wow what a very touching and meaningful message & song!! god bless Sat-b and every Burundian that is Fighting towards Burundi's future and proggress 🙏🏾🇧🇮
I am so grateful to see where God taking my Burundian music INDUSTRY, That's not only song but true message to the worldwide.#Sat-B,#Bigfizzo#,.....❤🇧🇮✌
God Will make great our music industry 🇧🇮🙏🏾
Yaaaaaga 🥰🔥🔥🔥
Inchallah in the name of God
Truly he will do it we're just hopin'
Burundian Giant himself lets make a millions views 👊👌
Ujengewe sanamu mweshimiwa unajua kutufrahishi, baba umetutowa mbali sana, promoti nyimbo yako
Uwushakako umuziki m'urundi twowukuramwo ishari ugater'imbere nashireko ngaha likes 🇧🇮🙏🤣 thanks very much the King sat b Big up
Ishari akaziki keza
Iyindirimbo irarenz
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Uwayibonye wese ankubite likes ngaha🇧🇮🔥🔥
Tk you mai brad
Abantu mukunda sat b mumpereze izo like tumenyane from zambia kuchalo 🥰
Chikala zoona
@@Corneil7 mhhhh ndiwe wopusa kaleza🤭🤭😄
love song 🔥🇧🇮
nimb atashari ufise shirak like tuhaturire
Buri ndwi nza hano kureba niba Iyi ndirimbo ikiriho iyo nihasanze ndishima
Love this song 🎵 from Mulenge south kivu
Ivyo narintegereje birashitse ntagutangwa niyi song 🔥🔥🔥👊👂👂🇧🇮 Yagaaaaaaa 🎶🎵🔊♥️🏹 Manayikigongwe👏👏👏
Funga mwaka fungua mwaka. Empire avenue 🚀🚀🇧🇮
I really like this song 🤦♀️ ishari🙆♀️
Bafise Ivyo bandikiwe, Nanje mfise ivyo nandikiwe.......☺️😇
Iyi Line irimwo Ubutumwa bwose🕛🔊
Big Up kuri Short Movie Mr Sat-B
LEGENDARY OF 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️😊
Ishari wap kbx thx sat-b this is hit🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼
Nkunda indirimbo zawe zose my brother abarundi mufite impari pee mujye mufata Sat B from 🇷🇼
Batazompa ishano nukuri....
wow what a very touching and meaningful message & song!! god bless Sat-b and every Burundian that is Fighting towards Burundi's future and proggress 🙏🏾🇧🇮
Sound, mastering, mix, quality all are good. I'll Always be there to support Burundian musics✨✨🇧🇮🇧🇮✨✨
👍👍❤❤
Oooooh. Abantu mutagira ishari tugire partage base ibashikire mumwanya muto cane .Hama mumpe like ngaha twagiye ✊🥇💓🔥
I am so grateful to see where God taking my Burundian music INDUSTRY, That's not only song but true message to the worldwide.#Sat-B,#Bigfizzo#,.....❤🇧🇮✌
Good Melody 💥
Good music 💥
Good voice💥
King of music in our country, big up Sat-B✅✅🎶🎼🎙
Uwarakumbuye akokamo kakera yavuza beat itanguye ahejeje kuvuga #ami #pro #waaaa.. #oneeee akore like hano 👌
