Amakuru atarikwivumbi 20/09/2024 Abanyagihugu biyamiriza Prezida Evariste kuko ataco abamariye

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 20 вер 2024
  • #amakuru_atarikwivumbi
    #urugendo_news_amakuru
    #Updats_zurugendo_news
    Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
    Amakuru ya RPA yihuta
    Amakuru ya Haguruka yihuta
    Amakuru yinzamba yihuta
    Amakuru ya Peace FM yihuta
    Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

КОМЕНТАРІ • 6

  • @BaidreesBaidrees
    @BaidreesBaidrees 2 години тому

    IMBOGA NYIZIVA KU MUTEMERE JEWE SIMBONAKO IGIHUGU CACU KIZOSUBIRA GUTOTAHARA 😢

  • @yvonnekwizera-n3n
    @yvonnekwizera-n3n 18 годин тому +1

    uyu munyagihugu abivuze neza . abatanga amajwi benshi bari ruguru ata kommunikation , biragoye gutsinda aba ddd kuko basanga abantu kuri terrain , ntivyoroshe gutsinda aba ddd, nukurira ukihanagura , barafashe ,kandi aya majambo nabo barayunva ahubwo bituma batora izindi strategie , nabo barakenura caane , kugira mutsinde , yezu niwe yoyaharura amajwi

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu 6 годин тому

    Mutama Général Agathon Rwasa niwe dukeneye niwe Abarundi bakeneyemwo urukiza sagashesheshwa rumuri

  • @yvonnekwizera-n3n
    @yvonnekwizera-n3n 18 годин тому

    ntabunyoni ngaho , nabambuzi nkabandi , ico gihugu kirigorewe

  • @ArleneHABUBUMWE
    @ArleneHABUBUMWE 5 годин тому

    Twebwe dushaka président atavuye muri CNDD kuko Bose nabanyonyezi rero ntahovyoca agacinyizo gahere

  • @Hazfir.Official
    @Hazfir.Official 16 годин тому

    Twebwe ubu dushaka uwuzosubiza umuceri kuri1200fb😂 niwe tuzotora🤣