B-FACE: Ubutumwa kuri 19th/ Ibiri ku murima 5 n' insiguro yavyo

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 28 вер 2024

КОМЕНТАРІ • 110

  • @nkotanyigisa7115
    @nkotanyigisa7115 5 років тому +1

    Kwizina ryimana B face urabizi kabisa niwowe muraperi wambere murwanda no muburundi kabisa kandi uvugisha ukuri kabisa ndagukunda cyane courage my brother.

  • @ndayiragijeemilemarlon1369
    @ndayiragijeemilemarlon1369 6 років тому +6

    U are strong in Hip Hop b Face ushobora Kuba umwami WA hip-hop Muri EAC

  • @MusaMusa-xn4ud
    @MusaMusa-xn4ud 9 місяців тому +2

    B face Ndagukunda komeza mur RAP SONGS Uruwambere bja.ntanuwogusubirira.Nakwigiyeko vyinshi.Bigapu bro

  • @ioleneishimwe8815
    @ioleneishimwe8815 6 років тому +3

    B-face ndagukunda snaa keep it bro we lov youuu dj isael raba uhindure comportement imbere ya camera urasarisha

  • @riyazimanacyriaque372
    @riyazimanacyriaque372 5 років тому +2

    Oya nivyo nibarek kubanira aba rapeurs twes twama twabony ako kaneng

  • @amedeeahishakiye1890
    @amedeeahishakiye1890 4 роки тому +1

    Urabishoboy bro man ndagukunda kubra urikurateza imber hip hop man ntuzigera utamba wirorera uwutazi ivyaw arabimbaza respect king Rapper Yuda

  • @richardngendakumana2871
    @richardngendakumana2871 6 років тому +7

    DJ amajwi ntiwakosoye kbs uyomusore arashoboye

  • @thomasndayisaba7273
    @thomasndayisaba7273 5 років тому +1

    Watsagwan,tinzangwana nakubalii bface on th floo

  • @el-mesutonduwarugira93
    @el-mesutonduwarugira93 6 років тому +1

    Wallah ico gipetit Bface On the Flow sans blg arantovyeeeeeeeee:::::kbsa arashoboy ahubw uk mbibona He is Best RAPPER IN Burundi industry;;;;; Chapeau:

  • @nduwimanapatrick1606
    @nduwimanapatrick1606 6 років тому +1

    Big Up sana bandanya correction muga Israel yitwara nkumu adolescent vmt comportment yerekanye sinkiy umu journaliste .arakwiye kuzirikana ukwo aba journaliste bitwara kuri ecrat na terrain ababijejw rero il faut ko bamwigisha

  • @mr_ingabire
    @mr_ingabire 6 років тому +2

    Kumbe muri studio biba biryoshe kabisa ayo ma gestes baguma bagira...B face icakora araz kwishura kabisa!;j'aurai aimé kumenya birya bintu basomye muri fone!!Israel nakaguruguru nani!!

    • @Jastansabid
      @Jastansabid 5 років тому

      Jamaa huyo mweupe ni mjivuni istoshe anaonekana hampendi b face ana kicheko cha usaliti.

  • @isaactv1725
    @isaactv1725 6 років тому +3

    muvyondagukundira Urazi kwishura kbs duuh

  • @Sport-b1
    @Sport-b1 5 років тому +1

    B face ndamwemera can!! dj Israël ngir warumvise,kunda ivyiwanyu

  • @hazardjames1041
    @hazardjames1041 6 років тому +5

    Nakubali

  • @gilbertndayizeye9819
    @gilbertndayizeye9819 6 років тому +7

    B face ndakwemera kabisa ww urishuran ubwenge knd nubunyarutsi , big up xan

  • @djamaniproniger6722
    @djamaniproniger6722 5 років тому +2

    yeah b face hap ni fresh bro komeza

  • @ndayiragijeemilemarlon1369
    @ndayiragijeemilemarlon1369 6 років тому +2

    Big up b-face

  • @alexisberry6542
    @alexisberry6542 6 років тому +9

    b-face arashoboye kabisa kuko turavye ukuntu yokewe ibibazo n'abantu ba3 ariko vyose akavyishura.big up

