Umuti w'IBITORO n'ama DEVISE urabonestse//UBURUNDI bugiye Gutera imbere vyihuse//VISION 2040-20260

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 15 вер 2024
  • Umuti w'IBITORO n'ama DEVISE urabonestse//UBURUNDI bugiye Gutera imbere vyihuse//VISION 2040-20260
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬

КОМЕНТАРІ • 220

  • @CyriaqueHatungimana-ww9zh
    @CyriaqueHatungimana-ww9zh 19 днів тому +4

    Ico nkunze Muba jouralistes dufise uyumusi Gaël arazi ivyarimwo cane.abavyemera tumuhe liké👍👍👍

  • @egidenshimirimana9894
    @egidenshimirimana9894 25 днів тому +7

    Nyenicubahiro umukuru w'igihugu amuhe umubonano, c'est un visionnaire

  • @jeanclaudeloydonmagenge1121
    @jeanclaudeloydonmagenge1121 25 днів тому +5

    Vrt il est super
    Très intelligent
    Igihugu kirakeneye gose izo mfura umukuru w'igihugu cacu aramuha umubonano bakore umuti na Diaspora nimwumvire.
    Hama ipfuhe Abarundi turisige inyuma twinjire mwiterambere

  • @IrakozeElvis-r5m
    @IrakozeElvis-r5m 20 днів тому +2

    Mump am like abumvus ko umuture Afise ijwi nka gael

  • @felexmacharia-yf5lc
    @felexmacharia-yf5lc 26 днів тому +7

    Ikibazo boose barabona Aho vyakwamiye arko umutima mubi wabatware batifuza kubona umurundi anezerew niyo mpamvu atakizopfa gikozwe

  • @dollarswiz9
    @dollarswiz9 26 днів тому +12

    Komera ku muheto ndongozi zacu dukunda
    Ivy'Imana yavuze ku Burundi bizoshika vyoooose atagisigaye,abarundi twihangane iy'urugamba rukaze cane ruba rugiye kurangira

    • @KamatariBobo
      @KamatariBobo 25 днів тому

      La Tanzanie et le Burundi coopèrent avec l’entreprise de construction chinoise China National Petroleum Corporation (CNPC)
      l'oléoduc du Burundi, long de 2 000 km, devrait permettre plus de 90 000 barils
      Il s agit transport du brut servirait également dans la partie orientale du Congo
      les Chinois construisent une raffinerie de pétrole
      Burundi et un réservoir de stockage à Nyanzarake Bujumbura

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 25 днів тому +1

      @dollars. Jewe ivy'uko indongozi zija ngaho zikabura solutions z'ibibazo bihanze igihugu hanyuma bakadukana na Vision ngo babwiwe n'Imana JEWE SINDAVYEMEYE NAGATO. Uretse abayahudi bo muri bibiliya bivugwa ngo Imana yabemereye kubashikana mugihugu cabo, jewe ntaho ndumva igihugu cashitse kuri developpement socio-economique iboneka mugihe indongozi ziticaranye n'abahinga hanyuma ngo plan de developpement iboneke. Nk'uko perezida Jean-Baptiste Bagaza yakoranye n'abahinga b'abadagi hanyuma infrastructures n'amahinguriro bigatangura kubakwa muBurundi.

    • @KamatariBobo
      @KamatariBobo 25 днів тому

      ikintu abarundi badasobanukiwe neza nuko iyi isi iyobowe na diplomacie ntabwo igihugu cyagira imigambi myiza nta diplomacie iherekeje ngo bijyende urugero nabaha nuko Ndayishimiye NV akora amakosa nkayo Kagame akora amahanga yaba yaramuhagurukiye ,
      ariko Kagame nkubu hariho congre y aba democrate muri USA yohereza intumwa mu bufaransa yashyogikiye Macron igihe yoyamamaza kandi suko hari icyo aba yatanze oya nukuhagera bakakubona

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 6 днів тому

      @@KamatariBobo Woshobora kutubwira iyo cooperation iri hagati y'Uburundi na CNPC.
      None ko uciye uja mubiraba raffinerie, oleoduc, wotubwira iyo izo 90 000 barils zizova?