Nice sóng
Go higher Burundians 🔥🔥🇷🇼
NYIMBO nzuri sema napenda warundi mnavyocheza mlabizi sat b nkukaye milongo na milongo ulabizi cyane
Wooow , we proud of you king Sat-B
Another banger 🔥🔥🔥
Ndakengurutse bwana Sidibé Imana ikomeze imirimo yawe 🙌
let me say this,, the KING'S musics are always sound right, especialy when the inspiration of this ones came the heart. thank you SATUBI
Msg irakwiye👌👌👌
Ishari kweri😭😭😭😭 rituma nibikorwa vyabana b,IGIHUGU bitaduga kubera gusharikana kwabo😭😭😭😭
Mana turinde ishari🙏🙏
Congratulations for your song #ishari hejuru💪💪
Rispect wabikoze neza brother 🥰🥰🥰🔥🔥🔥🔥💯✅👌
sat b is the king abavyemera mumpe like nyinshi
Sat b wacu mwiterimbere 🇧🇮
The beat, the flow, the message is so emotional, Sat-b one of the few artists that can provide mood swings to the fans💯❤️
Nibaganye ishari shaaa ntibazi iyo wavuye🤟🤟🤟🙏🙏🙏
Let's show the world a good music from Burundi 🇧🇮🇧🇮 i'm so pround to be in this lovely contry
You are right. I am also proud to be Burundian
For real
TEAM Satura nyimbo Kali tufurahiye mziki mzuli kutoka Kwa ⭐ wetu💪💪💪
Love from Mutama Gerrard official ❤
Kabisa umwewese afisivyo yandikiw kabisa sat b mutama wamateka urakoze Kuri conseille uduhaye🙏🙏🙏🙏🙏
I love this song 🎧 ❤
Navuye mwi yarara none ushaka ko nsubirayo!!!😭😭😭😭
#Thank youu Sat-B
Best singer , best song, best video congrats sat b
Atashari ririmwo mumpe utwotuntu tubandanyanye dushigikira umuziki wubarundi yagaaaa ishari hejuru 👍🏻🇸🇦❤🔥🔥🔥
Uburundi nabarundi twarahawe umuririmvyi wicitegererezo, barayamaze ngo ntanymbo ibura agahonzi kubwanje mbona vyose uri mwigisha (Teacher) abotuvyemeranya likes hano indirimbo irisiguye🙏🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Kabisa. nuwokwanka urukwavu yovuga ko runyaruka. Mutama Sat-b
Mutama Sat_b yubahwe.
Amashi meshi Kabisa, respected SAT B indirimbo ikora kumutima.Kumusi incuro ndayiraba ntazo noharura kuber'uburyohe ndayumvamwo.Ariko nkubaza iyo Meza yitomati wayuriyeko gute🤣🤣🤣👍👍.Inkuru y'ukuri,Musubize,Nyampinga,Nyanzobe,Tous matche,Mu Gacerere,Umv'ivyo Bintu,Imodokari,Urugo Ruhire,Ishari nizindi nyiiishi ziri kumutima❤️,.Komeza Komeza Mwuzukuru wa Cambarantama🙏🏽🙏🏽🙏🏽👏👏👏🤜🤛
This kind of song is an inspirational 🇹🇿🇧🇮🇰🇳🇿🇲🇨🇦🇺🇸🇯🇲🇳🇴🇸🇪🇷🇴🇷🇼🇸🇸🇹🇨🇿🇦🏴 Love from #KandaMusic🇧🇮🇺🇸
Courage satura
😥😥😥waoooh
Nice song bro much love from🇿🇲🇿🇲
Good music never die 🔥🔥
Wouwwww video nziza cane love form 🇧🇮🇸🇦❤❤❤❤❤❤❤
Mbaye uwambere team satura like
Sat-b, ico wananiwe ni gukora nabi!!
