kwica, kuroga, kubeshya, amanyanga, n ibindi nk ibyo. Harakabaho igisoda cy uburundi ndetse na Far
2015 yahindutse iturufu kubanyepolitq
Inzo ngabo za cungereye iki? Abasahuye igihugu uyumusi kingeze hehe?? Ingabo zifatirwa kurugamba ukazihakana ubu niho uriko urazihayagiza??ingobo zuzuyemwo interahamwe??? Banze muheze gucanamwo muri cndd coup d'état izoba iraba ureke irya yiremenkanya
Qui explique bcp ment. Burakeye tubitege imisi. Birame mbone.
U Rwanda rwa gorwa twe nti twakwemera abatera baciye mu Rwanda aba batera bacya congo kandi muriyo mu tarimwo murakina imikino
Birabereye mwambaye nkabo
Natareka ivyo arimwo vyo kurebera ku moko ivyiwe birihuse kurangira vuba cane wewe wo kunda Imana wirigwa uvangura abantu urongoye
Yewe abasoda babarundi bariguphira muri congo none woe urikuvuga ubusa
Exercices d'entraînement et de formation militaire permettant aux Forces armées Burundaises d'être prêtes pour de futures opérations.
Félicitations❤
Les exercices sont nuls quand on les fait sans logistics.
❤❤❤❤
Ufite ishavu ryuko Urwanda rwakunanije kumara Abatutsi muri Congo
😄😄😄ingengabitekerezo ibari mu mitwe irashaje, non igisoda c'uburundi kirimwo 50 y'abahutu n'a 50 y'abatutsi, sinzi abari kurimbura abandi ko bokworohewe.
😂😂😂😂😂😂😂
President wumujinga nkuyu ntaho yigeze aboneka mwisi
Nta president wumujinga nka kagome yirigwa yica abakongomani abasanga iwabo kandi akaniba amabuye yabo birateye isoni kubona igihugu gifise president nkuyo,ipuuuu😮
Sendagara, we uri ikijuju
Bazosubire bihende
ABAHUTU n, Abatutsi bayoboye imigambwe,nizego Z,igihugu...iGISIRIKARE n,igipolisi,ndetse n,ubucakanza!,, KWERI MUGERAGEZA KUNYWANISHA ABARUNDI!.
Ariko hano muri Kenya,ABARUNDI Bo hasi,ba nyirarucari,CYANE CYANE mukarere ka, Dagoretti/ Riruta ...harimo impunzi ziganjemo aba- SANS ECHEQUE,benshi muribo,Bari bashyigikiye Coup d,Etat ya 2015!!!Rero NABO muzabahumurize,mubahe amnistie batahe,bareke kugumya BABUYERA,BASEBYA INGOMA YA CNDD- FDD!.Bahembera kubyutsa umugera W,amoko.( Yego,SIKO Bose Ari impunzi za politiki,kuko harimo nabaje,kwihahira agashilingi ...bisaba KO biyita impunzi)Ariko utu ONG bashinga,basabisha infashanyo,bagomba KUVUGA Nabi UBUTEGETSI/ BABUSEBYA,NGO babone funds from UNHCR!!??.
Gusa wibuke nabasirikare bawe bafashwe na M23 barwanira DRC , maze ubatabare
Urumva abemera se ko avuga ngo no Muri M23 hariyo abarundi bifatikanije urya muyobozi ni hatari jewe ico nda mwumva ko nuko yankira abatinganyi vyonyene naho ibindi nta kigenda uburundi buheruka kumera neza kubwa ba Ndadaye na Buyoya nibe Nico gihe naho abaje bo nti womenya niba bafise impano yo kuyobora kweri
Humura ingabo utipfuzaga uzimariye congo. Ubu rero niho u burundi ari bwiza inzara imaze abarundi.
Iyihe coup d'etat se komwayiteye kugira mumare abatutsi nubu mugikomeje. Iyo Imana uvuga izakwereka ko ari Imana.
Ceçeka M23 izagukosora..
bravo mr le president itegure intambara by'ukuri ureke iby'imikino kuko wazakubitwa kandi abarundi bakagufata nk'ikigwari nizere ko waba warasomye comment natanze kwa tuyagire vanessa tegura ingabo ibihumbi 100(100000)kandi zibe ziryamiye amajanja hafi na hafi hank y'umupaka njba ataribyk ntuzambaze ibizakurikira kazi kawe rero
M23 izakwereka ko abatutsi bagihari niba mwarabamaze mu burundi ahandi bariho. Naho u rwanda rwo uhoza mukanwa icyo mupfa urakizi zana 660 bakatiwe ninkiko gacaca kubera genocide kandi nawe urimo urebe ko hari ikibazo mugirana. U rwanda rwaragysize niyo wakwiruka amasigamana ntiwarufata. Hanyuma rwashatse u burundi umunsi umwe urahagije. Umututsi ntazi gutema numupanga ariko kurasa ntawe umurusha ubuse M23 ibananiye mwarishyize hamwe mungana iki!!!!
Mutama wacu wubahwe natw tuzokubah tukubahishe
Mwambaye neza mutama se barundi
Mukomere bashinga ntahe na Kizigenza Nyiricubahiro Son Exleence Evaliste NDAYISHIMIYE ❤❤❤❤
Komera komera Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu
Yoooomuvyeyiwacu. Tuaragukunda ningabozacu❤❤❤❤
Izene Ntare oyeeeee.Ingabo zubumwe nyakuri oyeeeee.Mubandanye muduhashirize abanyamacakuru aho boturuka hose.Akahise kubwicanyi kabe umugani kubarundi bose
😂😂😂😂😂😂
Power burundi abanyarwanda mukwiye kwitonda mugakura amanyembwa mumitwe yanyu😂😂😂
Hhhh mwarebye ibyanyu urwanda hano rurihe
General auto procrame
Nimwirire umukeke
sebarundi turagushigikiye cane
Ukwonukurimutama
Mtama uzareke amaronko igihugu ni chabose kandi tanga nabandi batware
Hera Kuri kagame
@@EmanuelNzohabonimanaariko abarundi bararwaye,wavuze ibyanyu ibyabandi ubishakaho iki
Nimukiranuke nubukene bubamereye nabi (no devises,no carburant....) mubone kuvuga abandi
nta gisirikare mufite
Mwebwe mufisiku?
Muradutera tukabananir none ngo ntagisirikar
@@EmanuelNzohabonimana hhahaha ayiga Mana ngo mwarabananiye ndagusetse
@@EmanuelNzohabonimanantavyo Uzi canke urirengagiza ivyuzi canke nawe urumufana wa cndd ariko iminsi iracahari muzoseba ni mudahinduka
Abahutu b’abarundi bari serious.
😂😂😂😂😂