  • @tontonginolla1234
    @tontonginolla1234 23 дні тому +1

    Abarundi baciye ubwenge barahari gusa ntamwanya baronka motif..... gusa uyumu papa arakenewe muri bamwe reta ibikeneye bagira ama lobi International ndamukunze❤❤ naho ndigihungu.

  • @NicolasRURIRYANINO-o8u
    @NicolasRURIRYANINO-o8u 25 днів тому +1

    Vraiment ce diaspora est supeur Économiste,ses propositions sont à suivre de près, elles pourraient développer notre pays en moins de 10ans kbs!

  • @melchiorniyongere7813
    @melchiorniyongere7813 25 днів тому +1

    Aho ncuti yanje, Tukeneye abantu nka mwebwe muzana ivyiyumviro nk'ivyo , mugasubizamwo intege abarundi, Mutama yaravuze ko Uburundi Bugiye kuba Eden, Uwapfuye yarahomvye! Komera, Urakoze cane.

  • @RodneyMugisha
    @RodneyMugisha 25 днів тому +3

    c'est vrai vyokora aba chinois kuko nabibaza yuko abarundi bovyikorera ntitwobishobora barya babifitiye expérience nikwemera ko turwaye tukazana abaganga👍👍

  • @melchiorniyongere7813
    @melchiorniyongere7813 25 днів тому +1

    Dufise ubutunzi Bwinshi, Imana yarakoze! ivyo bintu uvuze abarundi bose barabikeneye! Mutama yama abivuga, abatavyumva baca bihangana.

  • @hamwetwese
    @hamwetwese 25 днів тому +4

    Nubwambere Gael atekereje, akumviriza, mbo aba Economiste bubahwe!!!

  • @user-kj2xh6bt5y
    @user-kj2xh6bt5y 26 днів тому +6

    Solution numushinwakwelii china niyooo nziraa yiterambere ryihutaa ✌️✌️👍👍

    • @mryoungmak
      @mryoungmak 26 днів тому +1

      solution ni volonté yaba rundi batwara, apana aba chinois

  • @nsoro9135
    @nsoro9135 25 днів тому +1

    Patriotic spirit👏👏

  • @FleuryRukundo-gw6bn
    @FleuryRukundo-gw6bn 25 днів тому

    Iyaba ubwonko bwawe wobutije ba Gati mpoze, twokize. Muga bakibona ko babayeho neza bagatunga bagatunganirwa bo n'imiryango yabo mu mali bivye 13millions z' abarundi ko vyose biba bitunganye, uriko uta umwanya na energy vyawe. Pole Sana.

  • @nduwimanasimeon984
    @nduwimanasimeon984 16 днів тому

    Very good !

  • @julesspencer517
    @julesspencer517 25 днів тому +1

    Iyi resources for infrastructures system with networking with China irakenenewe cane kubera ko bikinga abantu biba itunga nabarya ibiturire. I wish this message should go to the leaders

  • @yaluclile566
    @yaluclile566 23 дні тому

    Safi sana sanaaaaaaaaaa❤

  • @gerardmanirema4621
    @gerardmanirema4621 26 днів тому +5

    Ndafise
    Urafusa
    Arafise
    Turafise
    Murafise
    Barafise
    Wopfuma ubibura mugabo ukagira ubwenge

  • @user-ix3vm7vo1r
    @user-ix3vm7vo1r 25 днів тому +1

    Bne idée .

  • @NicolasRURIRYANINO-o8u
    @NicolasRURIRYANINO-o8u 25 днів тому +1

    Je crois que nos décideurs politico économique sont au courant de ces propositions,ils peuvent en tirer des leçons tellement bénéfiques à notre Pays .

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 26 днів тому +7

    Ingorane ubu bwenge bwo kwiyumvira uku ababijejw bo usanga bafise ivyiyumviro vyabo bihushanye nibi uwu ariko aravuga.