🇧🇮🇧🇮🇧🇮 up
This kind of song we need from Sat b🇧🇮 nice song big up
Sat-b wubahwe uvuze ukuri
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮✅✅✅
Sha nawe urategura nkewa 🙆🏿♂️🙆🏿♂️🙆🏿♂️
Respect #Satura 👊👊👊🇧🇮
Show Love to our Starboy 🇧🇮🇧🇮❤❤
Amajambo ahuye namasanamu!!👂👂👂👂
Icigwa kuribamw #sat b wubahw
Fire song 🇧🇮🇷🇼
Oooooo my Goodness this is beautiful Songz🇧🇮🎶
Nice song, keep on fighting for burundian music industry
10 max nayo tuyihabwe 🔥🔥🔥
Legend never disappoint 🔥🔥🔥🔥
Vidéo Histoire de bdi satellite définition SAT B KING BUJA 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Minha música favorita é vida e juventude, mas as coisas boas acontecem e as coisas ruins acontecem, vamos superar 🎶🎶
Kbx umwe wese afise ivyo yandikiwe, twese duteze ibiganza Uhoraho 👏👏👏 #Good song
Ego vraiment.ndavyemey ubugira kandi.respect mon Grand
Good work Mr Sat-b vyukuri iyindirimbo inkoze ahantu kbx kandi big up sana 💪💪💪🔥🔥🔥🔥💞
King wubahwe ukorinikorinka🔥🔥🔥🔥🔥🙏
Thank you very much Sat b for those good Words amajambo meza
Abanyamahanga tuzobashira hasi tuu 🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮👊👊👊👊👊👏👏👏👏👏👏
Imiziki mwiza cane King Satura!waririnvye ibihari cane mukibano🙏🙏🔥🔥🔥
Nduwambere ayiravye ubwambere respect Sat B
kingi Satb urez zuradutamwo nkizo nanyohewe❤❤❤❤
Uzikukunda sat b UMP liké ishari 🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🙏
Hello Africa 🔥🔥🔥
Ubu Turi Murukundo Nyago Nibaze Kwari Indirimbo Y'ishari Isohotse Ubwanyuma, Hama Good Vidéo Mr Satellite From Buja Fleva, Turagukunda Nawe Booooommm harahiye 🔥🔥🔥🔥🇧🇮
🤞✨🇧🇮cool musazaa ❤️turabizii😂😂😂 *ndabizi*
Abaguma bagaruka kuyumviriza nkanje tumenyane❤️❤️❤️
Uduhaburi munsi friday song zubweng satura 🇧🇮🇧🇮burundi on the map it is a Nice song forever
uwayibonye wese akorerayike akubitekomateri ngaha❤❤🇧🇮🇧🇮🇨🇵🇨🇵🇨🇵
Kuva kera sat _ B uri number 1🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩
Mbega ivyiza vy'igihugu canje!!!!! Sat-lit du Burundi uranezereje pe!! Sounds so fresh This will never ever gets old big up shurwe ry'igihugu
Sat b gd sanaaa congratulation ejo ni heza inshaallah umwana from Green cntry
Indirimbo yibihe vyonse 🧎🙏 besh ntibashaka ko uwundi abaho 🤲twense tuteze ibiganza🤲
Hejuru cyane Sat b love from Cameroun
Hit song wallah 🇧🇮💯🔥💪 Big up Brother urashoboye sana 🌍 👑👑👑👑
Courage sanaaaa mutamaa wabikoz nezaa caanee kbxaaa.
Komera urumwe kabisa wirambire kabisa 💕💕🙇🙇
Nakubari mzee wangu big up my king musician from Burundi
🇧🇮burundi hejuru sat-b wubahw urik urahesh ishem igihugu
sat b King of music,ntamus ntayiraba ikozw kumw Ni nkuru yukuri🙏
Yaaaagaaaa 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Nice song King,igih nikigera nzogusanga Buja nguhe aka gift ukwo kazoba kangana kwose,uzogashime,kuko iyindirimbo imaz igih imfash kuko abanyeshari twarakorany narababony pe
Thx for u're words there's so much form my heart thx u sat b🙏🙏🙏🙏🙏
This is big tune & good massage
Yooooooo ishari niyo yuzuy mubantu thx satb inyigish nziza
Ishari ni rini ryatumye gahini yica Murumuna we Abel Babwire Abisi Bagabanye ishari Terimbere Utezimbere Abandi musaza Satura
Urashoboy mwana wigihugu❤❤❤❤❤❤❤❤❤
yeah nice vedeo at all kand ibint ni fireeeeeee
Ukomereze aho King wacu,turagukunda cane😘😘😘😘
Mana yikigongwe wankuye muboro unyicarikana n'abakomeye 💞 💞 💞 💞
Goood point and goood visibility
Yagaaa .
Ishari sinzi uko novyita
New creation,new location only king marechard satb
KEEP LIFTING BURUNDIAN FLAG HIGHER💯 Good Job👏