Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Ivyo twahora tuvyumva mu Rwanda babivugira hejuru ndazi ko mu Burundi bihari ariko kubivugira hejuru ntavyo twari tumenyereye
Ibirofa gusa.mukwiye agasho.urumva ukunt usarishij aba star bacu
Mwabantumwe ibintu ntibigiye kworoha pe! Akamo Tv merci kuduha ukuri kwiribiri mu kibano
😂😂nukuri urikivumecumukobwa😂😂
😢😢😢😢😢 birababaj umwan wa 19ans mubumaray Imana igutabare uz ubiheb completemt
😂😂😂😂😂😂😂 Uti abantu bagufi baba bafise DK ntoya?😂😂😂😂
Hao ni wazembe wa town hawataki kutumika wanataka kula hela za bile
Vrt nunvise agahinda mumutima.
😂😂😂nunuwatazinokwishur ikibzo ubonayoshoboragukorki?nuwokwidandazanyen.karabonwkakwarakagugu.😂😂
Numwan mubabarireNibibazo ntavyaz nukwishur aheba nishure
Iyi si interview n'igikino 😢 za murareka gutitur imico ngo ni viues
Iconikijuju Imana igutbare nukur
@@NiyonsengaJususMarie sivyiza gutuka umuntu ko ari ikijuju! Iyo akoze ibitagushimisha uramuhanura kuko twese ntibufise ububasha bungana bwo gukoresha ubwenge twahawe n'Imana
Sha umuntu ararumbisha abandi be jeje
Good job
😂😂😂 imana irihangana😅😅
Aha bamwe baraza gutwenga ariko birateye agahinda kwel
😢😢😢😢😢😢
Ariko Mungu we
Iman'iturengere pe
Uwum journaliste ntazi kubaza agum abaza ivyo yabajij
Kl
Avuga ayabana nyene umuntu yiyaminia ngu yunguts mubumaraya
😂😂😂😂😂😂😂
Birababaje caaane
Wamunyamakuruwe wandayawe akubwiriki?
Mpa number yiweeee ngahaaaaa
😢😢😢
Uyumumenyeshamakuru nikirofa urashobora kubazi bibaz 1 uturo cumi nokwararaz nkuko
Good
Imbwa ntiheba iyarara iba irindiriyeko rigwira😂😂
Abategetse bobona kino kiganiro mwebwe mwoba mufunzwe kabis na tv yanyu ikahagarikwa
Akamo TV rondera umu journaliste azikuryosha ikiganiro mukubaza ibibazo
Mutikebutse mwebwe murafunzwe ndabarahiye
Bro uribwa kbs kandi ibyo ukora sibyo peh
Non nkuyazananyeh nimuguf ntiyagukwirije
Gusawarakoreshejubweng mwivyovyos kubawakorimigambi nkuko wakozukuchoboye kandikubawavuyemwo nako nisawa imaniguhinduriramateka yeeee non nkabagabo cumi EEE munyomunva wunva gut ntiwahuhutwa ee wakoreshibinin ee umwewenyen harahakuriza
🤣
Umu journaliste aritora agatanga ikiganiro kidasobanutse?😠😠
Tuzobafunga
ex wampy nimer yuw mundadx
#Akamotv ntimuhahamukire ama views mwibuke kwubahiriza imico nakaranga vyuburundi si nom birashobora jubakomerana. ibintu nkibi twahora tuvyumva hirya ya kanyaru yamara naho numva ngo babihagurukiye. mwikebike😠😠😠
Ww batagushize mugasho uzoba urambwira muburundi bibi

Numwan mubabarire
Nibibazo ntavyaz nukwishur aheba nishure