  • @thieryniyonkuru5023
    @thieryniyonkuru5023 26 днів тому +15

    Dufise, dufise, dufise 😏😏😏😏

  • @EricNtwari-og7il
    @EricNtwari-og7il 15 днів тому

    J'aime

  • @BobNahimana-bn7qp
    @BobNahimana-bn7qp 26 днів тому +5

    Number one for the first time 🔥

  • @NININAHAZWEBlaise-bj4xd
    @NININAHAZWEBlaise-bj4xd 23 дні тому +1

    Abarundi haguruka twubake uburundi bwacu🇧🇮🇧🇮 ntagusubirinyuma umwe wese ashireko itafari

  • @saidindizeye2206
    @saidindizeye2206 26 днів тому +3

    kuuura amajambo ngaho shaaa minsi yose dufisee dufiseee 20 ans k'ubutegetsi bakoz iki, atari ugusubiza inyuma igihugu, n'uguturira amasoko gusa raba magufuli mu myaka 4 yatway ivyo yakoze , reka shaa kuturuhishiriza ubwenge.

    • @victorg7280
      @victorg7280 26 днів тому

      Nabaso ,atari kwica,kwiba ,igihugu bakakigira nk umurage wabo,, nabo baragitembeje bakigusha mumanga kiriko kirakugwamwo n,abacikacumu ryaba so

    • @ericmanirakiza332
      @ericmanirakiza332 26 днів тому

      Ingo nawe ugerageze

    • @eliphasenitanga4982
      @eliphasenitanga4982 25 днів тому

      Aho Wewe urunpunzi

  • @GodefroidBayubahe
    @GodefroidBayubahe 25 днів тому +1

    Shaaaa iki kiyago kiraryosh bogikorerak

  • @nsengiyumvaemmanuel9776
    @nsengiyumvaemmanuel9776 24 дні тому +2

    Uyumuntu numugabo kabisa yarakwiy guhabwa ministère ya planification nimba ibaho vraiment

  • @nduwaemma8588
    @nduwaemma8588 25 днів тому +3

    Iyu mutama ivyavuze nukuri tuvyikoreye haca habamwo ibiturire vyinshi birenze cane ariko ukoresheje ino sistem yuno mutama bagatanga kimwe mubutare hanyuma bakatwubakira bakadukorera amabarabara umuyagankuba amazi nibindi vrmt coba gikemuts pe nibahikorereko kuko nubundi tuvyiyimbiye ntibizonyaruka kandi ubusuma nibiturire bizoba vyinshi cane pe

  • @SindayigayaDeo-ox8bx
    @SindayigayaDeo-ox8bx 26 днів тому +2

    Gaele uzotubarize kukijanye nigitoro kivurwa muri Tanganyika tumenye ivyaco naco 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪

    • @flaviakezimana4596
      @flaviakezimana4596 26 днів тому

      Kiriyo mugabo isamagi ntubozihonya kndi bisaba kumvikana nibihugu bisangiye tanganyika vyose bikavyemeza

    • @AFRIKA257
      @AFRIKA257 24 дні тому

      Wagira uje kucimba nawe? Hama utwubakire iki?

  • @dioladiola263
    @dioladiola263 25 днів тому

    Nagire conference debat c est très interessant

  • @ENOCKboyTv-fm5ye
    @ENOCKboyTv-fm5ye 26 днів тому +3

    Turasefi😂😢😢😢Nzobandora😂

  • @egidenshimirimana9894
    @egidenshimirimana9894 25 днів тому +1

    Muhezagirwe cane Mutama

  • @user-gp2ue3hj8z
    @user-gp2ue3hj8z 21 день тому

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦home sweet Home nyumbani kwanz

  • @urlichdylan5763
    @urlichdylan5763 25 днів тому +1

    Très intelligent

  • @simeonkubwi1968
    @simeonkubwi1968 26 днів тому +1

    He is talking wisdom 👍👍

  • @user-ry5pm9ni1b
    @user-ry5pm9ni1b 25 днів тому +1

    Parara parara parara dufise dufise !! Nigiki tutazi kuva kera ko dufise !! Ikibazo ni Reta mbi idakunda igihugu nabehegihugu good leadership !! Kuvuga vision Sivyo vyerekana kugikunda !! Ivya Fabrice vyo birazwi ni blanchiment d’argent volé iriko irakorwa nabamutumye a ariko baragura zirya nzu na parcelles bazobi regretta après CNDD