  • @fridaytv3818
    @fridaytv3818 6 років тому +3

    Big up brother u are a man on Hiphop

  • @pridenciennensabimana5265
    @pridenciennensabimana5265 6 років тому +3

    B,fac,zurikurako,utwoturaperi,tugicwirainkonda

  • @djfab2573
    @djfab2573 6 років тому +2

    U smart man keep up..👊

  • @oluwaburundi698
    @oluwaburundi698 5 років тому +2

    Much Respect to Dj Israel n Ami pro

  • @DonDivinOfficial
    @DonDivinOfficial 6 років тому +2

    nice bro

  • @rom16nk23
    @rom16nk23 4 роки тому +1

    B face bandanya ukora ibintu vya vraie🇧🇮🇫🇷

  • @akbardasilva2028
    @akbardasilva2028 6 років тому +1

    nivy b face Israel nakoresh agashav agez ngah aba ar umu journalists kand bavuz indundi ko avug arazivuz mur ca kiganir ciw ca samedi 11hkigaher14h azovuz indund 2h,zibir gus nih nzomwwmer

  • @dahsindehamtokantarebigiri4251
    @dahsindehamtokantarebigiri4251 4 роки тому +1

    Ko mumurya umutima n chalnge men!

  • @sylvestaedward7866
    @sylvestaedward7866 6 років тому +2

    Nomasana

  • @b2daytv887
    @b2daytv887 6 років тому +4

    B face u re the man !!abo ba journalists bose bari bakoraniye bose but wabakaranze 😎😎😎😎😎

  • @Deejay_jooboy257
    @Deejay_jooboy257 4 роки тому +1

    Bro big up xnaa kbx

  • @nizigamajeanne-chantal9532
    @nizigamajeanne-chantal9532 5 років тому +1

    B face komera warabishoboye

  • @jephyusufuyusufujeph3742
    @jephyusufuyusufujeph3742 4 роки тому +1

    Numumesh kwel b face

  • @florisizere3574
    @florisizere3574 6 років тому +2

    ruswaaaaaaa ..izoteringorane abantu

  • @bonnendabitezimana3852
    @bonnendabitezimana3852 5 років тому +1

    B face numwe ndagufana

  • @stitore2388
    @stitore2388 Рік тому

    B face Safi sana musaza urarenze 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯✅✅✅✅👌🙏

