Harizindi mbaraga numvise muri no ndirimbo!!King 👑 Sat _B Mungu azidi kukulinda na kukuongeza miaka ya uhaii...Urambe mutama... #Sat b Hakika una kipaji🔥🔥🔥uririmba neza
From yesterday they continue list the new hit of Sweet daddy but me I am still look this best one beautiful story , even it wasn't has a good quality but this song has a beautiful quality words , what do u thinking
Abantu mur 2024 mwasubiy kwumv iy ndirimbo yum legend mugong link hano❤❤
Abakiraba iyi ndirimbo Muri 2024 tumenyane Kuri likes
J ndayiravye le19/9/2024
Iyotwavuye kweli uwukiraba iyindirimwo muri2020 ampe like
jw ni muri 2021
2022
Imana yadukuye Kure cane
Uwagize impanuro ayironsemwo gushika n'ubu muri 2021 ampe Like twimanukire
Inkuru Yukuri Yubahw 😢😢 🙏🏼🙏🏼 2023 ❤❤❤❤🇸🇦🇧🇮💯💯💯💯💯 Komeza Utere Imbere Kbx Uritwari 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
"Haruwambwiye ngo ndumuhimbiri,uz umuhe nawe" :iri jambo rirakomeye,rab ub uwambere mukurishira mungiro,querelles hagati yaba fans baw na fizzo zihere,nibaza muronse mwese,mushimwe mwese kwari vyiza,waravuz kuwuha abandi ariwe usaba azoguhana n'abandi.courage, c'est une chanson avec un fond spécial
Harizindi mbaraga numvise muri no ndirimbo!!King 👑 Sat _B Mungu azidi kukulinda na kukuongeza miaka ya uhaii...Urambe mutama...
#Sat b Hakika una kipaji🔥🔥🔥uririmba neza
Iyindirimbo yaranyoheye kumusi ndayira 5 nawe gut
Umusi wampaye uzumuhe nurya adafise♥♥♥♥ : isengesho ryanje♥ keep it up .... Till 2020 we are here listening to this one.
Nyimba ukiraba iyi ndirimbo 2020 gonga like. Thank u #sat-b satlight king
Who’s watching this song in 2024✌️🔥 hit maker satura
INKURU Y'UKURI . In 2023, we still enjoy with this nice song
Exactly 💯💪🌟💯💪💯
same here everyday
We are still here in 2024🇷🇼❤️❤️❤️
Alloooooo. In 2021, we still enjoy with this nice song
Igikorwa ciza cane.Nubu 2019 mvyutse ncaha UA-cam nkumviriza
Saf san ninde akilab iyindilimbo muzan like zanyu
iyi ndirimbo iracafise amateka kuvyubuzima ( mbe ndababaze mubona king yaratubeshe mubonye ahageze Ubu ?)
Nta kure cane Imana itokura umuntu
ntanaho itomushikana
Sat_B #yubahwe🙌🙌🙌
Uhuchumva iyi song kugera ubu nakande like tuvyumve kumwe❤
If you still listing this song in 2022 u are a legend, sat b kiboko yao ❤️❤️❤️❤️❤️
Niri joro nongeye kuyiraba narindayikumbuye
Nimba tugifatanije kuyinovora iyo song nshirieako imiyaga kbx
Uwagarutse kuraba inkuru y'ukuri nyuma yukwumva ivyaraye bishikiy satb ampe like
Inkuru y'ukuri hejuru caane 2024
2024nguma ndayiraba KL nubu ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
nyimbo naipenda san eti mwenyezi Mungu siku ukinipa bas umpe nayule asokua nacho haaahaa nyimbo nzur san dotto from Zanzibar Tz
Good satura urashoboye
4pm
Mon,Aug 19 ,2024
Who still enjoy it like🎉🎉🎉🎉
Let's gooooooooo❤
King hejuru❤
2021 ndacayumviriza ninde nkanje💪
Ni 2021 uwuri hano asigire like hit after hit furungu magonde
Iyi song uko ndayumvirije inyibutsa vyishi kbx...Sat-B simbona uwuzoza umuruta kuko n'indirimbo ziwe ntizita akanovera.!!!
Nimba ukiraba ino song Mpa like Burundi 🇧🇮 for life
Who is here 2020
Nice song, still watching even 2020
I'm here
Peace
Peace
🙏👍❤
Mbega abobandi ba legend bagezehe I like this song ❤❤❤
Ibihe bihibindi inomusi niwe uri kuri tap top 🔝 yambere muburundi congratulations 🎉
i like it
Big up Sat B
You have come far I have stopped hating on you keep winning
❤ sat b ntawabivukany
Kbx courage can Kandi wubahwe iyotwavuy harakomey peeee🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮✔️👌👌🙏🙏🙏
Iguma itwika ❤🔥🇧🇮🇸🇦
aratwik
Belle chanson belle époque qu'on oubliera jamais
Kbsa nubu 22:50'
04/09/2019
Karacar o top🔥🔥
Nitamatek kabis itwibuts vyinsh😭😭😭
Turihamwe muri kumviriza iyi ndirimbo naje ndi kuyumviriza buri unusi ndi daresalama ndagushima sana kubera waradusabiye
In July 2023🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💓💓💓💓💓💓
Go ahead Mr Sat.B satellite du Burundi 🇧🇮🇧🇮💓💓
Kaka kazi nzuri ulitisha sana mno 🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Still listening to this Beautiful Song since my Childhood till now!! Who's here 2024❤❤❤❤
Akanovera kiyi Song ntikazopfa gaheze, kuk amajambo arimwo ntasaza!!