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 25 днів тому +2

    Uyu mugabo arazi kwubaka igihugu kumunwa ndamwemeye uburundi abuhinduye nka france kwumunwa

  • @arsenearakaza1385
    @arsenearakaza1385 25 днів тому

    Ça c'est une emission très important

  • @ericmanirakiza332
    @ericmanirakiza332 26 днів тому +2

    Jewe nshigikiye KO infrastructures zinyaruka umugani wa Christophe kubera programme d'industrialisation rapide yofasha cane kugira abavuka bazoronke ico bakora,ivyo barya kugira inzara ntizane imigumuko n'ayandi mabi bijanye.

  • @richardninteretse2968
    @richardninteretse2968 24 дні тому +1

    Ubundi Emissions zikenewe n'izi uwu mugabo n'incabwenge cane ivyo avuga vyose n'ukuri ikibazo n'uko atabubasha abifitiye ubundi igihugu cotey imbere mukanya gato gusa arabe neza ntibazohave bamugirira nabi abaraho ntibakunda uwerekana ahari amakosa hamwe n'ivyokorwa

  • @habibumasenga6213
    @habibumasenga6213 26 днів тому +1

    Fablice ni uburundi w mutina his ready to work with any Burundian. Thanks for the information to the listeners, Fablice deserves to lead Ibanez nk umuntu Akira America ataco arakrera iburundi ngo tubone twomwizera gute remember Fablice manilakiza he left Australia is now leave within Burundian think about that do not make him as any excuse come over let us build Burundi ❤❤❤❤❤❤

    • @KamatariBobo
      @KamatariBobo 25 днів тому

      La Tanzanie et le Burundi coopèrent avec l’entreprise de construction chinoise China National Petroleum Corporation (CNPC)
      l'oléoduc du Burundi, long de 2 000 km, devrait permettre plus de 90 000 barils
      Il s agit transport du brut servirait également dans la partie orientale du Congo
      les Chinois construisent une raffinerie de pétrole
      Burundi et un réservoir de stockage à Nyanzarake Bujumbura

  • @CluadeMurenda
    @CluadeMurenda 26 днів тому +1

    Waaaas👍

  • @JeanClaudeNkeshimana-e8j
    @JeanClaudeNkeshimana-e8j 25 днів тому

    Turasavye,nimba mushakako igihugu cacu,gishika kumbono,uyu mushingantahe arafise vyinshi yokora mugihe yokorana n'a Dieu donne Dukundane.Nyenicubahiro namuhe ubushikiranganji runaka.

  • @godefroidhabarugira4147
    @godefroidhabarugira4147 23 дні тому +1

    Ikiganiro ciza gose pee

  • @angebuhungu8976
    @angebuhungu8976 26 днів тому +4

    Blablablabla gusa dufise dufise....tokaaa🐒

    • @victorg7280
      @victorg7280 26 днів тому

      Iryo shari ryawe so sawa cane cane kuri wewe!!!!

    • @KamatariBobo
      @KamatariBobo 25 днів тому

      ikintu abarundi badasobanukiwe neza nuko iyi isi iyobowe na diplomacie ntabwo igihugu cyagira imigambi myiza nta diplomacie iherekeje ngo bijyende urugero nabaha nuko Ndayishimiye NV akora amakosa nkayo Kagame akora amahanga yaba yaramuhagurukiye ,
      ariko Kagame nkubu hariho congre y aba democrate muri USA yohereza intumwa mu bufaransa yashyogikiye Macron igihe yoyamamaza kandi suko hari icyo aba yatanze oya nukuhagera bakakubona

  • @adellebarakamfitiye658
    @adellebarakamfitiye658 26 днів тому +1

    Mukomere muganiriye ikiyago ciza cane 👍💯

    • @KamatariBobo
      @KamatariBobo 25 днів тому

      La Tanzanie et le Burundi coopèrent avec l’entreprise de construction chinoise China National Petroleum Corporation (CNPC)
      l'oléoduc du Burundi, long de 2 000 km, devrait permettre plus de 90 000 barils
      Il s agit transport du brut servirait également dans la partie orientale du Congo
      les Chinois construisent une raffinerie de pétrole
      Burundi et un réservoir de stockage à Nyanzarake Bujumbura