  • @magicpacigl5909
    @magicpacigl5909 6 років тому +2

    Kbx broo

  • @comediansydzm
    @comediansydzm 6 років тому +2

    hhhhh komera kbs mwana wa uncle

  • @benjaminirakoze776
    @benjaminirakoze776 4 роки тому +1

    Migerageze muvuze indirimbo zabarund

  • @hakizimanamwanaidi9293
    @hakizimanamwanaidi9293 6 років тому +2

    fire

  • @ndayisengaprosper9625
    @ndayisengaprosper9625 4 роки тому +1

    Iyoradio isubwa nijwi ryumugore

  • @nimubonashabani2827
    @nimubonashabani2827 6 років тому +3

    STUDIO HAIENEZI MIKE. MUMETUBOWA MAZEE

  • @oluwaburundi698
    @oluwaburundi698 5 років тому +1

    wasomeye awo wabowa

  • @jay-bclassic4731
    @jay-bclassic4731 Рік тому

    👏👏👏👏👏👏👍✨️

  • @colombeakimana2855
    @colombeakimana2855 6 років тому +4

    B Face n Kanye West wo mu Burundi😊

  • @gilbertndayizeye9819
    @gilbertndayizeye9819 6 років тому +2

    Zurabahnura

  • @jacquelinenizigiyimana2613
    @jacquelinenizigiyimana2613 4 роки тому +1

    BF uraraba usimbire i Bubanza

  • @florencendayiragije5509
    @florencendayiragije5509 6 років тому +2

    😀😀😀😀😀 murampimbara urashoboy

  • @ericndihokubwayo1463
    @ericndihokubwayo1463 6 років тому +2

    Courage mutama
    song zaw ❤

  • @niyonkujack7229
    @niyonkujack7229 6 років тому +2

    B face ndakwemera ndake

  • @patricendarozani3679
    @patricendarozani3679 6 років тому +2

    ego kbx uratwemej

  • @Alkebulanhandsomeboy
    @Alkebulanhandsomeboy Рік тому

    Hahahaha 😂😂😂😂😂😂

  • @chafybrownmugisha2041
    @chafybrownmugisha2041 6 років тому +1

    Urarenze urashoboye

  • @fannytumukunde3328
    @fannytumukunde3328 6 років тому +7

    Sha B Face ndamwemeye arabaturuje muri 3 ahuri wiyumve ndagukunda cane wishura neza kndi uratanga msg zikwiye zikumva benezo

    • @saidijuma1912
      @saidijuma1912 5 років тому

      Bt mutama B-FACE urasoboye mutama B-FACE

  • @fabricesemahoro9112
    @fabricesemahoro9112 6 років тому +6

    B face🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 incredible singer, i still remember sisomeki mon frère

  • @richardngendakumana2871
    @richardngendakumana2871 6 років тому +4

    Hanyuma banyakubahwa mugerageze gushariza ahomukorera muz
    âne nivyuma bigezweho munanihangush

  • @arnaudndereyimana7639
    @arnaudndereyimana7639 5 років тому +4

    B-face ninakubar kwahiyo voice,you are real rapper in our country,respect bro big up

  • @LionnelIrakoze-tr6mc
    @LionnelIrakoze-tr6mc 7 місяців тому +2

    nuwanka urukwavu yovug kogwiruka kwl B face arashoboye

  • @telesphorendereyimana9191
    @telesphorendereyimana9191 6 років тому +1

    B face arashoboye ntimubidehe kandi yabishuye nkumugabo. Hama bamwe muri mwe bamugerageze mubaze des questions objectives nyinyifato ibereye muri studio. Amahirwe nuko mutararonka Buja TV.

  • @vestadealer4266
    @vestadealer4266 6 років тому +3

    Nadukurire ayo mambo yindirimbo zimar 10 minutes ham Iry challenge nayo si copy bagize.kand nyeneyo ntibashobor guhur ni 2 PAC yarapfuye

    • @ezechielnkeshimana8545
      @ezechielnkeshimana8545 5 років тому

      Ja mugipolisi

    • @ramyclassic322
      @ramyclassic322 5 років тому

      Vangaho b face afise ingabirano aband badafite kuko afitumbweng sana aho rero ugabanye jaloux

  • @mwezigikoko7474
    @mwezigikoko7474 6 років тому +3

    Ibiri kumurima easy bro komeza kurima uzimbura

  • @Fleuryax
    @Fleuryax 6 років тому +3

    Hahahaha je bface numuntu antesa sana.. My boy keep trying.. You're in the best way.. Don't give up

  • @johnstonealusiola9746
    @johnstonealusiola9746 3 роки тому +1

    Mumurek B face numuhing can kand ntimumuvurugir rimw habaz umw umw ok. Arashoboy mumwubah n' umwami

  • @cedricirambona3825
    @cedricirambona3825 6 років тому +3

    Big up B-Face sohora ico wiyumvamwo ntagutinya

  • @kirinyota
    @kirinyota 6 років тому +2

    Yo man u make it look so natural...uratesa ndake...

  • @ismailsteve8594
    @ismailsteve8594 6 років тому +2

    Wallah u'r the f..kn best rapper ever.love from zanzibar

  • @ingabirecedrick9721
    @ingabirecedrick9721 5 років тому +1

    B face turakwemera

  • @onesimesun-key4984
    @onesimesun-key4984 5 років тому +1

    ubund B-Face urumunt muk? j iyo numvis amajw yaw ndumv ngiy muyind mood kbx urashoboy ukoran ubweng big up xan