Hata 2023 i still listening this best banger💣💣💣💥💥💥💥
I still listen it in 2023. In all the music sat-b peform this is the only one i liked.
King sat b turakeneye ikindi gikogwa naba babingwa
2024😢😢😊🔥abakiyiraba Gonga Likes
big up iyi song ndayemer sanaaaa
Sat bi iyindirimbo uhora uyirba wanguuuu
Gushika nubu 2021 ndacayirab iyi ndirimbo.Sat b congrats kbx kwubak izina vyarakuvuny
La musique que je ne cesse pas d'écouter
I remember this song before listen it on Phone my father sent us to look after cows❤❤ in Many years ago
From Uganda 🇺🇬 Int'l Congo DRC 🇨🇩 I still Remember My childhood On This Song Forever 🥰🥰 Sat b
Inyibukije my brother yarayikunda😢😢😢
Respect my bro
still a big hit in 2023
iyi ndirimba iyo ndayumvis inyibutsa vyashi kubuzima bwaje kl ira ryohera can p
We still enjoy. 2023❤
❤❤❤ nivyishi umuntu yibuka vyinyuma sat b wubahwe❤❤
Iyotwavuye kwl uwukira akaga song 2023 ampe like
Nje ntavyishi kuko yayitegura nanje ndumukinagizwa kwa mushikiwe mama Khaled😢😢
Big up sat b
Imana irikumwe
Nawe 2019
INKURU Y,UKURI ,in 2023 Hejuru caneeee❤
Imyaka iranyaruka Mwishwanje ninde ahari 2024 ? Ampe like
Izimpanuro ndazikunze pee oho urihose imana ikugendi mbere mucandimwe wanje andi never give up brother
tamuu tamuu bro courage
Blessed bro naikubaliiii tangu enziii zile♧🌍🔥🔥
Abkunzi ba sat b bibuka iyi songs big up
King ✌🏿📍🤍🎙️
Kbx sat b
Mtokambali kwel😂
Nivyukuri wasavye iyunva yaraguhaye .nabatoyibawe irikwibaha
Mana nanj ndagushima 2024❤
From yesterday they continue list the new hit of Sweet daddy but me I am still look this best one beautiful story , even it wasn't has a good quality but this song has a beautiful quality words , what do u thinking
Iyotwavuye nikure uwukiraba iyi ndirimbo muruyu mwaka 2021 like ngaho
Iyi ndirimb Ni inspiration kur jeunesse yubu tjr pathman
this song wallah izokwam ar 1👌sat i'm yur fan
Nice bro
Ngarutse ngaha 2022😊Iyi song niho naboneye ko sat b ashoboye. Niyabandanya kuririmba inkuru z ukuri ziba mubuzima azobandanya atera imbere
2023 still listening this huge bang💥 👊🏼
Iyi ndirimbo nicitegerezo mu buzima bwanje.
Ntagucikintg nuwutizer yokwizerera kur sat b urabn uko Imana ymuhindurie amatek
kabisa
Iyindimbo irigishap!❤👍👌
Sat- t wubahwe wavukanye impano pe!
I'm here in 2024 🎉🎉🎉
Pole bro message nzu....
Je mbona iterambere ryawe rinyigisha vyishii
Gukora cane kubra iyoo utakura amaboko mu mpuzuu nawee nuba urikoo uraronkaa ubuu nahoo bamwe muri twebwe twiryohra nukwigumira twiyicariyee twichatingira tuja kuri za yutube gusaa 😂😂 muza courage hari akajambo kunda kumva uvuga ngo twimfuza gushikaa gushikana umuzikiinkuyindi ntambwe now you appear kbsaa courage w uri cirwa kuritwe aho wavuy turahazii natwee muri vyose dukora mubuzi butandukanye dukora nuko nukoo dukwiye gukora cane turabona akarorro kuri ww naw wavuye kure natw tuzoshikaa courage kbsa
Good job. God bless you
Kabx
Ak karirimbo niko👌👌👌
still 2024
Ntawutanga imana kwihebura.bien chante
Ark ahantuhose nayibonye irangira wagirango iracyakomeza nibarukubera ubwiza bayo sinzi courage kbs basaza
Ejo niheza sat b terimbere
Sarobiiiii😂😂😂😂😂waaaaaaa
so far way, twavuye kure hahahaahha
Indimu voice yawe iraryohera kweli