  • @ericmanirakiza332
    @ericmanirakiza332 26 днів тому

    Good Idea

  • @nkurunzizaaugustin8845
    @nkurunzizaaugustin8845 24 дні тому

    Ntakuntu uwu muhinga yosaba umubonano nyakubahwa umukuru w'igihugu agasigura neza uwo mugambi kugira turabe ko twokwogorora

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 25 днів тому +1

    Ntavyo twoshobora kwikorera abarundi dufis intege nke can

  • @VaC006
    @VaC006 26 днів тому +1

    Hearing a grown ass man say “Dufise dufise..” is sickening 😭😭😭

  • @Delmont100
    @Delmont100 19 днів тому

    Nyamara uwakomeka u Burundi kuri Tanzania ibibazo byinshi by'u Burundi byakemuka, kandi simbona ingaruka mbi byatera!

  • @SergesNduwimana-g4p
    @SergesNduwimana-g4p 15 днів тому

    ❤❤❤

  • @EdmondNiyibizi-do9ft
    @EdmondNiyibizi-do9ft 25 днів тому +1

    Ndikumwe na Umukubito 5/5

  • @NsengiyumvaEric-v6x
    @NsengiyumvaEric-v6x 25 днів тому +1

    Uburundi bwari bukeneye abantu nkaba kbs icompa umukuru wigihungu ikikiganiro akacumva

  • @ntihediomede52
    @ntihediomede52 25 днів тому

    Irambire mutam wahaw ubwenge ❤

  • @PascalNimbona-c6o
    @PascalNimbona-c6o 26 днів тому +6

    Ivyo vyamyeho ubutare ntibwigez bubura

    • @estherchou2899
      @estherchou2899 25 днів тому

      Yes, ubutare bwamyeho ariko ntibwigeze buteza imbere igihugu

    • @Bigenergy94
      @Bigenergy94 25 днів тому

      ​@@estherchou2899kubera intambara zidahera

    • @AFRIKA257
      @AFRIKA257 24 дні тому

      Ubutare bwanyeho ariko twamye tudafise ubwenge bwokubwimba

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira 26 днів тому +2

    Zéro programme mes chers amis

  • @alainhakizimana9631
    @alainhakizimana9631 26 днів тому +3

    Wew urahaz bakubwiy ko dukenye ubutare?
    Dufise,dufise,dufise,...
    Ivyo uvuga ko dufise tubirusha congo?
    Ongerako ko tunafise leadership iri nul kugira dutore ensembl vide kuko umutw upfuy vyos biba bipfuy.

  • @NizagamaMhamed
    @NizagamaMhamed 11 днів тому

    Uvuzukuri

  • @DrTheCherifProMax
    @DrTheCherifProMax 19 днів тому +1

    numva nkozweko pe ariko avuga ibintu bikomeye caane navyiyumvira nkuko ariko nkabura uko mbivuga uyu rero abitomoye neza mumuco mwiza, umuvyeyi wacu namuhe umubonano

  • @fistonnzoyihera7791
    @fistonnzoyihera7791 26 днів тому +1

    Ikiganiro kiryoshe .mube mutumira incambwenge nkizi

  • @AlexIzompa-wk4ex
    @AlexIzompa-wk4ex 25 днів тому +1

    Na Metousela yatubwiy ko cuzuye I Dar es Salaam nubu ntikirashika.Asha weho uranyomoje p

  • @digitalhead1345
    @digitalhead1345 26 днів тому +1

    Uvuga KO bizimbutse kubera uvuye hanze nyene😊😅

    • @rretro2042
      @rretro2042 25 днів тому

      Oya avuga ko bizimbutse ugereranije n'ibindi bihugu duhana imbibe

    • @mryoungmak
      @mryoungmak 25 днів тому

      ​@@rretro2042 none bizimbuka kuba nyamahanga canke vyari bikwiye kuzimbuka k'umurundi?

