INTAHE IREMEREYE CANE EP2//INTAHE NKIZI TWAZUMVA MURI HISTOIRE NONE NUBU ABAKIZWA BARACARIHO
Вставка
- Опубліковано 5 вер 2024
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Amina cane!
Iyi ntahe irampezagiye cane, Imana Yongere umugisha uyu mukozi wayo Agrippine !
amen
Imana izoguhe iherezo ryiza kuko wanesheje ivyari gutsinda benshi.
Manaweeeeee ivyudukorera binzigipimo🙏❤
Imana iziguhe ijuru muvyeyi
Nukuri Ijuru wararikoreye Mana mbabarira ahonagenze ukobitabereye hose umpe guhindukamusha nanje nkagiragakiza kukuri🙏
Ivyo nivyo nabakuruwe bize bigoranye, ariko Imana ishimwe ko yabazigamye
Imana ikugume hafi kugeza ku ndunduro
HALLELUAAAA NTAWIVUMA UWIMANA YAHAYE UMUGIISHA
egome
Warabaye umuhizi mukobwa wayesu igisigaye ikubikiye ijuru kugira unzorye kuri manu yanyegejwe ndafashijwe
Yooo!!! Naho bimez uko abantu b,Ilana barahari
Urumuhizi ,Izoguhe ubwami nico gisigaye😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Amen amen🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🤦🤦
Imana yarakoze kubana nawe.Ivyo waciyemwo vyoshobora bake.Imana ihabwe icubahiro
merci
Imana ishimwe caane nukuri urumuhizi peee nkwipfurije ijurukuko wararikoreye muvyawe kweli habayemwo lmana uzoyibandanye uyiheze yose nuiuribturahezagiwe cane
Muze mwinanate mwongereko amashure mube Dre Kuko iyo poste muriko mumishi itari myimishi izoba ari iya Dre
ubu afise maitrise
Noé Agrippine ubu ari hehe?Imana iracafis abantu bayo ndakunda YESU.
ubu numuvugabutumwa asengeye
akaba numu directrice w'ishure secondaire.aba muruyigi.
Murakoze.Muraduha igice ça 3
ntakiriho