  • @mwaminiuwimana2916
    @mwaminiuwimana2916 5 років тому +1

    Bakjveko b-face turagufanacane komerezaho

  • @bertrandishimwe4665
    @bertrandishimwe4665 6 років тому +2

    kamakawa ndakwemer bro

  • @nestorniragira6146
    @nestorniragira6146 5 років тому +1

    Arashoboye B Face

  • @technologytv257
    @technologytv257 6 років тому +2

    Murakoze kubiganiro nkibi mudutegurira

  • @ndarenova5224
    @ndarenova5224 5 років тому +1

    b feci urumugab🎤🎤😂bakurek ukuri kuraryana

  • @irkby9290
    @irkby9290 6 років тому +2

    Big up Sana man

  • @Lionelirankunda
    @Lionelirankunda 6 років тому +2

    bro Uzi kubu menye ko utazi hip hop icarico

    • @kingblackwallah
      @kingblackwallah 6 років тому +1

      Bambie bro ! Wavuze neza

    • @nimubonashabani2827
      @nimubonashabani2827 6 років тому +1

      Lionel irankunda 79715098 WE NDO HAUJUWI HIP HOP NI NINI. B FACE AMESHAKUWA KUMZIKI.

    • @victoriakando5299
      @victoriakando5299 6 років тому +1

      Hhhhhhhhh cheki usiendeleye ati Leo tupa next year

  • @hamudaniniyonkur6997
    @hamudaniniyonkur6997 4 роки тому +1

    Big up b fce

  • @jemesbanda1444
    @jemesbanda1444 6 років тому +2

    This is really cool

  • @ErasteBDondo
    @ErasteBDondo 5 років тому +1

    Yeaaaaaah

  • @freedomnostress335
    @freedomnostress335 6 років тому +2

    Mamayanduwe

  • @AlfredNduwimana-u6z
    @AlfredNduwimana-u6z 8 місяців тому

    Mkali sana bro kabisa nimwkubali kwamba ww nimkali

  • @jemakigeme3167
    @jemakigeme3167 5 років тому +1

    Safi sana urarenze

  • @ericndayizigamiye3939
    @ericndayizigamiye3939 Рік тому

    Kabixa ese abaririmvyi ba Barundi Bose boba nka B_Face umuziki woterimbere kabx

  • @barnabejohn3277
    @barnabejohn3277 2 роки тому

    W've3 a men they can but the first b fce cool cool

  • @lievinmuhiteka2718
    @lievinmuhiteka2718 4 роки тому

    Nigga raps like Chedi benz.he is good

  • @SalomonNella-ni3sn
    @SalomonNella-ni3sn Рік тому

    Izracool yahatswe gusirika🙈

  • @methodenduwayezu8339
    @methodenduwayezu8339 2 роки тому

    kl kl the best b fac

  • @apollinairentakirutimana4432

    Respect

  • @NdayikezaAugustin-f2e
    @NdayikezaAugustin-f2e 2 місяці тому

    B face hejuru

  • @rutikangajackson4540
    @rutikangajackson4540 3 роки тому

    This is so genius

  • @chadryarcelkarire9232
    @chadryarcelkarire9232 6 років тому +3

    Original Burundian Rapper

  • @rukundomolay6654
    @rukundomolay6654 6 років тому +2

    B face
    Big up bro. Ham ntakindyohera nkukuntu ukoresha imigani mu nyishu zaw.

  • @meschuvyamungu3358
    @meschuvyamungu3358 6 років тому +2

    Mais harivyavuga vyo nibindi arengera abandi kubintu vyaba Dj kabisa nivyo nibababwir bumv

  • @thedyndihokubwayo9583
    @thedyndihokubwayo9583 6 років тому +2

    B face ni isi KBS😁😁😁😁😁😁😁

  • @majanja3466
    @majanja3466 6 років тому +2

    Flow ya Bien sana

  • @ferdinandnyabend5778
    @ferdinandnyabend5778 6 років тому +2

    Big up br "Ukuri guc muziko ntigusha mn "respect

  • @احمدمحمد-ه5ل5ت
    @احمدمحمد-ه5ل5ت 3 роки тому

    Big up b face