  • @kalyka4107
    @kalyka4107 25 днів тому

    Point 4 kubumwe bwabarundi numvise wayikase kandi ariyo nibaza ko yari kuba point1.
    Ibi bintu yavuze ni vyiza cane mukiyago. Ariko ndafise ama doutes ko bikorerwako kubera ama propositions meza amaze gutangwa si make.

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 26 днів тому +1

    uburundi butegerezwa gutera imbera vyanka vyakunda

  • @archangemutibagirwa554
    @archangemutibagirwa554 26 днів тому +1

    Komera mutama turikumwe .🎉

  • @CycyBaewinner
    @CycyBaewinner 23 дні тому

    Uwomutama avuze ukuri nyakubahwa umukuru w'igihugu c'uburundi namuhe ikiganiro babiyageko twoca duterimbere vyihuta.

  • @KamatariBobo
    @KamatariBobo 25 днів тому

    La Tanzanie et le Burundi coopèrent avec l’entreprise de construction chinoise China National Petroleum Corporation (CNPC)
    l'oléoduc du Burundi, long de 2 000 km, devrait permettre plus de 90 000 barils
    Il s agit transport du brut servirait également dans la partie orientale du Congo
    les Chinois construisent une raffinerie de pétrole
    Burundi et un réservoir de stockage à Nyanzarake Bujumbura

  • @pascalndayiragijepascal1393
    @pascalndayiragijepascal1393 26 днів тому

    Boss uzoduhe l job.

  • @leonardbanyanka8469
    @leonardbanyanka8469 20 днів тому +1

    Uyumutama araciye ubwenge kabisa ibi naje ndavyemeye,

  • @CizaRemy-l1m
    @CizaRemy-l1m 25 днів тому +1

    Abarundi barayamaze ngo: AKARIMI KARARIMA HERAHEZA.......

  • @user-yd6ks6ph1p
    @user-yd6ks6ph1p 26 днів тому +1

    𝑼𝒗𝒖𝒈𝒂𝒏𝒆𝒛𝒂 𝒑𝒆 ❤❤

  • @FrankeIgiraneza
    @FrankeIgiraneza 26 днів тому

    Komera cane ndabemera

  • @AmbitiousTheo
    @AmbitiousTheo 26 днів тому

    Courage Gael 🎉

  • @CycyBaewinner
    @CycyBaewinner 23 дні тому +1

    Nibamwunvirize babikorereko vrt

  • @celestinirambona2427
    @celestinirambona2427 26 днів тому +2

    Burya muburundi turafise incabwenge iyoba ibivyiyu babiha agaciro twoterimbere ariko indongozi nizo dufitiye ubwoba ko zizodukenesha

    • @DieudonneNiyoyitungira
      @DieudonneNiyoyitungira 26 днів тому

      ego kabisa. umusi indongozi zatanze valeur kuvyiyunviro vyabarundi, uburundi buzoba bukize ako kanya

  • @garythebeast3056
    @garythebeast3056 26 днів тому +1

    Njanye nawe mutama wiyunvira kubaka igihugu ureke abiyunvira ubwicanyi gusa abandi gusahuranywa buzuza imifuko yabo

  • @user-bg6sp2pj7d
    @user-bg6sp2pj7d 23 дні тому +1

    Uwomugab nincabweng arakwiy umubonan nanyenucubahr umukur wigihug

  • @jeanclaudeloydonmagenge1121
    @jeanclaudeloydonmagenge1121 25 днів тому +1

    Uyo muhinga akaba n'umwanditsi vrt ndamukunda cnee

  • @SHISHIKARATV
    @SHISHIKARATV 25 днів тому

    Komera

  • @niyomwungerebienvenue7675
    @niyomwungerebienvenue7675 25 днів тому +1

    Iki kiganiro niciza,,muzoze mukoresha ibiganiro vyubwenge nkibi ababijejwe hazogira igihe bavyumve,,naho twebwe dushaka iterambere

  • @KamatariBobo
    @KamatariBobo 25 днів тому

    Erega mu Burundi muravuga cyane ariko ntimushyira mungiro mutwereke muri détails uko mwakora

    • @KamatariBobo
      @KamatariBobo 25 днів тому

      ikintu abarundi badasobanukiwe neza nuko iyi isi iyobowe na diplomacie ntabwo igihugu cyagira imigambi myiza nta diplomacie iherekeje ngo bijyende urugero nabaha nuko Ndayishimiye NV akora amakosa nkayo Kagame akora amahanga yaba yaramuhagurukiye ,
      ariko Kagame nkubu hariho congre y aba democrate muri USA yohereza intumwa mu bufaransa yashyogikiye Macron igihe yoyamamaza kandi suko hari icyo aba yatanze oya nukuhagera bakakubona

  • @AloysdeGonzagueHabonimana
    @AloysdeGonzagueHabonimana 25 днів тому

    Ivyo gushora ama minerais nta terambere bizana. Dukeneye abatwubakira ama hinguroro yo guhingura ubutare bwacu tugashora ubutare buhinguye, lingots d'or pur, ama plaques d'aciers.. .

  • @ritapaci955
    @ritapaci955 25 днів тому

    Gael ivyo bintu vrt mbona ari kumena amabanga y'igihugu vrt hahaha muraraba muze muca kumayange apna kwinjira indani nuko vyokorwa

  • @casienkeshemana4984
    @casienkeshemana4984 26 днів тому +1

    Ibabantu birakenewe mugihugu

  • @IninahazweOnesphore-g1n
    @IninahazweOnesphore-g1n 26 днів тому +1

    Reta nibirabe ibikurikize kuko numva ariyonzira yodushikana kwiterambere vyihuse

  • @JeanMarieBarutwanayo-ou1bk
    @JeanMarieBarutwanayo-ou1bk 24 дні тому

    Indongozi zikorere kuri mwenebivyiyumviro

  • @hakizadavid5794
    @hakizadavid5794 20 днів тому +1

    Birunvikana nivyiza kandi nivyo twipfuza kimwe gusa abakoroni ntaho bagiye kandi imihimbiri nabambuzi ntakizoroha

  • @alexisYvette-v7p
    @alexisYvette-v7p 25 днів тому

    Harubundi bubasha bukenewe kugiringorane ivemunzira

  • @user-ug1xz2gf6t
    @user-ug1xz2gf6t 25 днів тому

    Iyaba indongozi nyinshi zacu zumviriza ibiganiro vyabahinga bayaga ivyubutunzi, igihugu coteye imbere.
    None bose bagwanira gukurikirana ibiganiro vyaba Comédien utibagiye NINDE?
    HAMA TUKABAZIGAMWO URUKIZA😢😢😢😢

  • @armstrong2547
    @armstrong2547 23 дні тому +1

    Uwo muntu ninyishu kubarundi

  • @florisdusabe7238
    @florisdusabe7238 25 днів тому

    Vrt nanj numva ngukunze. President ariko aratabibona kuk ariko ariyegereza incabwenge nkamwebwe.

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira 26 днів тому +2

    Iyi ni propagande ya Never, nta kintu kirimwo. Abarundi muhendwa mubona, ivyo batakoze kuva muri 2005 ubu inyuma ya 20 ans niho babikora !!!!

  • @niyibitangasamson4156
    @niyibitangasamson4156 25 днів тому

    Ibikorwa biruta amajambo

  • @edisonndayishimiye489
    @edisonndayishimiye489 23 дні тому

    Nivyiza ko abohabwa ama décrets des ministrés boba aba experts muma domaines atandukanye hama bakagira auto-indépendance yogukora

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 25 днів тому

    Twananiwe noguteza imbere amazi amarobine yarumye

  • @igirukwishaka11112
    @igirukwishaka11112 26 днів тому +1

    Ivya vuga biratahuritse

  • @gorethnsabimana5139
    @gorethnsabimana5139 25 днів тому

    Gaël wubahwe hezagirwa kumakuru uturonderera uyumuntu nincabwenge nugusengera uburundi mu misi Iza bugiye guter,imbere